Skip to content
Top Menu
30/05/2025
  • Twandikire
  • Facebook
  • Twitter
  • Youtube
  • Instagram
Itara Burundi

Itara Burundi

Amakuru yo mu Burundi

  • Intango
  • COVID19
  • Agateka ka zina muntu
  • Politike
  • Umubano
  • Ayandi makuru
    • Ubudandaji
    • Ibidukikije
    • Umutekano
    • Amagara y’abantu
    • Ivy’Imana
    • Impunzi
    • Indero
    • Uburimyi n’ubworozi
    • Ubutungane
  • Français
  • Icongereza
Main Menu

Amagara y’abantu

Amagara y'abantu

Burundi : Umugambi wambere wihuse muvyo Évariste Ndayishimiye yavuze.

25/06/202025/06/2020 - by Jérôme

Mw’ijambo umukuru w’igihugu Évariste Ndayishimiye yashikirije mukwinjira mumabanga yiwe kw’igenekerezo rya 18 ruheshi 2020, yaravuze umugambi wo kwubaka ibitaro mumakomine …

Soma ibikurikira
Amagara y'abantu / Ubutungane

Burundi: Ingwara n’inzara mw’ibohero rikuru ry’i Ngozi.

07/06/202007/06/2020 - by Jérôme

Hambavu y’ubukene bw’imfungurwa, hadutse ingwara itaramenyekana mw’ibohero rikuru ry’i Ngozi aho abantu batatu bamaze gupfa abandi cumi baka abaremvye gushika …

Soma ibikurikira
Amagara y'abantu

CORONAVIRUS muri kaminuza y’uburundi

09/05/202009/05/2020 - by Jérôme

Inyuma yaho umuyobozi w’igisata c’ubuganga(Médecine) muri kaminuza y’uburundi afatiye ingingo zo kwirinda CORONAVIRUS kubasoma ibitabo birangiza amashure, hari umunyeshure yaraye …

Soma ibikurikira
Agateka ka zina muntu / Amagara y'abantu

#Burundi: Komine Bwambarangwe : umuhungu na se baragandaguwe mu ndwi iheze inyuma yo gukekwa ko boba bafise koronavirisi.

08/04/202008/04/2020 - by Jérôme

Twabikuye kuri page facebook ya Pacifique Nininahazwe Ku musi wa kabiri wo mu ndwi yahera (31 ntwarante 2020) niho Damiyano …

Soma ibikurikira
Agateka ka zina muntu / Amagara y'abantu

Burundi : Abarundi bababa 30 bafise ubwenegihugu bubiri barankiwe kwurira indege

05/04/202005/04/2020 - by Jérôme

Mugihe ibihugu bitunze biriko bitahukana abanyagihugu bavyo bari kw’isi yose kubera ikiza ca CORONAVIRUS, abarundi bafise ubwenegihugu bw’iburaya, amerika, canada …

Soma ibikurikira
Amagara y'abantu

Burundi: Ibitaro vyigenga Kira Hospital birasaba ibikoresho vyo gupima CORONAVIRUS

27/03/202027/03/2020 - by Jérôme

Imyuma y’imisi mekaya ibitaro vyigenga Kira Hospital bimaze bimenyesheje abavyitura ko atarivyo bijejwe kwakira abakekwako ikiza ca CORONAVIRUS, vyandikiye ikete …

Soma ibikurikira
Amagara y'abantu / Politike

Burundi: Biravugwako mu gupima ikiza ca #CORONAVIRUS hakoreshejwe uburyo bwa #PCR, hafatwa ibipimo bitari munsi ya bibiri, bifatiwe mu misi itandukanye.

25/03/202025/03/2020 - by Jérôme

Ubushikiranganji bwo kubungabunga amagara y’abantu no kugwanya ikiza ruhonyanganda #SIDA mukwemezako ibipimo vyafatiwe abarundi babiri bagwariye mu bitaro Prince Regent …

Soma ibikurikira
Amagara y'abantu

#Burundi: Abanyeshure bahora biga mu igihugu c’ urwanda bashikijwe ukwabonyene.

15/03/202015/03/2020 - by Jérôme

Mugihe ku musi wejo igenekerezo rya 14 ntwarante 2020 havuzwe umuntu umwe wumunyamahanga agwaye ikiza ca CORONAVIRUS mugihugu c’urwanda uno …

Soma ibikurikira
Amagara y'abantu / Ibidukikije

Bujumbura Burundi : Igisagara kinuka amazirantoke.

27/01/202027/01/2020 - by Jérôme

Haraheze indwi zirenga zibiri havugwa mu gisagara ca Bujumbura, umugwa mukuru w’ubutunzi w’uburundi, imiringoti itwara imicafu yarazivye, amazirantoke agaca ashwara …

Soma ibikurikira
Amagara y'abantu

#Burundi : Iminota yanyuma y’ubuzima bw’abaforoma babiri n’umushoferi baguye muri Dogodogo.

21/01/202021/01/2020 - by Jérôme

Kundwi iheze abaforoma bari bahejeje inyigisho zo kugwanya ikiza #Ebola mu ntara ya #Cibitoke, baragize isanganya mu kiyaga #Dogodogo bariko …

Soma ibikurikira

Pagination des publications

Précédent 1 2 3 Suivant

Amakuru aheruka

#Burundi Abasoda bari muri RDC kurwana na M23 batanguye kwiyahura

24/02/2025

Hagati ya Rared Tabara na Leta y’uburundi ninde avuga ukuri?

05/12/202405/12/2024

Les Travailleurs de l’Hôpital de Muyinga Exigent Justice après la Réduction Injustifiée de leurs Salaires

28/11/2024

Burundi: Abariko bitegurira gukora rusansuma y’abanyagihugu baridoga

29/08/202428/08/2024

Burundi: Abigisha bagiye kuba abakozi b’amakomine

28/08/202428/08/2024

Amavidewo

Tweets by ItaraBurundi

Amajwi twabitse

Tuganire

Ivyo twandikako

  • Intango
  • COVID19
  • Agateka ka zina muntu
  • Politike
  • Umubano
  • Ayandi makuru
    • Ubudandaji
    • Ibidukikije
    • Umutekano
    • Amagara y’abantu
    • Ivy’Imana
    • Impunzi
    • Indero
    • Uburimyi n’ubworozi
    • Ubutungane
  • Français
  • Icongereza

Dukurikire kuri Facebook

Amakuru yasomwe cane

  • Burundi : Coup d’état igira ibe, Évariste Ndayishimiye yoba atagiserukiye CNDDFDD mumatora. (11 994)
  • Burundi : CROWD1, ubusuma bwo ku rwego rwo hejuru buzwi n’ubutegetsi. (8 081)
  • BurundiBurundi : Imboneza kibirengeye mugukunda igihugu Petero Nkurunziza yishwe n’iki ? (7 420)
Copyright © 2025 Itara Burundi.