
#Burundi Abasoda bari muri RDC kurwana na M23 batanguye kwiyahura
Mugihe bivugwako abasoda bashoboye kuva muri reta iharanira intwaro rusangi ya Congo , RDC bashitse mu Burundi bagaca babasubizayo kurwana …
Soma ibikurikiraAmakuru yo mu Burundi
Mugihe bivugwako abasoda bashoboye kuva muri reta iharanira intwaro rusangi ya Congo , RDC bashitse mu Burundi bagaca babasubizayo kurwana …
Soma ibikurikiraMuyinga, Burundi – Depuis le mois d’octobre, les travailleurs de l’hôpital de Muyinga vivent une situation financière critique suite à …
Soma ibikurikiraMuntara nyishi haravugwa imyidogo kubariko baritegurira badahabwa agafaranga yo kubafasha none ubu baratonda bagataha ataco bahawe mugihe kw’iyunguruza mu Burundi …
Soma ibikurikiraHamaze igihe hibonekeza abarimu bakora badahembwa mumihingo myinshi y’igihugu ndetse niyo baronse akazi bakamara umwaka badahembwe nk’abatanguye akazi mu mwaka …
Soma ibikurikiraUmushoferi wo kuri misiyoni y’ishengero rya pentecôte ya Ntahangwa, mu gisagara ca Bujumbura yitwa Daniel Barutwanayo yatondeye igitoro kumunsi wa …
Soma ibikurikiraMusaga ni imwe mumazone agize komine ya Muha mu gisagara ca Bujumbura, umurwa mu kuru w’ubutunzi w’igihugu c’uburundi. Abanyagihugu bo …
Soma ibikurikiraKuwa 28 Rusama 2024 umushingamateka akomoka mu mugambwe UPRONA Gaston Sindimwo yarariye umutima amenyo arabaza ikibazo cananiye abandi naco nico …
Soma ibikurikiraMu nama nshikiranganji yo kuwagatatu 22 Rusama 2024 bapfunditse ko amatagisi atangwa ku mamesa ari ayashinzwe mu mwaka wa 2000 …
Soma ibikurikiraMugihe hariko haba ihanahanwa ry’ivyiyumviro kuri uyu wa 17/5/2024 kubijanye n’amatora ya 2025 vyatunganijwe na CENI, Nestor Girukwishaka asigaye aserukira …
Soma ibikurikira