Burundi : Umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye yagiye gihutihuti muri Congo
Kur’uno wa kabiri igenekerezo rya 13 Ruhuhuma 2024 umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye yagiye mu gihugu ca Leta iharanira intwaro rusangi …
Soma ibikurikiraAmakuru yo mu Burundi
Kur’uno wa kabiri igenekerezo rya 13 Ruhuhuma 2024 umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye yagiye mu gihugu ca Leta iharanira intwaro rusangi …
Soma ibikurikiraInyuma y’ikiringo c’umwaka hafi n’igice uburundi busubiriye kwugurura imipaka buhana n’igihugu c’urwanda yariyugawe n’umuhisi Petero Nkurunziza guhera muri 2015, bwasubiriye …
Soma ibikurikiraNk’uko amakuru dukura i Bujumbura abivuga, ingoro y’umugambwe CNL urongowe n’umushingamateka Rwasa Agathon irugarijwe n’abanywanyi biwe hamwe n’abapolisi bahanganye kuva …
Soma ibikurikiraNk’uko vyagenze mukwezi kwa gatatu 2018, umugambwe uri ku butegetsi mu Burundi CNDDFDD ugaha ipete ry’icubahiro umuhisi Petero Nkurunziza ry’imboneza …
Soma ibikurikiraUbumwe bwa buraya bwamenyeshejeko bwakuyeko ibihano u #Burundi hamwe n’abarundi batatu kuruyu wambere igenekerezo rya 24 gitugutu 2022 bari bafatiwe …
Soma ibikurikiraTwarababwiye amakuru yavugako uwuzosubirira umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye amaze igihe yiyamamaza ariko muri CNDDFDD bavuga ngo: « Ntawipanga baragupanga » Kuva aho …
Soma ibikurikiraHaraheze igihe umukuru w’umugambwe CNDDFDD Réverien Ndikuriyo azunguruka amakomine yose y’uburundi ashika n’aho umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye atarashika kuva arongora …
Soma ibikurikiraInama nshikiranganji yo kur’uyu wa gatatu igenekerezo rya 15 ruhenshi 2022 muvyo yize harimwo integuro y’ibwirizwa ryo kugabanya intara zikava …
Soma ibikurikiraAbarundi n’abanyarwanda baba mu gihugu ca Zambiya bafatiwe mumashengero bajanwa gupfungwa kur’uyu w’Imana igenekerezo rya 29 rusama 2022 kumugwa mukuru …
Soma ibikurikiraUmukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye yaragirisheje ikiganiro kubamenyeshamakuru kumusi wa kabiri igenekerezo rya 10 rusama 2022 mungoro yiwe i Bujumbura kumugwa …
Soma ibikurikira