Site icon Itara Burundi

Burundi : Umukuru w’igihugu yategetseko hatwangwa inomero z’abashikiranganji hatangwa inomero 172

Burundi

Kwigenekerero rya 29 kigarama 2021, umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye mugihe hariko aremesha ikiganiro n’abamenyeshamakuru hamwe n’abanyagihugu yarategetse ko abashikiranganji bose batanga inomero kugira abanyagihugu bashobore kubitura. Inomero zaciye zitangwa ni 172 mubushikiranganji 15.

Ikinyamakuru Itara Burundi twarabonye urwo rutonde rw’inomero z’abategetsi mu bushikiranganji bwose duca dushima kuzisangiza abasomyi. Umukuru w’igihugu yarasavye kandi ko n’ababuramatari boza bararemesha ibiganiro n’abanyagihugu bakongera bagatanga nomero nkuko nawe yabikoze kugira baze barabitura bitagoranye.

Reka tubafashe kwerekana imwimwe mu bushikiranganji  n’abari kurwego rwabo hanyuma uwukeneye izatanzwe zose azosisange kuri site www.itaraburundi.com

  1. Umushikiranganji wambere C P G Alain Guillaume
    Bunyoni  : (+257) 69 510 000
  2. Umushikiranganji w’intwaro yo hagati mu gihugu, umutekano n’iterambere rusangi C P C Gervais Ndirakobuca: (+257) 69 262 330
  3.  Umushikiranganji wo kwivuna abansi n’abahoze kurugamba Alain Tribert Mutabazi: (+257) 79 999 709
  4. Umushikiranganji w’ubutungane Domine Banyankimbona (+257) 22277844,uyu ntiyatanze ngendanwa
  5. Umushikiranganji w’imigenderanire y’uburundi no gufashanya n’amakungu Amb. Albert Shingiro: (+257) 79 771 730
  6. Umushikiranganji w’ubutunzi no gutunganya imigambi ya reta Dr Domitien Ndihokubwayo (+257) 69 600 000
  7. Umushikiranganji w’indero n’ubushakasahatsi Dr. François Havyarimana: (+257)  75 917 997
  8. Umushikiranganji w’amagara y’abantu no kugwanya ikiza SIDA . Dr Sylvie Nzeyimana: (+257)  71635982
  9. Umushikiranganji w’ibidukikije, uburimyi n’ubworozi Dr Déo Guide Rurema:  (+257) 69 924 916
  10. Umushikiranganji w’inyubakwa za reta, ibikoresho n’uburaro Déogratias  Nsanganiyumwami: (+257) 79 922 222
  11. Umushikiranganji w’ibikorwa vya reta, akazi n’abakozi Dr Thaddée Ndikumana:  (+257) 68 469 137
  12. Umushikiranganji w’amazi, ubutare n’agataka  Ir Ibrahim Uwizeye (+257) 69 523 549
  13. Umushikiranganji w’ubudandaji, gutwara abantu n’ibintu, amahinguriro n’ingenzi  Marie Chantal Nijimbere: (+257) 76974366
  14. Umushikiranganji ajejwe ivyo kwinjira mu karere k’ibihugu vya afrika y’ubuseruko, urwaruka, inkino n’imicokama  Amb. Ezéchiel Nibigira: (+257) 79 978 277
  15. Umushikiranganji wo gufatana munda, umubano n’agateka ka zina muntu no kunganisha ibitsina Imelde Sabushimike (+257) 79 297 346
  16. Umushikiranganji wo kumenyesha amakuru, ubuhinga bwa none no kugenzura ibimenyeshamakuru Léocadie Tuyisabe: (+257)  68353846
  17. Umunyamabanga mukuru wa reta Prosper Ntahogwamiye: (+257) 79 977 258

Twobamenyeshako hari abagize amakenga ko hoba hatanzwe numero nyinshi bikazotuma abashikiranganji bamwe bamwe batitaho ibibazo vy’abanyagihugu bitwajeko batanze nomero z’ababunganira abandi bati hashobora kubandanya hanyegezwa ukuri n’umukuru w’igihugu bakamujuragiza mukwemezako abanyagihugu bashikiriza ibinyoma, gurtyo ubugizi bwa nabi bubandanye.

Pakurura numero 172  z’abashikiranganji bose hamwe n’ababunganira ngaha

Quitter la version mobile