Skip to content
Top Menu
10/03/2026
  • Twandikire
  • Facebook
  • Twitter
  • Youtube
  • Instagram
Itara Burundi

Itara Burundi

Amakuru yo mu Burundi

  • Intango
  • COVID19
  • Agateka ka zina muntu
  • Politike
  • Umubano
  • Ayandi makuru
    • Ubudandaji
    • Ibidukikije
    • Umutekano
    • Amagara y’abantu
    • Ivy’Imana
    • Impunzi
    • Indero
    • Uburimyi n’ubworozi
    • Ubutungane
  • Français
  • Icongereza
Main Menu

Auteur/autrice : Jérôme

Politike

#Burundi : Imbonerakure ziriko zirapfungwa kubwinshi.

10/10/201910/10/2019 - by Jérôme

Inyuma yaho urwaruka rw’umugambwe uri kubutegetsi bita imbonerakure zine zo muntara ya Muyinga ziciriwe urubanza rwo guherayo na sentare kw’igenekerezo …

Soma ibikurikira
Politike

Amajambo y’umunywanyi wa Rwasa Agathon yavugiye i Muyinga i Butihinda

01/10/201901/10/2019 - by Jérôme
Soma ibikurikira
Ubudandaji / Ubutunzi

Burundi : Abagabo batatu batwara Ello Community Company boba barara barabundabunda.

30/09/201930/09/2019 - by Jérôme

Inyuma yaho bimenyekaniye ko ishirahamwe Ello Community Company ryabesha abantu ko ridandaza amafaranga yo kuri Internet (BitCoin), Habincuti Jean Réné, …

Soma ibikurikira
Ivy'Imana / Politike

Burundi : Himirije gushingwa ibicaniro vyo gusenga « imana atawuzi iyariyo.»

28/09/201928/09/2019 - by Jérôme

Amadini canke amashengero arabandanya atotezwa, inyuma yo gushiraho ku nguvu abarongoye amashengero atari make bayoboka umugambwe CNDDFDD, ekleziya katorika iherutse …

Soma ibikurikira
Ubudandaji / Ubutunzi

Burundi : Abavunjayi batari munsi ya 12 baramaze gufatwa n’abapolisi mu misi ibiri, amafaranga yabo atazwi igitigiri barayatwara.

26/09/201926/09/2019 - by Jérôme

Inyuma y’ingingo zo gusubiramwo ikoreshwa ry’amafaranga y’agaciro mu burundi zasohowe n’ibanki nkuru ya republika y’uburundi, BRB kw’igenekerezo rya 17 nyakanga …

Soma ibikurikira
Ubudandaji / Ubutunzi

Burundi : Naho ibanki nkuru y’igihugu BRB yiyamirije amafaranga bita BitCoin n’ayandi yo kuri internet abantu babandanya gushiramwo imitahe yabo.

23/09/201923/09/2019 - by Jérôme

Mugihe ibanki nkuru ya republika y’u #Burundi , BRB iheruka kugabisha abantu bakoresha amafaranga yo kuri internet(monnaie virtuelle). Imenyeshako itayemera kandi ata …

Soma ibikurikira
Ubudandaji / Ubutunzi / Uncategorized

Ingingo y’ibanki ya Republika y’u Burundi yo gusubiramwo ikoreshwa ry’amafaranga y’agaciro yoba igiye gukwega intambara y’ubutunzi n’imibano ?

19/09/201923/09/2019 - by Jérôme

Inyuma y’ingingo ibanki nkuru ya Republika y’uburundi, BRB yafashe kw’igenekerezo rya 17 nyakanga 2019 yo kusubiramwo ikoreshwa ry’amafaranga y’agaciro ivugwako …

Soma ibikurikira
Impunzi / Ubudandaji

Burundi: Umutahe w’amafaranga 24000FBu uratunze impunzi iba muri Kenya

15/09/201915/09/2019 - by Jérôme

Innocent Havyarimana yatanguje umugambi wo gukora amasabune afise amafaranga igihumbi y’ama kenya ni ukuvuga 24000 y’amafaranga y’amarundi none akoresha abakozi …

Soma ibikurikira
Politike

Hari urunani rwa politike rushasha rwavutse mu Burundi

11/09/201915/09/2019 - by Jérôme

Inyuma yo kuva murunani CNARED, abanyepolikike bamwe bamwe bagize urunani rushasha  rwitwa CFOR ARUSAHA ruje guhabuza amasezerano ya Arusha kw’igenekerezo …

Soma ibikurikira
Ubutunzi

#Burundi: Hari ikena no kudasohoka kw’ibinyobwa vya #BRARUDI murino misi.

10/09/201910/09/2019 - by Jérôme

Amakuru dukura mubihereza ibinyobwa vya BRARUDI hamwe no mubabidandaza atumenyeshako hari ikena kuruhande rumwe no kudasohoka kurundi ruhande ryavyo mur’ino misi.Ikinyobwa …

Soma ibikurikira

Pagination des publications

Précédent 1 … 46 47 48 … 57 Suivant

Amakuru aheruka

#Burundi Abasoda bari muri RDC kurwana na M23 batanguye kwiyahura

24/02/2025

Hagati ya Rared Tabara na Leta y’uburundi ninde avuga ukuri?

05/12/202405/12/2024

Les Travailleurs de l’Hôpital de Muyinga Exigent Justice après la Réduction Injustifiée de leurs Salaires

28/11/2024

Burundi: Abariko bitegurira gukora rusansuma y’abanyagihugu baridoga

29/08/202428/08/2024

Burundi: Abigisha bagiye kuba abakozi b’amakomine

28/08/202428/08/2024

Amavidewo

Tweets by ItaraBurundi

Amajwi twabitse

Tuganire

Ivyo twandikako

  • Intango
  • COVID19
  • Agateka ka zina muntu
  • Politike
  • Umubano
  • Ayandi makuru
    • Ubudandaji
    • Ibidukikije
    • Umutekano
    • Amagara y’abantu
    • Ivy’Imana
    • Impunzi
    • Indero
    • Uburimyi n’ubworozi
    • Ubutungane
  • Français
  • Icongereza

Dukurikire kuri Facebook

Amakuru yasomwe cane

  • Burundi : Coup d’état igira ibe, Évariste Ndayishimiye yoba atagiserukiye CNDDFDD mumatora. (12 564)
  • Burundi : CROWD1, ubusuma bwo ku rwego rwo hejuru buzwi n’ubutegetsi. (8 604)
  • BurundiBurundi : Imboneza kibirengeye mugukunda igihugu Petero Nkurunziza yishwe n’iki ? (8 416)
Copyright © 2026 Itara Burundi.