Skip to content
Top Menu
09/03/2026
  • Twandikire
  • Facebook
  • Twitter
  • Youtube
  • Instagram
Itara Burundi

Itara Burundi

Amakuru yo mu Burundi

  • Intango
  • COVID19
  • Agateka ka zina muntu
  • Politike
  • Umubano
  • Ayandi makuru
    • Ubudandaji
    • Ibidukikije
    • Umutekano
    • Amagara y’abantu
    • Ivy’Imana
    • Impunzi
    • Indero
    • Uburimyi n’ubworozi
    • Ubutungane
  • Français
  • Icongereza
Main Menu

Auteur/autrice : Jérôme

Agateka ka zina muntu

#Burundi: Imisore 46 yaraye ifashwe ivugako igiye muri #Tanzaniyakuronderayo akazi

08/01/201920/07/2019 - by Jérôme

Hirya yejo ku musi w’Imana igenekerezo rya 7 nzero 2019 haraye hafashwe urwaruka 46 ku mutumba #Rusengo muri komine n’intara ya #Muyingaruvuga ko …

Soma ibikurikira
Amagara y'abantu

#Burundi: Umuntu umwe wo migihugu ca Suède yaheruka kugendera uburundi yapimwe indwara ifise ibimenyetso nk’ivya Ebola.

04/01/201920/07/2019 - by Jérôme

Ikinyamakuru mpuzamakungu Reuteur dukesha iyi nkuru canditse  kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 4 nzero 2019, ko hari umugabo akiri …

Soma ibikurikira
Politike

#Burundi: I #Gitega hariko harakoreshwa inama y’abarongoye imigambwe ngo bumvikane kw’itegeko rigenga amatora.

04/01/201920/07/2019 - by Jérôme

Kuri uno wa gatanu igenekerezo rya 4 nzero , mu ntara ya gitega, umushikiranganji w’intwaro yo hagati mu gihigu no …

Soma ibikurikira
Umubano / Umutekano

#Burundi: Abasuma baratoye ubwenge bwo kwiba amaterefone muma biro

03/01/201920/07/2019 - by Jérôme

Mugihe hari amatarike abantu benshi baba bijukiye kuja kuriha amakori, ugasanga barundanye mu ma biro, abasuma nabo baca bikika mu …

Soma ibikurikira
Agateka ka zina muntu / Indero

#Burundi: Abigisha basigaye bacungwa n’imbonerakure ziri mu mashure bigisha.

03/01/201920/07/2019 - by Jérôme

Mumashure yose yo mu gihugu harashinzwe ama komite y’abanyeshure bari mu muhari w’imbonerakure zijejwe kuza ziradoma urutoke ku bigisha bagize …

Soma ibikurikira
Ivy'Imana / Politike

#Burundi: Mbega Imana yoba ibona politike y’umugambwe uri k’ubutegetsi ?

02/01/201920/07/2019 - by Jérôme

Inyuma yaho abasenyeri gatolika yo mu Burundi basohoreye itangazo kw’igenekerezo rya 25 kigarama 2018, umupfasoni w’umukuru w’igihugu agasenga avuga ivyo …

Soma ibikurikira
Ivy'Imana

#Burundi : Réverand Pasteur Dénise Bucumi Nkurunziza, umutambukanyi w’umukuru w’igihugu yeretswe amazina y’abicanyi yongera arayandika kenshi.

31/12/201813/12/2021 - by Jérôme

Amasengesho ya Denise Bucumu Nkurunziza :  « Uyu musi mwiza waduteguriye wo  kugirango imigisha yari yarazibiwe ku gihugu c’uburundi yuguruke. Uhoraho aharira …

Soma ibikurikira
Uncategorized

#Burundi : Ubutegetsi bwa Petero Nkurunziza buriko buranyaga abahunze igihugu.

30/12/201830/12/2018 - by Jérôme

Nk’uko twabisomye k’urubuga rw’ishirahamwe riharanira agateka ka zina muntu FORSC kuri uno w’Imana igenekerezo rya 30 kigarama 2018, abapolisi barateye …

Soma ibikurikira
Umutekano

Burundi : Urwaruka rwinshi rusigaye rumera imvi hataragera.

29/12/201829/12/2018 - by Jérôme

Mugihe mu myaka yahera umuntu yamera imvi afise imyaka irenga mirongo itanu; ashaje, mur’ibi bihe urwaruka rwinshi rumera imvi guhera …

Soma ibikurikira
Uncategorized

#Burundi : Imisi mikuru ihereza umwaka wa 2018 yiteguriwe mu bwoba bw’intambara

27/12/201827/12/2018 - by Jérôme

Mu gihe imisi mikuru ihereza umwaka yamye ihimbazwa mu kanyamuneza kuva uburundi bubaho aho  kuva mu mwaka wa 2003, umugambwe …

Soma ibikurikira

Pagination des publications

Précédent 1 … 52 53 54 … 57 Suivant

Amakuru aheruka

#Burundi Abasoda bari muri RDC kurwana na M23 batanguye kwiyahura

24/02/2025

Hagati ya Rared Tabara na Leta y’uburundi ninde avuga ukuri?

05/12/202405/12/2024

Les Travailleurs de l’Hôpital de Muyinga Exigent Justice après la Réduction Injustifiée de leurs Salaires

28/11/2024

Burundi: Abariko bitegurira gukora rusansuma y’abanyagihugu baridoga

29/08/202428/08/2024

Burundi: Abigisha bagiye kuba abakozi b’amakomine

28/08/202428/08/2024

Amavidewo

Tweets by ItaraBurundi

Amajwi twabitse

Tuganire

Ivyo twandikako

  • Intango
  • COVID19
  • Agateka ka zina muntu
  • Politike
  • Umubano
  • Ayandi makuru
    • Ubudandaji
    • Ibidukikije
    • Umutekano
    • Amagara y’abantu
    • Ivy’Imana
    • Impunzi
    • Indero
    • Uburimyi n’ubworozi
    • Ubutungane
  • Français
  • Icongereza

Dukurikire kuri Facebook

Amakuru yasomwe cane

  • Burundi : Coup d’état igira ibe, Évariste Ndayishimiye yoba atagiserukiye CNDDFDD mumatora. (12 564)
  • Burundi : CROWD1, ubusuma bwo ku rwego rwo hejuru buzwi n’ubutegetsi. (8 600)
  • BurundiBurundi : Imboneza kibirengeye mugukunda igihugu Petero Nkurunziza yishwe n’iki ? (8 415)
Copyright © 2026 Itara Burundi.