Skip to content
Top Menu
11/03/2026
  • Twandikire
  • Facebook
  • Twitter
  • Youtube
  • Instagram
Itara Burundi

Itara Burundi

Amakuru yo mu Burundi

  • Intango
  • COVID19
  • Agateka ka zina muntu
  • Politike
  • Umubano
  • Ayandi makuru
    • Ubudandaji
    • Ibidukikije
    • Umutekano
    • Amagara y’abantu
    • Ivy’Imana
    • Impunzi
    • Indero
    • Uburimyi n’ubworozi
    • Ubutungane
  • Français
  • Icongereza
Main Menu

Auteur/autrice : Jérôme

Uncategorized

Burundi : « Babesha ngo batumwe na Rwasa gusinya ivyegeranyo gushasha. »

01/06/202001/06/2020 - by Jérôme

Mugihe kw’igenekerezo rya 04 ruhenshi 2020 hitezwe gusomwa amajwi ntabanduka y’ivyavuye mumatora yo kuwa 20 rusama 2020 muri sentare yubahiriza …

Soma ibikurikira
COVID19

Burundi: Ikiza ca COVID19 cashitse munzego zo hejuru mu gihugu.

29/05/202010/07/2020 - by Jérôme

Kurwanya ikiza ca COVID19 vyabaye akananira bahinga gushika naho candukiriye inzego zo hejuru mu gihugu. Mugihe ubushikiranganji bwo kubungabunga amagara …

Soma ibikurikira
Uncategorized

Burundi : Ubwoba bw’intambara : Amasengesho ahushanye mu migambwe CNDDFDD na CNL yatanguye.

28/05/202010/07/2020 - by Jérôme

Kur’uyu wa 28 rusama 2020 umugambwe CNDDFDD uri kubutegetsi watanguye amasengesho i Gitega azomara imisi itatu yo gushimira imana intsinzi …

Soma ibikurikira
Uncategorized

Burundi: Ibara ryahatswe kugwa igihe umushingamateka Agathon Rwasa yaragiye kwitwara muri sentare yubahiriza ibwirizwa nshingiro.

28/05/202028/05/2020 - by Jérôme

Kur’uyu wa 28 rusama 2020 umukuru w’uwugambwe CNL, umsuhingamateka Agathon Rwasa yararamutse ajana ibirego vyo kwitwara kuvyavuye mumatora yo kuwa …

Soma ibikurikira
Intwaro ibereye

Uko inama y’abepisikopi katolika bo mu Burundi babona ivyavuye mumatora.

27/05/202027/05/2020 - by Jérôme

Mw’itangazo inama y’abepisikopi katolika bo mu Burundi bashize ahabona kuvyerekeye amatora yabaye kw’igenekerezo rya 20/5/2020 baribaza nimba ibiharuro vyayavuyemwo bitazohava …

Soma ibikurikira
Politike

Burundi: Abashingamateka batowe kuwa 20 rusama 2020

26/05/202026/05/2020 - by Jérôme

Kw’igenekerezo rya 25 rusama 2020, umugwi w’igihugu ujejwe amatora CENI warashikirije ibiharuro mfatakibaza vyavuye mumatora y’abashingamateka yabaye kuwa 20 rusama …

Soma ibikurikira
Amatora ya 2020 / Politike

Burundi: Umugwi CENI washikirije ivyavuye mumatora.

25/05/202025/05/2020 - by Jérôme

I Bujumbura kuri Hotel Club du Lac Tanganyika kuri uyu wambere igenekerezo rya 25 rusama 2020, umugwi wigenga ujejwe gutunganya …

Soma ibikurikira
Amatora ya 2020

Burundi : Kuber’iki kuri Hôtel Club du Lac Tanganyika ariho hazosomerwa ivy’avuye mumatora ?

24/05/202024/05/2020 - by Jérôme

Ejo kuwambere igenekerezo rya 25 rusama 2020 harategekanijwe gusoma ibiharuro mfatakibanza vyavuye mu matora yabaye kw’igenekerezo rya 20 rusama 2020. …

Soma ibikurikira
Politike

Burundi : Abazokwitoza mubakenguzamateka basabwe gutanga amadosiye muri CENI, harimwo ibidasanzwe .

24/05/202024/05/2020 - by Jérôme

Kuri uyu wa 24/5/2020 umugwi ujejwe gutunganya amatora CENI wasohoye itangazo usaba abashaka kwitoza mubibanza vy’abakenguzamateka baba abari mu migambwe …

Soma ibikurikira
Politike

Burundi: Ishengero rya pentecôte rirageramiwe.

23/05/202023/05/2020 - by Jérôme

Urugo rwa Onesphone Rukwiririkanya, umwungere wa kabiri w’ishengero rya pentecote i Bujumbura ruri mu Gatunguru rwaratewe grenade yonona imodoka n’inzu …

Soma ibikurikira

Pagination des publications

Précédent 1 … 32 33 34 … 57 Suivant

Amakuru aheruka

#Burundi Abasoda bari muri RDC kurwana na M23 batanguye kwiyahura

24/02/2025

Hagati ya Rared Tabara na Leta y’uburundi ninde avuga ukuri?

05/12/202405/12/2024

Les Travailleurs de l’Hôpital de Muyinga Exigent Justice après la Réduction Injustifiée de leurs Salaires

28/11/2024

Burundi: Abariko bitegurira gukora rusansuma y’abanyagihugu baridoga

29/08/202428/08/2024

Burundi: Abigisha bagiye kuba abakozi b’amakomine

28/08/202428/08/2024

Amavidewo

Tweets by ItaraBurundi

Amajwi twabitse

Tuganire

Ivyo twandikako

  • Intango
  • COVID19
  • Agateka ka zina muntu
  • Politike
  • Umubano
  • Ayandi makuru
    • Ubudandaji
    • Ibidukikije
    • Umutekano
    • Amagara y’abantu
    • Ivy’Imana
    • Impunzi
    • Indero
    • Uburimyi n’ubworozi
    • Ubutungane
  • Français
  • Icongereza

Dukurikire kuri Facebook

Amakuru yasomwe cane

  • Burundi : Coup d’état igira ibe, Évariste Ndayishimiye yoba atagiserukiye CNDDFDD mumatora. (12 567)
  • Burundi : CROWD1, ubusuma bwo ku rwego rwo hejuru buzwi n’ubutegetsi. (8 607)
  • BurundiBurundi : Imboneza kibirengeye mugukunda igihugu Petero Nkurunziza yishwe n’iki ? (8 422)
Copyright © 2026 Itara Burundi.