« Agateka ka zina muntu kabandanya gahungabana mu Burundi » Doudou Diène
Ikibazo c’agateka ka zina muntu mu Burundi caravuzwe munama igira 44 y’umugwi wa ONU ujejwe agateka ka zina muntu(HRC44) k’uyu …
Soma ibikurikiraAmakuru yo mu Burundi
Ikibazo c’agateka ka zina muntu mu Burundi caravuzwe munama igira 44 y’umugwi wa ONU ujejwe agateka ka zina muntu(HRC44) k’uyu …
Soma ibikurikiraKur’uyu wa kane igenekerezo rya 9 mukakaro 2020, abamenyeshamakuru batatu n’ikinyamakuru iwacu bafatiwe kukibuga c’indege mpuzamakungu c’i Bujumbura baca bapfungirwayo …
Soma ibikurikiraKur’uyu wa gatatandatu igenekerezo rya 04 mukakaro 2020 hazindutse uruhagarara mw’ibohero ry’i Muyinga bivuye kundya zaheze, abanyororo ba bagaca bagira …
Soma ibikurikiraIndwi iraheza atamukuru w’igihugu atwara uburundi inyuma y’urupfu rwa Petero Nkurunziza kw’igenekerezo rya 8 ruheshi 2020. Abantu bamaze imisi bafatwa …
Soma ibikurikiraInyuma yo kwunguruza urubanza baciriwe, abamenyeshamakuru bane b’ikinyamakuru Iwacu sentare nkuru ya Ntahangwa yabafatiye ingingo yo kugumizwa mw’ibohero kur’uyu wa …
Soma ibikurikiraIshirahamwe mpuzamakungu riharanira agateka ka zina muntu Human Rights Watch, HRW ryashize ahabona amakenga mw’itangwa ry’ubushimwe ku bamenyeshamakuru buheruka gutangwa …
Soma ibikurikiraMugihe kuwa gatandatu igenekerezo rya 02 Rusama 2020 hitezwe Aghaton Rwasa, umukuru w’umugambwe CNL mu ntara ya Cankuzo mu myiyamamazo …
Soma ibikurikiraInyuma yaho umugambwe uri ku butegetsi CNDDFDD usohoreye indirimbo n’amajambo vyinshi ryo gucanishamwo abarundi, bamwe bakitwa aberanda abandi aba PDC, …
Soma ibikurikiraTwabikuye kuri page facebook ya Pacifique Nininahazwe Ku musi wa kabiri wo mu ndwi yahera (31 ntwarante 2020) niho Damiyano …
Soma ibikurikiraMugihe ibihugu bitunze biriko bitahukana abanyagihugu bavyo bari kw’isi yose kubera ikiza ca CORONAVIRUS, abarundi bafise ubwenegihugu bw’iburaya, amerika, canada …
Soma ibikurikira