Burundi : Gushingura Petero Nkurunziza
Kuri uno wa gatanu igenekerezo rya 26 ruheshi 2020 haramutse hashingurwa uwahoze ari umukuru w’igihugu Pierre Nkurunziza i Gitega, ku …
Soma ibikurikiraAmakuru yo mu Burundi
Kuri uno wa gatanu igenekerezo rya 26 ruheshi 2020 haramutse hashingurwa uwahoze ari umukuru w’igihugu Pierre Nkurunziza i Gitega, ku …
Soma ibikurikiraMw’ijambo umukuru w’igihugu Évariste Ndayishimiye yashikirije mukwinjira mumabanga yiwe kw’igenekerezo rya 18 ruheshi 2020, yaravuze umugambi wo kwubaka ibitaro mumakomine …
Soma ibikurikira
Kur’uyu wa 24 ruheshi 2020, Umushikiranganji wambere n’icegera c’umukuru w’igihugu barahiye imbere y’inama nshingamateka n’imbere y’umukuru w’igihugu ndetse na sentare …
Soma ibikurikira
Umugambwe CNL urongowe na Agathon Rwasa uriyamiriza iyemezwa n’inama nshingamateka ry’umushikiranganji wa mbere be n’icegera c’umukuru w’igihugu vyabaye kur’uyu wa …
Soma ibikurikira
Allain Guillaume Bunyoni na Prosper Bazombanza bemejwe n’inama nshingamateka kur’uyu wa 23 ruhenshi 2020 ngo bane Ministre wambere kurumwe no …
Soma ibikurikira
Ubushikiranganji bwo kubungabunga amagara y’abantu no kugwanya SIDA bwaramenyeshejeko habonetse abagwayi 40 bashasha kur’uyu wa 20 ruheshi 2020, igitigiri kiguma …
Soma ibikurikira
Kukibuga c’umupira citiriwe ingoma mu ntara ya Gitega, umugwa mukuru wa pilitike, kur’uyu wa 18 ruheshi 2020 umukuru w’igihugu mushasha …
Soma ibikurikira
Mu ntara ya Gitega, umugwa mukuru wa Politike, k’ur’uyu wa kane igenekezo rya 18 ruheshi 2020, umukuru w’igihugu mushasha Evariste …
Soma ibikurikira
Nk’uko amakuru dukura mubegereye umugambwe uri kubutegetsi CNDDFDD abivuga, umuhisi umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza ntibamenya neza uko bogenza ikiziga ciwe …
Soma ibikurikira
Indwi iraheza atamukuru w’igihugu atwara uburundi inyuma y’urupfu rwa Petero Nkurunziza kw’igenekerezo rya 8 ruheshi 2020. Abantu bamaze imisi bafatwa …
Soma ibikurikira