Site icon Itara Burundi

Ibituma abantu bapfa ari abakene

Garbage scavengers look for reusable or recyclable material through a dump in Bamako on March 8, 2017. In the heart of the Malian capital, in the ACI business district, an immense dump is being evacuated following residents' protests. / AFP PHOTO / SEBASTIEN RIEUSSEC

1.Kwikengera ukishiramwo ko abatunzi ari abantu b’igitangaza umuntu akumva umengo ntiyagenewe gutunga, ubutunzi ukamengo ni ndemanwa y’abantu kanaka, ndetse umuntu akibagirako bose bavuka atamafaranga bazanye kwisi.
2.Kugira ishari ry’abatunzi aho kubegera ukamenya ico wobigirako n’ico utobigirako ukumva ubasharika.
3.Kutagira imigambi ifashe, umuntu akagira umugambi wo gukorera abandi gusa atigera yiyumvira gukora utwiwe.

  1. Gushira amakosa kubandi. Aho wumva ubukene ufise ari kubera amakosa ya kanaka, kubera ntuzeye,kubera kubera,… Ntiwigere ubona uruhara rwawe narwo.
  2. Ubwoba bwo gufata ingingo, abatunzi burya baba barakoze, ntivyizana hari abaca mu ubuzima butoroshe, kwama umuntu ashaka kwiyorohereza bituma adashobora gutunga kubera rimwe na rimwe umuntu arasesagura kubera atinya gufara ingingo zimusubiza hasi. No kubaho atamodoka izimvye afise, impuzu nziza,.. Ibintu bizimvye bitinjiza gusa. (luxe)
    Fyonda kuri j’aime na partager tubandanye tubaronderera ibindi.
Quitter la version mobile