Skip to content
Top Menu
11/03/2026
  • Twandikire
  • Facebook
  • Twitter
  • Youtube
  • Instagram
Itara Burundi

Itara Burundi

Amakuru yo mu Burundi

  • Intango
  • COVID19
  • Agateka ka zina muntu
  • Politike
  • Umubano
  • Ayandi makuru
    • Ubudandaji
    • Ibidukikije
    • Umutekano
    • Amagara y’abantu
    • Ivy’Imana
    • Impunzi
    • Indero
    • Uburimyi n’ubworozi
    • Ubutungane
  • Français
  • Icongereza
Main Menu

Auteur/autrice : Jérôme

Uncategorized

Burundi : Yaraye yiciwe mw’ibohero ry’i Ngozi.

19/07/202019/07/2020 - by Jérôme

Umunyororo umwe yaraye yishwe n’abapolisi mw’ibohero ry’i Ngozi mw’ijoro ryakeye ryo kuwa gatandatu igenekerezo rya 18 mukakaro 2020 ariko agerageza …

Soma ibikurikira
Intwaro ibereye

Burundi : Abigisha barenga 5000 barasaba amafaranga yabo baziganirije uburaro.

17/07/202017/07/2020 - by Jérôme

Hari abigisha bariko basaba kuva mukigega co gutegekaniriza uburaro abigisha kuhera mu kwezi kwa kigarama 2019 ubu bikavugwako barenga 5000. …

Soma ibikurikira
Agateka ka zina muntu

« Agateka ka zina muntu kabandanya gahungabana mu Burundi » Doudou Diène

15/07/202015/07/2020 - by Jérôme

Ikibazo c’agateka ka zina muntu mu Burundi caravuzwe munama igira 44 y’umugwi wa ONU ujejwe agateka ka zina muntu(HRC44) k’uyu …

Soma ibikurikira
Uncategorized

Burundi : Ibisikanya rya baburamatari

13/07/202013/07/2020 - by Jérôme

Kur’uyu wa imbere igenekerezo rya 13/7/2020 buramatari mushasha w’intara ya Cankuzo, Boniface Banyiyezako yabisikanije n’uwahahora Désiré Njiji. Nk’uko amakuru dukura …

Soma ibikurikira
Politike

Burundi : Inama nkenguzamateka yemeje amazina 18 y’abazoba ba buramatari b’intara.

10/07/202010/07/2020 - by Jérôme

Kur’uyu wa kane igenekezero rya 10 mukakaro 2020, amazina 18 harimwo abasoda n’abapolisi yemejwe n’inama nkenguzamateka kugira bazogenwe mumabanga yo …

Soma ibikurikira
Ubudandaji / Uncategorized

Inzara iriko iradodora mu Burundi.

10/07/202010/07/2020 - by Jérôme

Umwimbu w’ibifungurwa mu gice ca kabiri c’uburimyi wagenze neza mugihugu cose ariko ibiciro vy’ibifungurwa biguma biduga aho kumanuka kuburyo atagikozwe …

Soma ibikurikira
Agateka ka zina muntu

Burundi : Abandi bamenyeshamakuru 3 b’ikinyamakuru iwacu bafashwe.

09/07/202009/07/2020 - by Jérôme

Kur’uyu wa kane igenekerezo rya 9 mukakaro 2020, abamenyeshamakuru batatu n’ikinyamakuru iwacu bafatiwe kukibuga c’indege mpuzamakungu c’i Bujumbura baca bapfungirwayo …

Soma ibikurikira
Ubutunzi

Ishirahamwe ry’ibihugu bivuga ururimi rw’igifaransa ryarize uko ryokura ibihano k’uburundi.

09/07/202013/12/2021 - by Jérôme

Mu nama yabereye k’urubuga ngurukana bumenyi y’ishirahamwe ry’ibihugu bivuga ururimi rw’igifaransa,OIF kumagenekerezo ya 8 na 9 ruheshi 2020, harizwe uko …

Soma ibikurikira
COVID19

Burundi : Umugambi wo kugwanya COVID19 uriko urangurwa gute?

08/07/202010/07/2020 - by Jérôme

Umukuru w’igihugu Évariste Ndayishimiye yarashikitije mw’ijambo ko reta igiye gutanguza umugambi witwa: « Ndakira, sindandura kandi sinanduza » umugambi umaze gutuma abarundi …

Soma ibikurikira
Ubutunzi

Uburundi bushobora gukurwa mu muryango wa afrika y’ubuseruko.

05/07/202005/07/2020 - by Jérôme

Ibihugu vya Sudani y’amaj’epfo be n’uburundi bifise amadeni menshi y’intererano bisabwa kumwaka, ashobora gutuma bikurwa mu muryango w’ibihugu vya Afrika …

Soma ibikurikira

Pagination des publications

Précédent 1 … 28 29 30 … 57 Suivant

Amakuru aheruka

#Burundi Abasoda bari muri RDC kurwana na M23 batanguye kwiyahura

24/02/2025

Hagati ya Rared Tabara na Leta y’uburundi ninde avuga ukuri?

05/12/202405/12/2024

Les Travailleurs de l’Hôpital de Muyinga Exigent Justice après la Réduction Injustifiée de leurs Salaires

28/11/2024

Burundi: Abariko bitegurira gukora rusansuma y’abanyagihugu baridoga

29/08/202428/08/2024

Burundi: Abigisha bagiye kuba abakozi b’amakomine

28/08/202428/08/2024

Amavidewo

Tweets by ItaraBurundi

Amajwi twabitse

Tuganire

Ivyo twandikako

  • Intango
  • COVID19
  • Agateka ka zina muntu
  • Politike
  • Umubano
  • Ayandi makuru
    • Ubudandaji
    • Ibidukikije
    • Umutekano
    • Amagara y’abantu
    • Ivy’Imana
    • Impunzi
    • Indero
    • Uburimyi n’ubworozi
    • Ubutungane
  • Français
  • Icongereza

Dukurikire kuri Facebook

Amakuru yasomwe cane

  • Burundi : Coup d’état igira ibe, Évariste Ndayishimiye yoba atagiserukiye CNDDFDD mumatora. (12 568)
  • Burundi : CROWD1, ubusuma bwo ku rwego rwo hejuru buzwi n’ubutegetsi. (8 608)
  • BurundiBurundi : Imboneza kibirengeye mugukunda igihugu Petero Nkurunziza yishwe n’iki ? (8 428)
Copyright © 2026 Itara Burundi.