Burundi : Umugambwe CNL uriyamiriza ishingwa rya reta gihutihuti.
Umugambwe CNL urongowe na Agathon Rwasa uriyamiriza iyemezwa n’inama nshingamateka ry’umushikiranganji wa mbere be n’icegera c’umukuru w’igihugu vyabaye kur’uyu wa …
Soma ibikurikiraAmakuru yo mu Burundi
Umugambwe CNL urongowe na Agathon Rwasa uriyamiriza iyemezwa n’inama nshingamateka ry’umushikiranganji wa mbere be n’icegera c’umukuru w’igihugu vyabaye kur’uyu wa …
Soma ibikurikiraAllain Guillaume Bunyoni na Prosper Bazombanza bemejwe n’inama nshingamateka kur’uyu wa 23 ruhenshi 2020 ngo bane Ministre wambere kurumwe no …
Soma ibikurikiraMu ntara ya Gitega, umugwa mukuru wa Politike, k’ur’uyu wa kane igenekezo rya 18 ruheshi 2020, umukuru w’igihugu mushasha Evariste …
Soma ibikurikiraMugihe haheze iminsi ine igihugu kitagira uwukiramutswa inyu y’urupfu w’umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza, sentare yubahiriza ibwirizwa nshingiro yamenyesheje kur’uyu wa …
Soma ibikurikiraMugihe k’ur’uyu wa kane igenekerezo rya 11 ruhenshi 2020 ariho hakwira imisi itatu umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza ashengeye, inama nshikiranganji …
Soma ibikurikiraAmakuru dukura muntara ya Cibitoke atumenyesha ko hari ukurumvikana mubihangange vyo kugwego rw’aba jenero Godefroid Bizimana na Gervais Ndirakobuca batazira …
Soma ibikurikiraKur’uyu wa 04 ruhenshi 2020 sentare yubahiriza ibwirizwanshingiro yamenyeshejeko umugambwe CNDDFDD ariwo watsinze amatora y’umukuru w’igihugu n’ay’abashingamateka yo kuwa 20 …
Soma ibikurikiraKw’igenekerezo rya 25 rusama 2020, umugwi w’igihugu ujejwe amatora CENI warashikirije ibiharuro mfatakibaza vyavuye mumatora y’abashingamateka yabaye kuwa 20 rusama …
Soma ibikurikiraI Bujumbura kuri Hotel Club du Lac Tanganyika kuri uyu wambere igenekerezo rya 25 rusama 2020, umugwi wigenga ujejwe gutunganya …
Soma ibikurikiraKuri uyu wa 24/5/2020 umugwi ujejwe gutunganya amatora CENI wasohoye itangazo usaba abashaka kwitoza mubibanza vy’abakenguzamateka baba abari mu migambwe …
Soma ibikurikira