Skip to content
Top Menu
09/03/2026
  • Twandikire
  • Facebook
  • Twitter
  • Youtube
  • Instagram
Itara Burundi

Itara Burundi

Amakuru yo mu Burundi

  • Intango
  • COVID19
  • Agateka ka zina muntu
  • Politike
  • Umubano
  • Ayandi makuru
    • Ubudandaji
    • Ibidukikije
    • Umutekano
    • Amagara y’abantu
    • Ivy’Imana
    • Impunzi
    • Indero
    • Uburimyi n’ubworozi
    • Ubutungane
  • Français
  • Icongereza
Main Menu

Politike

Intwaro ibereye / Politike / Ubudandaji

Reta yanse ko amakamyo 23 azanye imfungurwa yinjira mu Burundi

01/04/202001/04/2020 - by Jérôme

Mugihe abashikiranganji b’imigenderanire n’abamagara y’abantu bagize akarere ka Afrika y’ubuseruko baheruka kugira inama yo kugwaniriza hamwe ikiza ca CORONAVIRUS(COVID19) kw’igenekerezo …

Soma ibikurikira
Amagara y'abantu / Politike

Burundi: Biravugwako mu gupima ikiza ca #CORONAVIRUS hakoreshejwe uburyo bwa #PCR, hafatwa ibipimo bitari munsi ya bibiri, bifatiwe mu misi itandukanye.

25/03/202025/03/2020 - by Jérôme

Ubushikiranganji bwo kubungabunga amagara y’abantu no kugwanya ikiza ruhonyanganda #SIDA mukwemezako ibipimo vyafatiwe abarundi babiri bagwariye mu bitaro Prince Regent …

Soma ibikurikira
Politike / Ubutungane

Burundi : « Urubanza rw’abagirizwa igandagurwa rya Perezida Ndadaye Melchior, uburyo co gukwega abanywanyi mumatora ».

12/03/202012/03/2020 - by Jérôme

Kw’igenekerezo rya 6/03/2020 sentare ntahinyuzwa yaraciye urubanza kungingo abagirizwa urupfu rwa Melchior Ndadaye bari bungururije, urubanza rukazoburanishwa mu ntahe y’icese …

Soma ibikurikira
Politike

Burundi : Bane muri cumi bankiwe kuzokwitoza mu kibanza c’umukuru w’igihugu.

10/03/202010/03/2020 - by Jérôme

Kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 10 ntwarante 2020, umurwi wigenga ujejwe gutunganya amatora CENI washize ahabona ivyavuye mw’isuzumwa ry’amadosiye …

Soma ibikurikira
Politike

Burundi : Muri Komine Mabayi ubuzi bwahagaze imisi ibiri.

05/03/202005/03/2020 - by Jérôme

Kubera urugendo rwa Evariste Ndayisgimiye rutegekanijwe kumusi w’ejo igenekerezo rya 06/3/2020 muntara ya Cibitoke muri komine Mabayi, ubuzi bwahagaze uno …

Soma ibikurikira
Politike

Burundi : « Petero Nkurunziza na Évariste ndayishimiye ntibahuriza kw’ibwirizwa rihamagaza amatora »

25/02/202025/02/2020 - by Jérôme

Umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza yateye umukono kw’ibwirizwa N°100/030  ryo kuwa 20 ruhuhuma 2020 rihamagaza amatora y’umukuru w’igihugu, abashingamateka, abahanuzi b’amakomine …

Soma ibikurikira
Politike

Burundi : Coup d’état igira ibe, Évariste Ndayishimiye yoba atagiserukiye CNDDFDD mumatora.

28/01/202028/01/2020 - by Jérôme

Inyuma y’imisi ibiri gusa Général Major Évariste Ndayishimiye atowe ngo azokwitoze mukibanza c’umukuru w’igihugu, imbonerakure ziriko zirisuganya ngo zimwiyamirize guhera …

Soma ibikurikira
Politike

Burundi: Abarundi uko bakiriye igenwa rya Evartiste Ndayishimiye ngo azokwitoze mu kibanza c’umukuru w’igihugu.

27/01/202027/01/2020 - by Jérôme

Général Major Évariste Ndayishimiye, umunyamabanga mukuru w’umugambwe CNDDFDD uri ku butegetsi yaraye agenywe n’umugambwe ejo kumusi w’Imana igenekerezo rya 26 …

Soma ibikurikira
Politike

Burundi: Uwuzoserukira umugambwe uri kubutegetsi ahejeje kumenyekana.

26/01/202026/01/2020 - by Jérôme

Inyuma y’imisi itatu umugambwe uri kubutegetsi CNDDFDD ugirisha amasengesho, kuri uyu w’Imana igenekerezo rya 26 nzero 2020 ukaba wagirishije ikoraniro …

Soma ibikurikira
Politike

Burundi : Amaso ya benshi ahanze i Gitega kukiza kuva mw’ikoraniro kaminuza ry’umugambwe uri ku butegetsi ririko riraba.

26/01/202026/01/2020 - by Jérôme

Imbonerakure zose zazindutse zija kumigwa mikuru y’intara aho  bategerereye ikiza kuva mw’ikoraniro kaminuza ririko riraba kuri uyu w’Imana igenekerezo rya …

Soma ibikurikira

Pagination des publications

Précédent 1 … 7 8 9 … 15 Suivant

Amakuru aheruka

#Burundi Abasoda bari muri RDC kurwana na M23 batanguye kwiyahura

24/02/2025

Hagati ya Rared Tabara na Leta y’uburundi ninde avuga ukuri?

05/12/202405/12/2024

Les Travailleurs de l’Hôpital de Muyinga Exigent Justice après la Réduction Injustifiée de leurs Salaires

28/11/2024

Burundi: Abariko bitegurira gukora rusansuma y’abanyagihugu baridoga

29/08/202428/08/2024

Burundi: Abigisha bagiye kuba abakozi b’amakomine

28/08/202428/08/2024

Amavidewo

Tweets by ItaraBurundi

Amajwi twabitse

Tuganire

Ivyo twandikako

  • Intango
  • COVID19
  • Agateka ka zina muntu
  • Politike
  • Umubano
  • Ayandi makuru
    • Ubudandaji
    • Ibidukikije
    • Umutekano
    • Amagara y’abantu
    • Ivy’Imana
    • Impunzi
    • Indero
    • Uburimyi n’ubworozi
    • Ubutungane
  • Français
  • Icongereza

Dukurikire kuri Facebook

Amakuru yasomwe cane

  • Burundi : Coup d’état igira ibe, Évariste Ndayishimiye yoba atagiserukiye CNDDFDD mumatora. (12 564)
  • Burundi : CROWD1, ubusuma bwo ku rwego rwo hejuru buzwi n’ubutegetsi. (8 600)
  • BurundiBurundi : Imboneza kibirengeye mugukunda igihugu Petero Nkurunziza yishwe n’iki ? (8 415)
Copyright © 2026 Itara Burundi.