Skip to content
Top Menu
10/03/2026
  • Twandikire
  • Facebook
  • Twitter
  • Youtube
  • Instagram
Itara Burundi

Itara Burundi

Amakuru yo mu Burundi

  • Intango
  • COVID19
  • Agateka ka zina muntu
  • Politike
  • Umubano
  • Ayandi makuru
    • Ubudandaji
    • Ibidukikije
    • Umutekano
    • Amagara y’abantu
    • Ivy’Imana
    • Impunzi
    • Indero
    • Uburimyi n’ubworozi
    • Ubutungane
  • Français
  • Icongereza
Main Menu

Auteur/autrice : Jérôme

Agateka ka zina muntu

Ni nde yishe umuvunjayi Onesime Ntiranyibagira ?

10/12/201910/12/2019 - by Jérôme

Ku musi wa gatandatu uheze, 07 kigarama 2019, umuvunjayi Onesime Ntiranyibagira yasezeye bagenziwe abamenyesha ko yitavye umukiriya amuhamagaye mu Carama. …

Soma ibikurikira
Uncategorized

Burundi: Abashingamateka b’ubumwe bw’iburaya basaba irekurwa ry’abamenyeshamakuru bane b’ikinyamakuru iwacu vuba bwango kandi atagisabwe

10/12/201910/12/2019 - by Jérôme

Ejo kw’igenekerezo rya 09 munyonyo 2019, abashingamateka b’ubumwe bw’iburaya barandikiye ikete umushikiranganji w’ubutungane wa reta y’uburundi bamusaba kurekura Térence Mpozenzi, …

Soma ibikurikira
Politike

#Burundi: Indwi yo kwandika abatari bariyandikishije ngo bazokwitabe amatora ya 2020.

09/12/201909/12/2019 - by Jérôme

Umugwi wigenga ujejwe gutunganya amatora (CENI) watanguye kwandika abatari bariyandikishije ngo bazokwitabe amatora ya 2020 kuri uno wambere igenekerezo rya …

Soma ibikurikira
Politike

#Burundi: Bigiye vyaja ahabona ko Koperative Sangwe ar’iy’umugambwe CNDDFDD

07/12/201913/12/2021 - by Jérôme

Mwitangazo ryahamagarira abagumyabanga ba CNNDDD bashika 600 bo mu gisagara ca Bujumbura kwitaba ibikorwa bibera i Gitega kur’uyu wagatandatu igenekerezo …

Soma ibikurikira
Umutekano

Burundi : Lt-Col Alfred Mayuyu ari mubazoja i Kigali gutohoza ku gitero cabereye i Marura mu ntara ya Cibitoke.

04/12/201913/12/2021 - by Jérôme

Inyuma y’itangazo ryasohowe na reta y’uburundi kw’igenekerezo rya 26 Munyonyo 2019, ibicishije kumushikiranganji w’imigenderanire y’uburundi n’ayandi makungu ryiyamiriza igitero cabereye …

Soma ibikurikira
Politike

Burundi : Indwi yo kwiba amatora ya 2020: « Gukenyura ».

02/12/201902/12/2019 - by Jérôme

Munama yama iba kw’igenekerezo rya mbere ry’ukwezi mu mugambwe uri ku butegetsi CNDDFDD, iyabaye kuruyu wa 01 kigarama 2019 ku …

Soma ibikurikira
Ubururimyi n'ubworozi / Ubutunzi

#Burundi: Abarimyi basabwa kuriha amafaranga yo kugura ifumbire bazokoresha muri 2020

30/11/201930/11/2019 - by Jérôme

Mw’itangazo ryasohowe n’ubushikiranganji bw’uburimyi, ubworozi n’ibidukikije kw’igenekerezo rya 21/11/2019, rimenyesha abakeneye kuzokoresha umwavu w’ikizugu kuriha amafaranga ya avance kuva kw’igenekerezo …

Soma ibikurikira
Agateka ka zina muntu / Umutekano

#Burundi: Umubabaro n’agahinda mumiryango y’abasirikare baguye mugitero cabereye i Mabayi

26/11/201926/11/2019 - by Jérôme

Kuva kuwa gatanu igenekerezo rya 23 gushika kuwagatanu igenekerezo rya 30 Munyonyo 2019 mw’itongo ry’abapfuye ryo ku Mpanda muntara ya …

Soma ibikurikira
Umutekano

Burundi : « Umugambwe CNDDFDD uriko urategura ihonyabwoko ry’abatutsi hamwe n’abahutu batavugarumwe »

26/11/201926/11/2019 - by Jérôme

Mu rwandiko rw’impapuro zibiri, rwakwiragijwe ku mbuga ngurukana bumenyi kuruyu wa 26 /11/2019 n’ishirahamwe riharanira agateka ka zina muntu Ligue Iteka, …

Soma ibikurikira
Umutekano

Burundi : Igipolisi c’igihugu(PNB) n’amashiramahwe yigenga yo gucungera umutekano boba basigaye bahiganirwa amasoko kumwe?

24/11/201924/11/2019 - by Jérôme

Mugihe abatozwakori batanga amakori n’amatagisi kugira reta ibakorere ivyo bipfuza harimwo no kubacungerera umutekano, abarongoye igipolisi c’uburundi bamwe bamwe mu …

Soma ibikurikira

Pagination des publications

Précédent 1 … 43 44 45 … 57 Suivant

Amakuru aheruka

#Burundi Abasoda bari muri RDC kurwana na M23 batanguye kwiyahura

24/02/2025

Hagati ya Rared Tabara na Leta y’uburundi ninde avuga ukuri?

05/12/202405/12/2024

Les Travailleurs de l’Hôpital de Muyinga Exigent Justice après la Réduction Injustifiée de leurs Salaires

28/11/2024

Burundi: Abariko bitegurira gukora rusansuma y’abanyagihugu baridoga

29/08/202428/08/2024

Burundi: Abigisha bagiye kuba abakozi b’amakomine

28/08/202428/08/2024

Amavidewo

Tweets by ItaraBurundi

Amajwi twabitse

Tuganire

Ivyo twandikako

  • Intango
  • COVID19
  • Agateka ka zina muntu
  • Politike
  • Umubano
  • Ayandi makuru
    • Ubudandaji
    • Ibidukikije
    • Umutekano
    • Amagara y’abantu
    • Ivy’Imana
    • Impunzi
    • Indero
    • Uburimyi n’ubworozi
    • Ubutungane
  • Français
  • Icongereza

Dukurikire kuri Facebook

Amakuru yasomwe cane

  • Burundi : Coup d’état igira ibe, Évariste Ndayishimiye yoba atagiserukiye CNDDFDD mumatora. (12 565)
  • Burundi : CROWD1, ubusuma bwo ku rwego rwo hejuru buzwi n’ubutegetsi. (8 605)
  • BurundiBurundi : Imboneza kibirengeye mugukunda igihugu Petero Nkurunziza yishwe n’iki ? (8 417)
Copyright © 2026 Itara Burundi.