Burundi : « Igihugu cafashwe mpiri n’umugambwe CNDDFDD »
Amashirahamwe 20 aharanira agateka ka zina muntu mu Burundi yasohoye urwandiko kur’uyu wa gatanu igenekerezo rya 26 Ndamukiza 2024, umusi …
Soma ibikurikiraAmakuru yo mu Burundi
Amashirahamwe 20 aharanira agateka ka zina muntu mu Burundi yasohoye urwandiko kur’uyu wa gatanu igenekerezo rya 26 Ndamukiza 2024, umusi …
Soma ibikurikiraKuwagatatu igenekerezo rya 8 Munyonyo 2023 ibara ryaraguye kubanyororo b’abagore aho bafashwe kunguvu n’abandi banyororo b’abagabo aho bari bavuye kuburana …
Soma ibikurikiraAlice Kanyana yahawe akazi n’umushikiranganji w’indero hanyuma uwujejwe indero hamwe na Buramatari mu ntara ya Muramvya mu kwezi kwa gatanu …
Soma ibikurikiraKur’uyu wa kane igenekerezo rya 15 Ruheshi 2023, huguruwe muntahe y’icese, urubanza rwa muganga Christophe Sahabo imbere ya Sentare Nkuru …
Soma ibikurikiraKur’uyu wa 26 Ndamukiza 2023, amashirahamwe 19 aharanira agateka ka zina muntu yasohoye urwandiko aho yashikirijeko indane uburundi burimwo zaturutse …
Soma ibikurikiraKuva kw’igenekerezo rya 11 gushika kurya 18 kigarama 2022, hari umugwi w’abagwizatunga uzoherekeza umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye mu rugendo azogira …
Soma ibikurikiraInyuma y’indwi irenga Gabriel Rufyiri, umukuru w’ishirahamwe OLUCOME bivuzweko yahungutse, iryo shirahamwe ryankiwe kugirisha ikiganiro ryari ryateguriye hamwe n’ishirahamwe PARCEM …
Soma ibikurikiraKuva mu gitondo co kur’uyu wa kane igenekerezo rya 10 ntwarante 2022, abantu cane cane bagizwe n’imisore barenga 200 bafashwe …
Soma ibikurikiraNk’uko vyama bigenda mu gusozera umwaka, umuryango w’umukuru w’igihugu wama utegura igikorane co gushimira Imana. Uyu mwaka hoba hategekanijwe igikorane …
Soma ibikurikiraUmushirikiranganji w’intwaro yo hagati mu gihugu, umutekano n’iterambere rusangi yari umutumire mu nama nshingamateka y’uburundi kuri uyu wa 13 kigarama …
Soma ibikurikira