
Burundi: Uruyeri mumatora ya Musitanteri wa komine Mugamba
Mu makomine yose yo mu Burundi haraye batowe abasitanteri n’abarongoye inama mpanuzwajambo z’amakomine kur’uyu wa gatanu igenekerezo rya 24 mukakaro …
Soma ibikurikiraAmakuru yo mu Burundi
Mu makomine yose yo mu Burundi haraye batowe abasitanteri n’abarongoye inama mpanuzwajambo z’amakomine kur’uyu wa gatanu igenekerezo rya 24 mukakaro …
Soma ibikurikiraMugihe amatora y’abahanuzi bo kumitumba n’ama karitiye ariyo asozera amatora ya 2020 buca aba, uruhigi rw’indongozi n’abanywanyi b’umugambwe CNL rukaba …
Soma ibikurikiraMur’ino minsi abantu benshi bagenda barisinzirirako abandi muganiriye barakubwirako basigaye babura itiro cane. Ivyo bigaterwa n’impamvu nyinshi ariko hari zimwe …
Soma ibikurikiraAbajenama b’amakomine bangana 3453 bazindutse baja gutora abakenguzamateka kur’uyu wa 20 mukakaro 2020 igihugu cose. Nk’uko vyateguwe n’umugwi wigenga ujewe …
Soma ibikurikiraUmunyororo umwe yaraye yishwe n’abapolisi mw’ibohero ry’i Ngozi mw’ijoro ryakeye ryo kuwa gatandatu igenekerezo rya 18 mukakaro 2020 ariko agerageza …
Soma ibikurikiraHari abigisha bariko basaba kuva mukigega co gutegekaniriza uburaro abigisha kuhera mu kwezi kwa kigarama 2019 ubu bikavugwako barenga 5000. …
Soma ibikurikiraIkibazo c’agateka ka zina muntu mu Burundi caravuzwe munama igira 44 y’umugwi wa ONU ujejwe agateka ka zina muntu(HRC44) k’uyu …
Soma ibikurikiraKur’uyu wa imbere igenekerezo rya 13/7/2020 buramatari mushasha w’intara ya Cankuzo, Boniface Banyiyezako yabisikanije n’uwahahora Désiré Njiji. Nk’uko amakuru dukura …
Soma ibikurikiraKur’uyu wa kane igenekezero rya 10 mukakaro 2020, amazina 18 harimwo abasoda n’abapolisi yemejwe n’inama nkenguzamateka kugira bazogenwe mumabanga yo …
Soma ibikurikiraUmwimbu w’ibifungurwa mu gice ca kabiri c’uburimyi wagenze neza mugihugu cose ariko ibiciro vy’ibifungurwa biguma biduga aho kumanuka kuburyo atagikozwe …
Soma ibikurikira