Skip to content
Top Menu
01/06/2025
  • Twandikire
  • Facebook
  • Twitter
  • Youtube
  • Instagram
Itara Burundi

Itara Burundi

Amakuru yo mu Burundi

  • Intango
  • COVID19
  • Agateka ka zina muntu
  • Politike
  • Umubano
  • Ayandi makuru
    • Ubudandaji
    • Ibidukikije
    • Umutekano
    • Amagara y’abantu
    • Ivy’Imana
    • Impunzi
    • Indero
    • Uburimyi n’ubworozi
    • Ubutungane
  • Français
  • Icongereza
Main Menu

Uncategorized

Uncategorized

Burundi : Ibikorwa vyo kuvugana ukuri no kurekuriranira bibonwa gute ? Igice ca mbere

09/08/202009/08/2020 - by Jérôme

Kw’igenekerezo rya 13 ntwarante 2020 umumenyeshamakuru Kenney Claude, asanzwe azwi mumajambo yo kubiba amacakubiri, aho avugako abatutsi ari imbwa, abanyamahanga …

Soma ibikurikira
Uncategorized

Burundi: Uruyeri mumatora ya Musitanteri wa komine Mugamba

25/07/202025/07/2020 - by Jérôme

Mu makomine yose yo mu Burundi haraye batowe abasitanteri n’abarongoye inama mpanuzwajambo z’amakomine kur’uyu wa gatanu igenekerezo rya 24 mukakaro …

Soma ibikurikira
Uncategorized

Burundi: Indwara yo kubura itiro iragisibije.

22/07/202022/07/2020 - by Jérôme

Mur’ino minsi abantu benshi bagenda barisinzirirako abandi muganiriye barakubwirako basigaye babura itiro cane. Ivyo bigaterwa n’impamvu nyinshi ariko hari zimwe …

Soma ibikurikira
Uncategorized

Burundi : Yaraye yiciwe mw’ibohero ry’i Ngozi.

19/07/202019/07/2020 - by Jérôme

Umunyororo umwe yaraye yishwe n’abapolisi mw’ibohero ry’i Ngozi mw’ijoro ryakeye ryo kuwa gatandatu igenekerezo rya 18 mukakaro 2020 ariko agerageza …

Soma ibikurikira
Uncategorized

Burundi : Ibisikanya rya baburamatari

13/07/202013/07/2020 - by Jérôme

Kur’uyu wa imbere igenekerezo rya 13/7/2020 buramatari mushasha w’intara ya Cankuzo, Boniface Banyiyezako yabisikanije n’uwahahora Désiré Njiji. Nk’uko amakuru dukura …

Soma ibikurikira
Ubudandaji / Uncategorized

Inzara iriko iradodora mu Burundi.

10/07/202010/07/2020 - by Jérôme

Umwimbu w’ibifungurwa mu gice ca kabiri c’uburimyi wagenze neza mugihugu cose ariko ibiciro vy’ibifungurwa biguma biduga aho kumanuka kuburyo atagikozwe …

Soma ibikurikira
Uncategorized

Ijambo ryashijirijwe na Evariste Ndayishimiye, umukuru w’igihugu buca hahimbazwa imyaka 58 uburundi bwikukiye.

30/06/202030/06/2020 - by Jérôme

Barundi, Barundikazi, Bakunzi b’Uburundi; 1. Imyaka mirongo itanu n’umunani irarumanye Uburundi buhabuje intahe y’ukwikukira. Imana Mushoboravyose nihabwe icubahiro kiyibereye.  Tuyisabe …

Soma ibikurikira
Uncategorized

Burundi : Umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye yarahiye, bishasha yashikirije.

18/06/202018/06/2020 - by Jérôme

Kukibuga c’umupira citiriwe ingoma mu ntara ya Gitega, umugwa mukuru wa pilitike, kur’uyu wa 18 ruheshi 2020 umukuru w’igihugu mushasha …

Soma ibikurikira
Uncategorized

Burundi : Ukuru w’igihugu Petero Nkurunziza azofubwa canke azoshingurwa ? Hehe ?

15/06/202015/06/2020 - by Jérôme

Nk’uko amakuru dukura mubegereye umugambwe uri kubutegetsi CNDDFDD abivuga, umuhisi umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza ntibamenya neza uko bogenza ikiziga ciwe …

Soma ibikurikira
Uncategorized

Burundi : Urupfu giturumbuka rw’umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza.

09/06/202009/06/2020 - by Jérôme

Mugihe amakuru y’urupfu rw’umukuru w’igihugu yatanguye kumenyekana nk’ibihuha kur’uyu wa 8 ruheshi 2020, reta y’ubururundi ihejeje kumenyesha urupfu giturumbuka rwiwe …

Soma ibikurikira

Pagination des publications

Précédent 1 2 3 4 … 6 Suivant

Amakuru aheruka

#Burundi Abasoda bari muri RDC kurwana na M23 batanguye kwiyahura

24/02/2025

Hagati ya Rared Tabara na Leta y’uburundi ninde avuga ukuri?

05/12/202405/12/2024

Les Travailleurs de l’Hôpital de Muyinga Exigent Justice après la Réduction Injustifiée de leurs Salaires

28/11/2024

Burundi: Abariko bitegurira gukora rusansuma y’abanyagihugu baridoga

29/08/202428/08/2024

Burundi: Abigisha bagiye kuba abakozi b’amakomine

28/08/202428/08/2024

Amavidewo

Tweets by ItaraBurundi

Amajwi twabitse

Tuganire

Ivyo twandikako

  • Intango
  • COVID19
  • Agateka ka zina muntu
  • Politike
  • Umubano
  • Ayandi makuru
    • Ubudandaji
    • Ibidukikije
    • Umutekano
    • Amagara y’abantu
    • Ivy’Imana
    • Impunzi
    • Indero
    • Uburimyi n’ubworozi
    • Ubutungane
  • Français
  • Icongereza

Dukurikire kuri Facebook

Amakuru yasomwe cane

  • Burundi : Coup d’état igira ibe, Évariste Ndayishimiye yoba atagiserukiye CNDDFDD mumatora. (12 000)
  • Burundi : CROWD1, ubusuma bwo ku rwego rwo hejuru buzwi n’ubutegetsi. (8 092)
  • BurundiBurundi : Imboneza kibirengeye mugukunda igihugu Petero Nkurunziza yishwe n’iki ? (7 438)
Copyright © 2025 Itara Burundi.