Skip to content
Top Menu
11/03/2026
  • Twandikire
  • Facebook
  • Twitter
  • Youtube
  • Instagram
Itara Burundi

Itara Burundi

Amakuru yo mu Burundi

  • Intango
  • COVID19
  • Agateka ka zina muntu
  • Politike
  • Umubano
  • Ayandi makuru
    • Ubudandaji
    • Ibidukikije
    • Umutekano
    • Amagara y’abantu
    • Ivy’Imana
    • Impunzi
    • Indero
    • Uburimyi n’ubworozi
    • Ubutungane
  • Français
  • Icongereza
Main Menu

Auteur/autrice : Jérôme

COVID19

Burundi : Uruhara rw’abapolisi mugukwiragiza ikiza ca COVID19

23/04/202010/07/2020 - by Jérôme

Abanyagihugu bamaze imisi bidogera abapolisi ko bariko bagira uruhara mw’ikwiragizwa ry’ikiza ca CORONAVIRUS (COVID19) biciye mubikorwa vyabo vya misi yose …

Soma ibikurikira
Umutekano

Burundi : « Abasoda n’abapolisi bavuye mw’ishamba ariko ryoryo ntirirabavamwo. »

19/04/202020/04/2020 - by Jérôme

Mugihe abarundi n’amakungu bitezeko haba amatora mu Burundi guhera kw’igenekerezo rya 20 rusama 2020, abasoda n’abapolisi bahoze bagwanira CNDDFDD ikiri …

Soma ibikurikira
Politike

Burundi : Ubusuma bw’amatora ya 2020 bwaratanguye CENI irorera.

18/04/202018/04/2020 - by Jérôme

Mu gihe amatora y’umukuru w’igihugu, abashingamateka n’abahanuzi b’amakomine azoba kw’igenekerezo rya 20/5/2020, ikiringo co kwiyamamaza mur’ivyo bibanza gitegekanijwe kuva kw’igenekerezo …

Soma ibikurikira
Agateka ka zina muntu

Burundi : « Atari ihonyabwoko ni igihano co gupfa casubijweho na reta ya CNDDFDD »

17/04/202017/04/2020 - by Jérôme

Inyuma yaho umugambwe uri ku butegetsi CNDDFDD usohoreye indirimbo n’amajambo vyinshi ryo gucanishamwo abarundi, bamwe bakitwa aberanda abandi aba PDC, …

Soma ibikurikira
COVID19

Burundi : Amatora yasivye kubera CORONAVIRUS

16/04/202010/07/2020 - by Jérôme

Ubushikiranganji bw’imigenderanire y’uburundi n’ayandi makungu bwandikiye abaserukira uburundi mumakungu kur’uyu wa 15 ndamukiza 2020 ko umugwi CENI itagitunganije amatora hanze …

Soma ibikurikira
COVID19

Burundi : #CORONAVIRUS: Ubwoba mw’ibohero rikuru ry’i Muyinga

12/04/202010/07/2020 - by Jérôme

Inyuma yogupfunga apolisi babiri no gufatirwa ingingo zo kutagemurirwa mundwi iheze, haradutse ingwara itaramenyekana mw’ibohero ry’i Muyinga aho abantu bane …

Soma ibikurikira
COVID19

Abahinga bahejeje gushikiriza ko #COVID19 ibandanya yerekana ibimenyetso bishasha

11/04/202010/07/2020 - by Jérôme

Kur’uyu wa gatandatu igenekerezo rya 11 ndamukiza 2020, abahinga bahejeje gushikiriza ko  #COVID19 ibandanya yerekana ibimenyetso bishasha ku mboneshakure z’iburaya. …

Soma ibikurikira
COVID19

Igitigiri c’abagwaye COVID19 caduze mu Burundi.

11/04/202010/07/2020 - by Jérôme

Kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 11 ndamukiza 2020, ubushikiranganji bw’amagara y’abantu no kugwanya ikiza SIDA bwamenyeshejeko hari abandi bantu …

Soma ibikurikira
Intwaro ibereye / Ubudandaji

Burundi : Abashoferi b’amakamyo atwara imizigo iva Tanzaniya bagomba bahagarike akazi.

11/04/202011/04/2020 - by Jérôme

Inyuma yaho reta y’igihugu ca Tanzaniya itangarije mumpera z’ukwezi kwa gatatu 2020 ko hari umushoferi yafata ingendo zo mu Burundi, …

Soma ibikurikira
Indero / Ubutunzi

Burundi : « Ukunganisha imishahara: ururimbo rwa politike » vyarahagaze.

09/04/202009/04/2020 - by Jérôme

Kuva mumwaka wa 2012 agisha n’abandi bakozi ba reta bari biteze inganishwa ry’imishahara ariko reta ya CNDDFDD igire imare ibiringo …

Soma ibikurikira

Pagination des publications

Précédent 1 … 34 35 36 … 57 Suivant

Amakuru aheruka

#Burundi Abasoda bari muri RDC kurwana na M23 batanguye kwiyahura

24/02/2025

Hagati ya Rared Tabara na Leta y’uburundi ninde avuga ukuri?

05/12/202405/12/2024

Les Travailleurs de l’Hôpital de Muyinga Exigent Justice après la Réduction Injustifiée de leurs Salaires

28/11/2024

Burundi: Abariko bitegurira gukora rusansuma y’abanyagihugu baridoga

29/08/202428/08/2024

Burundi: Abigisha bagiye kuba abakozi b’amakomine

28/08/202428/08/2024

Amavidewo

Tweets by ItaraBurundi

Amajwi twabitse

Tuganire

Ivyo twandikako

  • Intango
  • COVID19
  • Agateka ka zina muntu
  • Politike
  • Umubano
  • Ayandi makuru
    • Ubudandaji
    • Ibidukikije
    • Umutekano
    • Amagara y’abantu
    • Ivy’Imana
    • Impunzi
    • Indero
    • Uburimyi n’ubworozi
    • Ubutungane
  • Français
  • Icongereza

Dukurikire kuri Facebook

Amakuru yasomwe cane

  • Burundi : Coup d’état igira ibe, Évariste Ndayishimiye yoba atagiserukiye CNDDFDD mumatora. (12 566)
  • Burundi : CROWD1, ubusuma bwo ku rwego rwo hejuru buzwi n’ubutegetsi. (8 606)
  • BurundiBurundi : Imboneza kibirengeye mugukunda igihugu Petero Nkurunziza yishwe n’iki ? (8 420)
Copyright © 2026 Itara Burundi.