Skip to content
Top Menu
10/03/2026
  • Twandikire
  • Facebook
  • Twitter
  • Youtube
  • Instagram
Itara Burundi

Itara Burundi

Amakuru yo mu Burundi

  • Intango
  • COVID19
  • Agateka ka zina muntu
  • Politike
  • Umubano
  • Ayandi makuru
    • Ubudandaji
    • Ibidukikije
    • Umutekano
    • Amagara y’abantu
    • Ivy’Imana
    • Impunzi
    • Indero
    • Uburimyi n’ubworozi
    • Ubutungane
  • Français
  • Icongereza
Main Menu

Auteur/autrice : Jérôme

Politike

Imyaka itanu igira ihere ata mushikirangaji n’umwe ava mu ntara ya #Cankuzo agenywe muri reta y’u #Burundi

22/07/201922/07/2019 - by Jérôme

Mugihe Évariste Ndayishimiye, umunyamabanga mukuru w’umugambwe uri kubutegetsi #CNDDFDD aherutse kugendera intara ya #Cankuzo kwugurura ingoro y’uwo mugambwe, yabwiye abanyagihugu baho aribo …

Soma ibikurikira
Agateka ka zina muntu / Politike / Umutekano

Burundi: « Ico mbona giteye ubwoba cane n’uko uriko uraraba ibiba mur’ino minsi, bishoboka n’uko ahubwo haba intureka, ingwano iteye ubwoba mubavukana. »

22/07/201922/07/2019 - by Jérôme

Mu kiganiro Umushingwamanza Janvier Bigirimana, umuhuzabikorwa w’isekeza Tournons la Page Burundi ku rwego rw’igihugu na Anschaire Nikoyagize arongoye ishirahamwe Ligue …

Soma ibikurikira
Agateka ka zina muntu / Ubutungane

Burundi : « Izina rya Jean Bigirimana, ni rimwe mu mazina atazibagirwa azokwama ryibutsa amabi n’amarorerwa yakozwe mu twaro ya Petero Nkurunziza… » Pacifique Nininahazwe

22/07/201922/07/2019 - by Jérôme

Kuri rino genekerezo rya 22 mukakaro 2019, imyaka itatu iraruramye neza umumenyeshamakuru Jean Bigirimana yakorera ikinyamakuru Iwacu afashwe akaburwa irengero. …

Soma ibikurikira
Agateka ka zina muntu / Politike

Burundi: Imbonerakure ziriko zitoza intererano z’amatora ya 2020

20/07/201920/07/2019 - by Jérôme

Kur’uno wa gatandatu igenekerezo rya 20 mukakaro 2019, imbonerakure, urwaruka rw’umugambwe CNDDFDD uri ku butegetsi zazindutse zitoza intererano yo gufasha …

Soma ibikurikira
Ubudandaji / Ubururimyi n'ubworozi

#Burundi: Abarimyi baridoga ko batagurisha umwimbu wabo mu mwidegemvyo

18/07/201920/07/2019 - by Jérôme

Mugihe uku kwezi kwa Mukakaro aba ar’igihe c’ukwimbura kubarimyi bo mu ntara zimera cane cane ibiharage, umuceri, ibiyoba , ibgori, …

Soma ibikurikira
Ubudandaji

Burundi Abakozi bo muri #REGIDESO bari bizeye ko ijambo rya Petero #Nkurunziza rigiye mungiro ariko basubije amero mw’isaho.

18/07/201918/07/2019 - by Jérôme

Inyuma y’amasaha adashika 24 Anatole Nzinahora, umuyobozi ajejwe abakozi mw’ishirahamwe ryo gutanga umuyagankuba #REGIDESO yanditseko abakozi baryo bagiye kuronswa amafaranga …

Soma ibikurikira
Politike

#Burundi: Intererano z’amatora ya 2020, zarakwiye ariko zibandanya zakwa abanyagihugu.

18/07/201920/07/2019 - by Jérôme

Umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza yashikirije ijambo kw’igenekerezo rya 01 mukakaro 2019 avugako intererano z’amatora ya 2020 zakwiye ariko nk’uko amakuru …

Soma ibikurikira
Agateka ka zina muntu

Iradiyo y’abongereza #BBC yaraye ihagaritse ibikorwa vyayo vyose mu #Burundi.

17/07/201917/07/2019 - by Jérôme

Nk’uko vyamenyeshejwe ku rubuga rw’iradiyo y’abongereza #BBC ejo kw’igenekerezo rya 16 mukakaro 2019, iyo radiyo yarahagaritse ibikorwa vyayo vyose yahora …

Soma ibikurikira
Agateka ka zina muntu / Raporo

Burundi :«Intwaro ya Petero Nkurunziza ikora amabi menshi : Kwica, gusahura, guhohotera abanyagihugu muburyo butandukanye.» Raporo ya FORSC. 

15/07/201920/07/2019 - by Jérôme

Muri raporo y’ukwezi kwa gatandatu(Ruheshi) 2019 y’ishirahamwe FORSC yasohotse kw’igenekerezo rya 13 mukakaro 2019 irerekana ibitagenda neza mu ntwaro ya …

Soma ibikurikira
Agateka ka zina muntu / Umutekano

Burundi : « Nti turi impunzi, turi amanyagihugu bo kw’isi yose, …..ntitwahunze twaje kurahura ubwenge .» Maragarita Barankitse.

12/07/201920/07/2019 - by Jérôme

Mu kiganiro, umupfasoni Maragarita Barankitse yashinze Maison Shalom yahaye abamenyeshamakuru kuri uno wa gatanu igenekerezo rya 12 mukakaro 2019 mu …

Soma ibikurikira

Pagination des publications

Précédent 1 … 49 50 51 … 57 Suivant

Amakuru aheruka

#Burundi Abasoda bari muri RDC kurwana na M23 batanguye kwiyahura

24/02/2025

Hagati ya Rared Tabara na Leta y’uburundi ninde avuga ukuri?

05/12/202405/12/2024

Les Travailleurs de l’Hôpital de Muyinga Exigent Justice après la Réduction Injustifiée de leurs Salaires

28/11/2024

Burundi: Abariko bitegurira gukora rusansuma y’abanyagihugu baridoga

29/08/202428/08/2024

Burundi: Abigisha bagiye kuba abakozi b’amakomine

28/08/202428/08/2024

Amavidewo

Tweets by ItaraBurundi

Amajwi twabitse

Tuganire

Ivyo twandikako

  • Intango
  • COVID19
  • Agateka ka zina muntu
  • Politike
  • Umubano
  • Ayandi makuru
    • Ubudandaji
    • Ibidukikije
    • Umutekano
    • Amagara y’abantu
    • Ivy’Imana
    • Impunzi
    • Indero
    • Uburimyi n’ubworozi
    • Ubutungane
  • Français
  • Icongereza

Dukurikire kuri Facebook

Amakuru yasomwe cane

  • Burundi : Coup d’état igira ibe, Évariste Ndayishimiye yoba atagiserukiye CNDDFDD mumatora. (12 564)
  • Burundi : CROWD1, ubusuma bwo ku rwego rwo hejuru buzwi n’ubutegetsi. (8 603)
  • BurundiBurundi : Imboneza kibirengeye mugukunda igihugu Petero Nkurunziza yishwe n’iki ? (8 415)
Copyright © 2026 Itara Burundi.