Skip to content
Top Menu
10/03/2026
  • Twandikire
  • Facebook
  • Twitter
  • Youtube
  • Instagram
Itara Burundi

Itara Burundi

Amakuru yo mu Burundi

  • Intango
  • COVID19
  • Agateka ka zina muntu
  • Politike
  • Umubano
  • Ayandi makuru
    • Ubudandaji
    • Ibidukikije
    • Umutekano
    • Amagara y’abantu
    • Ivy’Imana
    • Impunzi
    • Indero
    • Uburimyi n’ubworozi
    • Ubutungane
  • Français
  • Icongereza
Main Menu

Auteur/autrice : Jérôme

Agateka ka zina muntu / Politike

Burundi:Abamenyeshamakuru bane n’umushoferi wabo bafatiwe ingingo yo kubandanya bapfunzwe.

31/10/201931/10/2019 - by Jérôme

Inyuma y’indwi abamenyeshamakuru bane b’ikinyamakuru iwacu Christine Kamikazi, anges Ndirubusa, Thérence Mpozenzi, Egide Harerima n’umushoferi bahagaritswe bagapfungwa hariya muntara ya …

Soma ibikurikira
Agateka ka zina muntu / Politike

Umunyamabanga mukuru w’ishirahamwe mpuzamakungu ONU aratewe impungenge n’uko ibintu vyifashe mu Burundi.

29/10/201929/10/2019 - by Jérôme

Muri raporo yama ashikiriza imbere y’inama nkuru y’umutekano ya ONU uko amezi atatu aheze yerekeye uburundi, umunyamabanga mukuru wa ONU …

Soma ibikurikira
Uncategorized

Burundi: Abakoze ibibazo co kuronswa akazi k’ubwigisha baraye baharuhiye.

28/10/201928/10/2019 - by Jérôme

Uno w’Imana igenekerezo rya 27/10/2019, abari bariyandikishije ngo baronswe akazi k’ubwigisha niho bari baramutse bakora ikibazo mu gihugu cose. Mugihe …

Soma ibikurikira
Uncategorized

Burundi : Umwavu w’ikizungu, akananira bahinga

26/10/201926/10/2019 - by Jérôme

Mugihe ihinguriro rishasha ry’umwavu w’ikizungu FOMI ridasiba kwerekana ivyo rikora, muri komine Gisagara mu ntara ya Cankuzo abarimyi baridogako batera …

Soma ibikurikira
Politike

Coup d’État ya mbere mu Burundi. Ijoro ry’uwa 18 rishira uwa 19 gitugutu 1965. Urugendo rwashize Uburundi mu minwe y’abasirikare.

20/10/201913/12/2021 - by Jérôme

Ukwezi kw’icumi ni kumwe mu mezi atoroheye Uburundi. Turetse ko twakubuzemwo incungu z’igihugu, Umuganwa Rwagasore na Prezida Ndadaye, ni nakwo …

Soma ibikurikira
Amagara y'abantu

Burundi: Abanyororo bo mw’ibihero rikuru ry’i #Ngozi bashobora guhitanwa n’indwara zivuye kw’isuku rike, impome zibohero nazo zibomoke

14/10/201914/10/2019 - by Jérôme

Umuyobozi w’iryo bohero Ngomanziza Franck aheruka kuzibira inzira icamwo amazi ava indani mw’ibohero amazi aca aradengera . Ivyo navyo vyatumye …

Soma ibikurikira
Impunzi

Uganda: Nta mpunzi icemerewe kwugurura umuhora wo gutumatumanako hakoreshejwe terefone canke #internet, #SIM card.

13/10/201913/10/2019 - by Jérôme

#Uganda Communication Commission (UCC); urwego rujejwe kumenyesha amakuru ruherutse gufata ingingo yo guhagarika kwandika ama cartes #SIM mashasha kubakoresha ivyangombwa …

Soma ibikurikira
Ubutunzi

Ibituma abantu bapfa ari abakene

12/10/201912/10/2019 - by Jérôme

1.Kwikengera ukishiramwo ko abatunzi ari abantu b’igitangaza umuntu akumva umengo ntiyagenewe gutunga, ubutunzi ukamengo ni ndemanwa y’abantu kanaka, ndetse umuntu …

Soma ibikurikira
Agateka ka zina muntu / Politike

Burundi : Abaharanira agateka ka zina muntu bariko baravugana n’abategetsi bakomeye bo muri Afrika.

12/10/201912/10/2019 - by Jérôme

Abaharanira agateka ka zina muntu mu burundi bamaze imisi mur’ugendo rwo gusigura uko agateka kazina muntu kifashe mu Burundi hariya …

Soma ibikurikira
Politike

Ukwibuka incungu yo kwikukira kw’uburundi,umuganwa Ludoviko Rwagasore

12/10/201912/10/2019 - by Jérôme

Mu #Burundi ibirori vyo guhimbaza imyaka 58 iheze incungu yo kwikukira, Umuganwa Ludoviko Rwagasore agandaguwe bizoba kw’igenekerezo rya 14/10/2019 bikaba …

Soma ibikurikira

Pagination des publications

Précédent 1 … 45 46 47 … 57 Suivant

Amakuru aheruka

#Burundi Abasoda bari muri RDC kurwana na M23 batanguye kwiyahura

24/02/2025

Hagati ya Rared Tabara na Leta y’uburundi ninde avuga ukuri?

05/12/202405/12/2024

Les Travailleurs de l’Hôpital de Muyinga Exigent Justice après la Réduction Injustifiée de leurs Salaires

28/11/2024

Burundi: Abariko bitegurira gukora rusansuma y’abanyagihugu baridoga

29/08/202428/08/2024

Burundi: Abigisha bagiye kuba abakozi b’amakomine

28/08/202428/08/2024

Amavidewo

Tweets by ItaraBurundi

Amajwi twabitse

Tuganire

Ivyo twandikako

  • Intango
  • COVID19
  • Agateka ka zina muntu
  • Politike
  • Umubano
  • Ayandi makuru
    • Ubudandaji
    • Ibidukikije
    • Umutekano
    • Amagara y’abantu
    • Ivy’Imana
    • Impunzi
    • Indero
    • Uburimyi n’ubworozi
    • Ubutungane
  • Français
  • Icongereza

Dukurikire kuri Facebook

Amakuru yasomwe cane

  • Burundi : Coup d’état igira ibe, Évariste Ndayishimiye yoba atagiserukiye CNDDFDD mumatora. (12 564)
  • Burundi : CROWD1, ubusuma bwo ku rwego rwo hejuru buzwi n’ubutegetsi. (8 604)
  • BurundiBurundi : Imboneza kibirengeye mugukunda igihugu Petero Nkurunziza yishwe n’iki ? (8 416)
Copyright © 2026 Itara Burundi.