« Umugwizatunga nka wewe ashobora gukoresha ubwo buryo mugutorera inyishu izindi ngorane zisanzwe ziri ngaha muri afrika ! Ariko utabishaka kubikora, hazoza uwundi abikora avuye muri amerika, mu buhindi canke mubushinwa kandi azobikorera kumuryango iwawe… »

Ruhuka gato: #Agatima_kogutora_inyishu __Kutagira ibikwiye, ntibisigura kutagira nakimwe! Muri Afrika ntidufise ibikwiye mubintu vyinshi : Ntidufise ibifungurwa bikwiye. Ntidufise umuyagankuba ukwiye. Ntidufise …

Soma ibikurikira