Site icon Itara Burundi

Burundi : Agashavu k’ibirarene mubasoda b’igihugu

Mumpera z’ukwezi kw’indwi 2022, twarabajije abasomyi bacu amazina y’abategetsi batatu canke bane barambiye kubutegetsi kandi bidogerwa n’abanyagihugu. Baratubwiye amazina menshi ariko uno munsi tugira tubashikirize rimwe murayo. Ni Gnl Prime Niyongabo, umukuru w’ibiro bikuru vy’intwazangabo, bidogerako yasubije inyuma ubuzima bw’imiryango y’abasoda mukubabohera amaboko i mugongo nk’uko muza kuvyiyumvira.

https://kir.itaraburundi.com/wp-content/uploads/2022/09/Ex-PMPA-CNDDFDD.mp3?_=1

Amajwi yo muntango z’ukwezi kw’umunani 2022 y’umusoda w’igihugu. Twarayahinduye muntumbero yo gukingira uwayaduhaye. 

Uhejeje kwumviriza, ubivuzeko iki ?

Woba urumva imyidogo nk’iyo? None niwe abuza abasoda ko bahembwa amafaranga baba bakoreye mumakungu canke vyoba bikorerwa ahandi?

Tuzobabwira ayandi mazina mumakuru yo hanyuma.

 

Quitter la version mobile