Skip to content
Top Menu
10/03/2026
  • Twandikire
  • Facebook
  • Twitter
  • Youtube
  • Instagram
Itara Burundi

Itara Burundi

Amakuru yo mu Burundi

  • Intango
  • COVID19
  • Agateka ka zina muntu
  • Politike
  • Umubano
  • Ayandi makuru
    • Ubudandaji
    • Ibidukikije
    • Umutekano
    • Amagara y’abantu
    • Ivy’Imana
    • Impunzi
    • Indero
    • Uburimyi n’ubworozi
    • Ubutungane
  • Français
  • Icongereza
Main Menu

Auteur/autrice : Jérôme

Uncategorized

Burundi : Imisi mikuru, imyiyerekano n’ibikorane, akaryo ko kwiyamamaza ku mugambwe CNDDFDD

10/09/201910/09/2019 - by Jérôme

Muri raporo y’ukwezi kw’umunani yasohowe n’ishirahamwe ry’abanyagihugu b’intungane, RCP kuri uyu wa kabiri igenekezezo rya 10/9/2019, ivugako muri ukwo kwezi …

Soma ibikurikira
Uncategorized

Ibanki y’isi yose yahagaritse imfashanyo yari yageneye u Burundi.

09/09/201909/09/2019 - by Jérôme

Mw’ikete ryanditswe kw’igenekerezo rya 5/9/2019 n’igisata c’ibanki y’isi yose kijejwe uburundi rimenyesha reta y’uburundi ko imigambi itandatu yari igenewe uburundi …

Soma ibikurikira
Uncategorized

Burundi : Amashirahamwe adaharanira ivyicaro vya politike aratabaza HCR ngo guhagarika itahukanwa ry’abarundi bahungiye muri Tanzaniya.

05/09/201905/09/2019 - by Jérôme

Mwikete ryandikiwe uwutwara ishirahamwe mpuzamakungu ryitaho impunzi kw’isi HCR kuri yu wa gatatu igenekerezo rya 04/9/2019, amashirahamwe adaharanira ivyicaro vya …

Soma ibikurikira
Uncategorized

Burundi : Ibiciro vy’amakaye birengeye ubushobozi bw’abavyeyi

04/09/201904/09/2019 - by Jérôme

Mugihe umwaka w’ishure wa 2019-2020 uzotangura kw’igenekerezo rya 09/09/2019 mu mashure matomato n’ayisubuye, amakaye, bimwe mubikoresho nyamukuru vy’abanyeshure yaradugije ibiciro …

Soma ibikurikira
Agateka ka zina muntu / Impunzi / Politike

Burundi: Hari ukutumvikana hagati y’abajejwe intwaro n’abajejwe umutekeno inyuma y’ihohoterwa ry’impunzi z’i Mutaho.

27/08/201927/08/2019 - by Jérôme

Mu nama y’umutekano yabaye kuri uyu wambere igenekerezo rya 26/8/2019 muri komine Mutaho intara ya Gitega, harabaye kutumvikana hagati ya …

Soma ibikurikira
Ubutunzi / Umutekano

Burundi: Hari isano hagati yo kudahembwa kw’abasirikare bahora muri somaliya n’ikena ry’amafaranga y’agaciro?

26/08/201927/08/2019 - by Jérôme

Gushika k’uruno wa mbere igenekerezo rya 26/8/2019, abasirikare bahora muri #Somaliya mu bikorwa vyo kugarukana amahoro ntibarahembwa imishahara yabo yo …

Soma ibikurikira
Impunzi / Politike

Burundi: « Genda mwiyamirize umukuru w’igihugu yemera ko bamuhindurira idarapo iyo agiye mu mahanga nka Irani »

25/08/201927/08/2019 - by Jérôme

Uwobwira abari mu myiyerekano y’ingoma ejo haheze, ati genda mwiyamirize umukuru w’igihugu yemera ko bamuhindurira idarapo iyo agiye mu mahanga …

Soma ibikurikira
Agateka ka zina muntu / Impunzi / Umutekano

Burundi : Hoba hari umugambi wo kugirira nabi imiryango y’abatutsi bakiri mumakambi y’impunzi hagati mu gihugu kuva mu ntambara za 1993.

25/08/201925/08/2019 - by Jérôme

Nk’uko amakuru dukura mu makambi y’impunzi z’abatutsi n’abahutu bakeya batari bashigikiye ihonyabwoko, bacitse kw’icumu mu ntambara za 1993 ziri mu …

Soma ibikurikira
Agateka ka zina muntu / Indero / Ivy'Imana / Ubutungane / Ubutunzi / Umutekano

Burundi: Intwaro ya Petero Nkurunziza yanyomoje mu gukora ibibi

22/08/201928/08/2019 - by Jérôme

Muri raporo yasohowe kw’igenekerezo rya 17/8/2019 n’ishirahamwe FORSC y’ukwezi kw’indwi 2019, Ernest Nkurunziza, umunyamabanga nshingwabikorwa waryo yaradushikirije bikuru bikuru birimwo. …

Soma ibikurikira
Politike / Umubano

Burundi: Imbonerakure zoba ziteguriye kwiba amatora ya 2020 no kumara abo batavugakumwe

18/08/201918/08/2019 - by Jérôme

Kur’uyu wa gatandatu igenekezo rya 17 myandagaro 2019 urwaruka rw’umugambwe CNDDFDD uri ku butegetsi rwaraye rusozereye indwi yahariwe Imbonerekure aho …

Soma ibikurikira

Pagination des publications

Précédent 1 … 47 48 49 … 57 Suivant

Amakuru aheruka

#Burundi Abasoda bari muri RDC kurwana na M23 batanguye kwiyahura

24/02/2025

Hagati ya Rared Tabara na Leta y’uburundi ninde avuga ukuri?

05/12/202405/12/2024

Les Travailleurs de l’Hôpital de Muyinga Exigent Justice après la Réduction Injustifiée de leurs Salaires

28/11/2024

Burundi: Abariko bitegurira gukora rusansuma y’abanyagihugu baridoga

29/08/202428/08/2024

Burundi: Abigisha bagiye kuba abakozi b’amakomine

28/08/202428/08/2024

Amavidewo

Tweets by ItaraBurundi

Amajwi twabitse

Tuganire

Ivyo twandikako

  • Intango
  • COVID19
  • Agateka ka zina muntu
  • Politike
  • Umubano
  • Ayandi makuru
    • Ubudandaji
    • Ibidukikije
    • Umutekano
    • Amagara y’abantu
    • Ivy’Imana
    • Impunzi
    • Indero
    • Uburimyi n’ubworozi
    • Ubutungane
  • Français
  • Icongereza

Dukurikire kuri Facebook

Amakuru yasomwe cane

  • Burundi : Coup d’état igira ibe, Évariste Ndayishimiye yoba atagiserukiye CNDDFDD mumatora. (12 564)
  • Burundi : CROWD1, ubusuma bwo ku rwego rwo hejuru buzwi n’ubutegetsi. (8 603)
  • BurundiBurundi : Imboneza kibirengeye mugukunda igihugu Petero Nkurunziza yishwe n’iki ? (8 416)
Copyright © 2026 Itara Burundi.