Skip to content
Top Menu
03/06/2025
  • Twandikire
  • Facebook
  • Twitter
  • Youtube
  • Instagram
Itara Burundi

Itara Burundi

Amakuru yo mu Burundi

  • Intango
  • COVID19
  • Agateka ka zina muntu
  • Politike
  • Umubano
  • Ayandi makuru
    • Ubudandaji
    • Ibidukikije
    • Umutekano
    • Amagara y’abantu
    • Ivy’Imana
    • Impunzi
    • Indero
    • Uburimyi n’ubworozi
    • Ubutungane
  • Français
  • Icongereza
Main Menu

Auteur/autrice : Jérôme

Uncategorized

#BURUNDI : « MBEGA NK’ABAKRISTU BAJURAGIRIKA KUBERA GUHAHAMIRA AMARONKO CANKE UGUTINYA URUHAMO, NTIBAZOTEBA BAGASHIKANWA KU RUGERO RW’AHO BASANGA BARIKO BARASENGA IBIGIRWAMANA…. ? »

26/12/201826/12/2018 - by Jérôme

Mw’ijambo ryashikirijwe n’inama nkuru y’abepisikopi  gatolika b’i Burundi ku musi mukuru wa Noweli ryasohotse kw’igenekerezo rya 07 kigarama 2018 i …

Soma ibikurikira
Politike

#Burundi : Mu mugambwe wa Rwagasore biracika.

25/12/201820/07/2019 - by Jérôme

Turetse indyane zo ku Mugumya, zamye zibica bigacika kuva aho uburundi bw’injiriye mu ntwaro y’imigambwe myinshi mu mwaka wa 1993, …

Soma ibikurikira
Politike / Umutekano

#Bujumbura : Imbonerakure z’umugambwe #CNDD_FDD zirara zirakizura zifise ibigwanisho

24/12/201820/07/2019 - by Jérôme

Mugihe himirije imisi mikuru irangiza umwaka wa 2018 i Bujumbura hari ubwoba bwo guterwa n’imigwi y’itwaje ibiganisho nk’uko ubutumwa buguma …

Soma ibikurikira
Politike / Umutekano

#Burundi : Igisirikare c’uburundi kiriyamiriza ingingo yo kugabanya abasirikare 1000 baco barungitswe muri Somaliya.

23/12/201820/07/2019 - by Jérôme

Mugihe hari urwandiko rumaze imisi ruhanahanwa ku mbuga ngurukana bumenyi rumenyeshako AMISOM igira igabanye abasirikare b’abarundi barungikwa muri Somariya kubashika …

Soma ibikurikira
Agateka ka zina muntu / Politike

Burundi: Ibihugu vya rutura bibandanya bitera ivyatsi ingingo ya reta y’uburundi yo kwugara ibiro vya ONU bijejwe guharanira agateka ka zina muntu.

21/12/201820/07/2019 - by Jérôme

Mu kwezi guheze igihugu ca Suède casavye reta y’uburundi gukorana neza n’ivyo biro vya ONU bijejwe agateka ka zina muntu …

Soma ibikurikira
Impunzi / Umubano

#Burundi: Impunzi z’abarundi zahungiye mu #Rwanda hari izagiriwe amahirwe ziriga amashure n’imyuga harimwo n’izize ubuhinga bwo kujisha impuzu.

20/12/201820/07/2019 - by Jérôme

Mugihe ubuzima bwo mu buhungiro buba bugoye, ishirahamwe Maison Shalom rirongowe n’umupfasoni Marguerite Barankitse ryarafashije kandi rigifasha impunzi kwiga. Hari abigishwa …

Soma ibikurikira
Uncategorized

Burundi: Ishirahamwe FORSC ryasohoye rapport y’ukwezi kwa cumi na rimwe 2018 yerekeye agateka ka zina muntu

17/12/201817/12/2018 - by Jérôme

Forsc ni ishirahamwe riharanira agateka ka zina muntu mu Burundi, ryama risohora ama rapporo atandukanye. Muri rapport ryasohoye uno musi …

Soma ibikurikira
Agateka ka zina muntu / Ubutungane

Ishirahamwe ry’abashingwamanza batagira imbibe «  Avocats Sans Frontières » ryahagaritse gukorera mu #Burundi.

17/12/201820/07/2019 - by Jérôme

Mw’itangazo iryo shirahamwe ryashize ahabona kur’uyu wa mbere igenekerezo rya 16 kigarama 2018 rimenyeshako ritakibandanije rikorera mu gihugu c’uburundi kubera …

Soma ibikurikira
Uncategorized

Burundi : Inyigisho z’indimi mu mashure nshingiro zigiye gusubirwamwo nayo abigisha bakorera kure baronswe uturusho.

17/12/201817/12/2018 - by Jérôme

Kuva mu mwaka wa 2012 harabaye uguhindura inyigisho mu mashure y’intango aho  yavuye mu mwaka wa gatandatu akageza mu mwaka …

Soma ibikurikira
Uncategorized

Burundi: Ishirahamwe FOCODE ryasohoye itangazo ryerekeye ihimbazwa ry’imyaka 70 hasohotse amategeko mpuzamakungu yerekeye agateka ka zina muntu(igenekerezo rya 10 kigarama 1948-10 kigarama 2018

10/12/201811/12/2018 - by Jérôme

Ishirahamwe riharanira agateka ka zina muntu FOCODE ryasohoye itangazo ryisunze uko agateka ka zina muntu kifashe uno musi mu Burundi …

Soma ibikurikira

Pagination des publications

Précédent 1 … 53 54 55 … 57 Suivant

Amakuru aheruka

#Burundi Abasoda bari muri RDC kurwana na M23 batanguye kwiyahura

24/02/2025

Hagati ya Rared Tabara na Leta y’uburundi ninde avuga ukuri?

05/12/202405/12/2024

Les Travailleurs de l’Hôpital de Muyinga Exigent Justice après la Réduction Injustifiée de leurs Salaires

28/11/2024

Burundi: Abariko bitegurira gukora rusansuma y’abanyagihugu baridoga

29/08/202428/08/2024

Burundi: Abigisha bagiye kuba abakozi b’amakomine

28/08/202428/08/2024

Amavidewo

Tweets by ItaraBurundi

Amajwi twabitse

Tuganire

Ivyo twandikako

  • Intango
  • COVID19
  • Agateka ka zina muntu
  • Politike
  • Umubano
  • Ayandi makuru
    • Ubudandaji
    • Ibidukikije
    • Umutekano
    • Amagara y’abantu
    • Ivy’Imana
    • Impunzi
    • Indero
    • Uburimyi n’ubworozi
    • Ubutungane
  • Français
  • Icongereza

Dukurikire kuri Facebook

Amakuru yasomwe cane

  • Burundi : Coup d’état igira ibe, Évariste Ndayishimiye yoba atagiserukiye CNDDFDD mumatora. (12 001)
  • Burundi : CROWD1, ubusuma bwo ku rwego rwo hejuru buzwi n’ubutegetsi. (8 094)
  • BurundiBurundi : Imboneza kibirengeye mugukunda igihugu Petero Nkurunziza yishwe n’iki ? (7 442)
Copyright © 2025 Itara Burundi.