Burundi : #CORONAVIRUS irerekanye urukundo abanyepolitike bakunda abanyagihugu.
Mugihe havugwa ubukene bw’ibikoresho vyo kwikingira ikiza ca CORONAVIRUS mubitaro no mu mavuriro hiryano hino mu gihugu, reta ibicishije mu …
Soma ibikurikiraAmakuru yo mu Burundi
Mugihe havugwa ubukene bw’ibikoresho vyo kwikingira ikiza ca CORONAVIRUS mubitaro no mu mavuriro hiryano hino mu gihugu, reta ibicishije mu …
Soma ibikurikira
Ubushikiranganji bw’imigenderanire y’uburundi n’ayandi makungu bwandikiye abaserukira uburundi mumakungu kur’uyu wa 15 ndamukiza 2020 ko umugwi CENI itagitunganije amatora hanze …
Soma ibikurikira
Inyuma yogupfunga apolisi babiri no gufatirwa ingingo zo kutagemurirwa mundwi iheze, haradutse ingwara itaramenyekana mw’ibohero ry’i Muyinga aho abantu bane …
Soma ibikurikira
Kur’uyu wa gatandatu igenekerezo rya 11 ndamukiza 2020, abahinga bahejeje gushikiriza ko #COVID19 ibandanya yerekana ibimenyetso bishasha ku mboneshakure z’iburaya. …
Soma ibikurikiraKuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 11 ndamukiza 2020, ubushikiranganji bw’amagara y’abantu no kugwanya ikiza SIDA bwamenyeshejeko hari abandi bantu …
Soma ibikurikira
Inyuma yaho reta y’igihugu ca Tanzaniya itangarije mumpera z’ukwezi kwa gatatu 2020 ko hari umushoferi yafata ingendo zo mu Burundi, …
Soma ibikurikira
Twabikuye kuri page facebook ya Pacifique Nininahazwe Ku musi wa kabiri wo mu ndwi yahera (31 ntwarante 2020) niho Damiyano …
Soma ibikurikiraMugihe ibihugu bitunze biriko bitahukana abanyagihugu bavyo bari kw’isi yose kubera ikiza ca CORONAVIRUS, abarundi bafise ubwenegihugu bw’iburaya, amerika, canada …
Soma ibikurikira
Imyuma y’imisi mekaya ibitaro vyigenga Kira Hospital bimaze bimenyesheje abavyitura ko atarivyo bijejwe kwakira abakekwako ikiza ca CORONAVIRUS, vyandikiye ikete …
Soma ibikurikira
Ubushikiranganji bwo kubungabunga amagara y’abantu no kugwanya ikiza ruhonyanganda #SIDA mukwemezako ibipimo vyafatiwe abarundi babiri bagwariye mu bitaro Prince Regent …
Soma ibikurikira