Burundi : Uwundi mukuru wa sendika y’abigisha yafashwe.
Inyuma y’ifatwa rya Antoine Manuma, umukuru wa sendika y’abigisha SYGEPEBU ejo kw’igenekerezo rya 08/01/2020, uno munsi naho hafashwe Gérard Niyongabo …
Soma ibikurikiraAmakuru yo mu Burundi
Inyuma y’ifatwa rya Antoine Manuma, umukuru wa sendika y’abigisha SYGEPEBU ejo kw’igenekerezo rya 08/01/2020, uno munsi naho hafashwe Gérard Niyongabo …
Soma ibikurikiraHaraciye amezi makeya hariko hazunguruka ubutumwa bw’amajwi ku mbuga ngurukanabumenyi, uwitwa Kenny- Claude Nduwimana,umwe mubariko barabutanga wewe ntaco yinona. Imvukira …
Soma ibikurikiraBuramatari w’intara ya Kayanza yaraye ahakaniye abanywanyi b’ubugambwe SAHWANYA FRODEBU kuzogira urugendo rwobashikanye aho bazogirira inama ku munsi w’Imana igenekerezo …
Soma ibikurikiraKu musi wa gatandatu uheze, 07 kigarama 2019, umuvunjayi Onesime Ntiranyibagira yasezeye bagenziwe abamenyesha ko yitavye umukiriya amuhamagaye mu Carama. …
Soma ibikurikiraKuva kuwa gatanu igenekerezo rya 23 gushika kuwagatanu igenekerezo rya 30 Munyonyo 2019 mw’itongo ry’abapfuye ryo ku Mpanda muntara ya …
Soma ibikurikiraMu gasho ka zone Musaga mu gisagara ca Bujumbura, harapfungiwe imbonerakure zirenga cumi kuva kuw’Imana igenekerezo rya 10 gitugutu 2019 …
Soma ibikurikiraAbanyororo bo mwibohero rikuru rya Ngozi, mu buraruko bw’uburundi murino misi baridoga ko ibifungurwa vyabaganewe binyuruzwa n’ababarongoye babifashijwemwo n’uwurongoye iryo …
Soma ibikurikiraInyuma y’indwi abamenyeshamakuru bane b’ikinyamakuru iwacu Christine Kamikazi, anges Ndirubusa, Thérence Mpozenzi, Egide Harerima n’umushoferi bahagaritswe bagapfungwa hariya muntara ya …
Soma ibikurikiraMuri raporo yama ashikiriza imbere y’inama nkuru y’umutekano ya ONU uko amezi atatu aheze yerekeye uburundi, umunyamabanga mukuru wa ONU …
Soma ibikurikiraAbaharanira agateka ka zina muntu mu burundi bamaze imisi mur’ugendo rwo gusigura uko agateka kazina muntu kifashe mu Burundi hariya …
Soma ibikurikira