Burundi : #CORONAVIRUS irerekanye urukundo abanyepolitike bakunda abanyagihugu.
Mugihe havugwa ubukene bw’ibikoresho vyo kwikingira ikiza ca CORONAVIRUS mubitaro no mu mavuriro hiryano hino mu gihugu, reta ibicishije mu …
Soma ibikurikiraAmakuru yo mu Burundi
Mugihe havugwa ubukene bw’ibikoresho vyo kwikingira ikiza ca CORONAVIRUS mubitaro no mu mavuriro hiryano hino mu gihugu, reta ibicishije mu …
Soma ibikurikira
Abanyagihugu bamaze imisi bidogera abapolisi ko bariko bagira uruhara mw’ikwiragizwa ry’ikiza ca CORONAVIRUS (COVID19) biciye mubikorwa vyabo vya misi yose …
Soma ibikurikira
Ubushikiranganji bw’imigenderanire y’uburundi n’ayandi makungu bwandikiye abaserukira uburundi mumakungu kur’uyu wa 15 ndamukiza 2020 ko umugwi CENI itagitunganije amatora hanze …
Soma ibikurikira
Inyuma yogupfunga apolisi babiri no gufatirwa ingingo zo kutagemurirwa mundwi iheze, haradutse ingwara itaramenyekana mw’ibohero ry’i Muyinga aho abantu bane …
Soma ibikurikira
Kur’uyu wa gatandatu igenekerezo rya 11 ndamukiza 2020, abahinga bahejeje gushikiriza ko #COVID19 ibandanya yerekana ibimenyetso bishasha ku mboneshakure z’iburaya. …
Soma ibikurikiraKuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 11 ndamukiza 2020, ubushikiranganji bw’amagara y’abantu no kugwanya ikiza SIDA bwamenyeshejeko hari abandi bantu …
Soma ibikurikira
Kuva ikiza COVID19 cadutse mu gihigu c’ushinwa muri kigarama 2019 hanyuma kigakwira isi yose, ibiciro vy’akagunguru k’ibitoro kagiye karakorora ibeyi …
Soma ibikurikira
Kuri uno wa 03 ndamukiza 2020, ubushikiranganji bwo kubungabunga amagara y’abantu no kugwanya ikiza SIDA bwiriwe mubikorwa vyo kugwanya ikiza …
Soma ibikurikira
Ubushikiranganji bwo kubungabunga amagara y’abantu no kugwanya ikiza ruhonyanganda SIDA, bwamenyesheje kuri uno wa kabiri igenekerezo rya 31/3/2020 ko hari …
Soma ibikurikira
Nk’uko amakuru adushikira abivuga, hari abantu babiri ku butaro Prince Regent Charles ariko ibipimo bafashwe ejo igenekerezo rya 23/3/2020 bikaba …
Soma ibikurikira