Skip to content
Top Menu
11/03/2026
  • Twandikire
  • Facebook
  • Twitter
  • Youtube
  • Instagram
Itara Burundi

Itara Burundi

Amakuru yo mu Burundi

  • Intango
  • COVID19
  • Agateka ka zina muntu
  • Politike
  • Umubano
  • Ayandi makuru
    • Ubudandaji
    • Ibidukikije
    • Umutekano
    • Amagara y’abantu
    • Ivy’Imana
    • Impunzi
    • Indero
    • Uburimyi n’ubworozi
    • Ubutungane
  • Français
  • Icongereza
Main Menu

Auteur/autrice : Jérôme

Amagara y'abantu / Politike

Burundi: Biravugwako mu gupima ikiza ca #CORONAVIRUS hakoreshejwe uburyo bwa #PCR, hafatwa ibipimo bitari munsi ya bibiri, bifatiwe mu misi itandukanye.

25/03/202025/03/2020 - by Jérôme

Ubushikiranganji bwo kubungabunga amagara y’abantu no kugwanya ikiza ruhonyanganda #SIDA mukwemezako ibipimo vyafatiwe abarundi babiri bagwariye mu bitaro Prince Regent …

Soma ibikurikira
COVID19

Burundi : Hari abantu biketsweko ibimenyetso vya COVID-19 kuri Hôpital Prince Régent Charles.

24/03/202010/07/2020 - by Jérôme

Nk’uko amakuru adushikira abivuga, hari abantu babiri ku butaro Prince Regent Charles ariko ibipimo bafashwe ejo igenekerezo rya 23/3/2020 bikaba …

Soma ibikurikira
COVID19

Burundi : Ingingo zikomeye zo gukinga CORONAVIRUS

23/03/202010/07/2020 - by Jérôme

Mu gihe atamuntu n’umwe aratangazwa kumugaragaro ko yafashwe n’ikiza ca CORONAVIRUS mu Burundi,bivugwa ko hashobora gusohoka ingingo zikomeye zo gukinga …

Soma ibikurikira
COVID19

Burundi: Amashirahamwe adaharanira ivyicaro vya politike asaba abarundi gufatana munda bakagwaniriza hamwe CORONAVIRUS(COVID-19)

20/03/202010/07/2020 - by Jérôme

Mw’itangazo yasohoye ku musi w’ejo igenekerezo rya 19 ntwarante 2020, amashirahamwe adaharanira ivyicaro vya politike yaravuze aho ahagaze agirako atanga …

Soma ibikurikira
Amagara y'abantu

#Burundi: Abanyeshure bahora biga mu igihugu c’ urwanda bashikijwe ukwabonyene.

15/03/202015/03/2020 - by Jérôme

Mugihe ku musi wejo igenekerezo rya 14 ntwarante 2020 havuzwe umuntu umwe wumunyamahanga agwaye ikiza ca CORONAVIRUS mugihugu c’urwanda uno …

Soma ibikurikira
COVID19

Burundi : « Yoba yaragwaye CORONAVIRUS bikagirwa ibanga »

13/03/202010/07/2020 - by Jérôme

Ku munsi wa hirya yejo igenekerezo rya 11 ntwarante 2020, umuntu akekwa kuba afise umugera wa CORONAVIRUS yataziriwe COVID19, yaribonekeje …

Soma ibikurikira
Politike / Ubutungane

Burundi : « Urubanza rw’abagirizwa igandagurwa rya Perezida Ndadaye Melchior, uburyo co gukwega abanywanyi mumatora ».

12/03/202012/03/2020 - by Jérôme

Kw’igenekerezo rya 6/03/2020 sentare ntahinyuzwa yaraciye urubanza kungingo abagirizwa urupfu rwa Melchior Ndadaye bari bungururije, urubanza rukazoburanishwa mu ntahe y’icese …

Soma ibikurikira
COVID19

#Burundi: COVID-19 mu karere k’ibiyaga binini.

11/03/202010/07/2020 - by Jérôme

Ikiza ca COVID-19 giterwa n’umugera witwa CORONAVIRUS cashitse muri reta iharanira demokrasi ya kongo, kimwe mubihugu bigize akarere k’ibiyaga binini …

Soma ibikurikira
Politike

Burundi : Bane muri cumi bankiwe kuzokwitoza mu kibanza c’umukuru w’igihugu.

10/03/202010/03/2020 - by Jérôme

Kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 10 ntwarante 2020, umurwi wigenga ujejwe gutunganya amatora CENI washize ahabona ivyavuye mw’isuzumwa ry’amadosiye …

Soma ibikurikira
Agateka ka zina muntu / Umutekano

#Burundi: Mugamba, abapolisi n’abasoda bishe umuntu, abandi nenshi babatwara ahatazwi.

10/03/202010/03/2020 - by Jérôme

Umuntu azwi kw’izina rya Niyongabo, wo kumutumba Gakaranka, zone kivumu komine Mugamba mu ntara ya Bururi yagandaguwe aca arahambwa n’abapolisi,abasoda …

Soma ibikurikira

Pagination des publications

Précédent 1 … 36 37 38 … 57 Suivant

Amakuru aheruka

#Burundi Abasoda bari muri RDC kurwana na M23 batanguye kwiyahura

24/02/2025

Hagati ya Rared Tabara na Leta y’uburundi ninde avuga ukuri?

05/12/202405/12/2024

Les Travailleurs de l’Hôpital de Muyinga Exigent Justice après la Réduction Injustifiée de leurs Salaires

28/11/2024

Burundi: Abariko bitegurira gukora rusansuma y’abanyagihugu baridoga

29/08/202428/08/2024

Burundi: Abigisha bagiye kuba abakozi b’amakomine

28/08/202428/08/2024

Amavidewo

Tweets by ItaraBurundi

Amajwi twabitse

Tuganire

Ivyo twandikako

  • Intango
  • COVID19
  • Agateka ka zina muntu
  • Politike
  • Umubano
  • Ayandi makuru
    • Ubudandaji
    • Ibidukikije
    • Umutekano
    • Amagara y’abantu
    • Ivy’Imana
    • Impunzi
    • Indero
    • Uburimyi n’ubworozi
    • Ubutungane
  • Français
  • Icongereza

Dukurikire kuri Facebook

Amakuru yasomwe cane

  • Burundi : Coup d’état igira ibe, Évariste Ndayishimiye yoba atagiserukiye CNDDFDD mumatora. (12 566)
  • Burundi : CROWD1, ubusuma bwo ku rwego rwo hejuru buzwi n’ubutegetsi. (8 606)
  • BurundiBurundi : Imboneza kibirengeye mugukunda igihugu Petero Nkurunziza yishwe n’iki ? (8 419)
Copyright © 2026 Itara Burundi.