Skip to content
Top Menu
11/03/2026
  • Twandikire
  • Facebook
  • Twitter
  • Youtube
  • Instagram
Itara Burundi

Itara Burundi

Amakuru yo mu Burundi

  • Intango
  • COVID19
  • Agateka ka zina muntu
  • Politike
  • Umubano
  • Ayandi makuru
    • Ubudandaji
    • Ibidukikije
    • Umutekano
    • Amagara y’abantu
    • Ivy’Imana
    • Impunzi
    • Indero
    • Uburimyi n’ubworozi
    • Ubutungane
  • Français
  • Icongereza
Main Menu

Auteur/autrice : Jérôme

Agateka ka zina muntu / Amagara y'abantu

#Burundi: Komine Bwambarangwe : umuhungu na se baragandaguwe mu ndwi iheze inyuma yo gukekwa ko boba bafise koronavirisi.

08/04/202008/04/2020 - by Jérôme

Twabikuye kuri page facebook ya Pacifique Nininahazwe Ku musi wa kabiri wo mu ndwi yahera (31 ntwarante 2020) niho Damiyano …

Soma ibikurikira
Politike

Burundi : “Abatutsi bogereranywa n’agapira bakirina ku meza (Ping Pong) imigambwe y’abahutu iriko irateraterana.” Itangazo ry’umugambwe PARENA.

07/04/202007/04/2020 - by Jérôme

Mw’itangazo umugambwe w’imbogoraburundi PARENA washize ahabona kw’igenekerezo rya 04 ndamukiza 2020 usaba inama nshingamateka kwerekana aho uhagaze mukuvuga Ego canke …

Soma ibikurikira
COVID19

Burundi : #CORONAVIRUS: Igitoro coba kigiye kuva kuri 2400FBu kikaja munsi ya 1200FBu kw’iritiro?

06/04/202010/07/2020 - by Jérôme

Kuva ikiza COVID19 cadutse mu gihigu c’ushinwa muri kigarama 2019 hanyuma kigakwira isi yose, ibiciro vy’akagunguru k’ibitoro kagiye karakorora ibeyi …

Soma ibikurikira
Agateka ka zina muntu / Amagara y'abantu

Burundi : Abarundi bababa 30 bafise ubwenegihugu bubiri barankiwe kwurira indege

05/04/202005/04/2020 - by Jérôme

Mugihe ibihugu bitunze biriko bitahukana abanyagihugu bavyo bari kw’isi yose kubera ikiza ca CORONAVIRUS, abarundi bafise ubwenegihugu bw’iburaya, amerika, canada …

Soma ibikurikira
Agateka ka zina muntu / Umubano

Burundi: Umupolisikazi yaturiye umwana w’imyaka ibiri.

05/04/202005/04/2020 - by Jérôme

Ku munsi wa gatanu igenekerezo rya 03/4/2020, umupolisikazi akorera muri komisariya ya komine #Buganda mu ntara ya #Cibitoke yaraturiye umwana …

Soma ibikurikira
Intwaro ibereye

Abakozi bababa 600 b’ikigo OBUHA bafise ubwoba ko bagiye kwirukanwa hakoreshejwe urwenge.

04/04/202004/04/2020 - by Jérôme

OBUHA ni ikigo ca reta kijejwe ivy’inyubako, uburaro no gutunganya ibisagara cashizwe mw’ibwirizwa ry’umukuru w’igihugu N° 100/079 ryo kwigenekerezo rya …

Soma ibikurikira
COVID19

Burundi : Igihugu c’ubushinwa catanze imfashanyo y’ibikoresho vyo kugwanya ikiza ca COVID19

03/04/202010/07/2020 - by Jérôme

Kuri uno wa 03 ndamukiza 2020, ubushikiranganji bwo kubungabunga amagara y’abantu no kugwanya ikiza SIDA bwiriwe mubikorwa vyo kugwanya ikiza …

Soma ibikurikira
Intwaro ibereye / Politike / Ubudandaji

Reta yanse ko amakamyo 23 azanye imfungurwa yinjira mu Burundi

01/04/202001/04/2020 - by Jérôme

Mugihe abashikiranganji b’imigenderanire n’abamagara y’abantu bagize akarere ka Afrika y’ubuseruko baheruka kugira inama yo kugwaniriza hamwe ikiza ca CORONAVIRUS(COVID19) kw’igenekerezo …

Soma ibikurikira
COVID19

Burundi : Abantu babiri basanganywe umugera wa CORONAVIRUS(COVID19)

31/03/202010/07/2020 - by Jérôme

Ubushikiranganji bwo kubungabunga amagara y’abantu no kugwanya ikiza ruhonyanganda SIDA, bwamenyesheje kuri uno wa kabiri igenekerezo rya 31/3/2020 ko hari …

Soma ibikurikira
Amagara y'abantu

Burundi: Ibitaro vyigenga Kira Hospital birasaba ibikoresho vyo gupima CORONAVIRUS

27/03/202027/03/2020 - by Jérôme

Imyuma y’imisi mekaya ibitaro vyigenga Kira Hospital bimaze bimenyesheje abavyitura ko atarivyo bijejwe kwakira abakekwako ikiza ca CORONAVIRUS, vyandikiye ikete …

Soma ibikurikira

Pagination des publications

Précédent 1 … 35 36 37 … 57 Suivant

Amakuru aheruka

#Burundi Abasoda bari muri RDC kurwana na M23 batanguye kwiyahura

24/02/2025

Hagati ya Rared Tabara na Leta y’uburundi ninde avuga ukuri?

05/12/202405/12/2024

Les Travailleurs de l’Hôpital de Muyinga Exigent Justice après la Réduction Injustifiée de leurs Salaires

28/11/2024

Burundi: Abariko bitegurira gukora rusansuma y’abanyagihugu baridoga

29/08/202428/08/2024

Burundi: Abigisha bagiye kuba abakozi b’amakomine

28/08/202428/08/2024

Amavidewo

Tweets by ItaraBurundi

Amajwi twabitse

Tuganire

Ivyo twandikako

  • Intango
  • COVID19
  • Agateka ka zina muntu
  • Politike
  • Umubano
  • Ayandi makuru
    • Ubudandaji
    • Ibidukikije
    • Umutekano
    • Amagara y’abantu
    • Ivy’Imana
    • Impunzi
    • Indero
    • Uburimyi n’ubworozi
    • Ubutungane
  • Français
  • Icongereza

Dukurikire kuri Facebook

Amakuru yasomwe cane

  • Burundi : Coup d’état igira ibe, Évariste Ndayishimiye yoba atagiserukiye CNDDFDD mumatora. (12 566)
  • Burundi : CROWD1, ubusuma bwo ku rwego rwo hejuru buzwi n’ubutegetsi. (8 606)
  • BurundiBurundi : Imboneza kibirengeye mugukunda igihugu Petero Nkurunziza yishwe n’iki ? (8 419)
Copyright © 2026 Itara Burundi.