Ba sokuru barayamaze bati : «Abagabo bararya imbwa zikishura », mu kiganiro umubano c’uno munsi tubaganiriza kuri uwo mugani.
Mwitegereje imibano y’abarundi mur’ino myaka, uwo mugani woba ugifise agaciro ? Mu barundi abagabo ni bande ?
Imbwa nazo ni bande ?
Tanga ivyiyumviro vyawe mu rupfasoni. Murakoze !