Skip to content
Top Menu
31/05/2025
  • Twandikire
  • Facebook
  • Twitter
  • Youtube
  • Instagram
Itara Burundi

Itara Burundi

Amakuru yo mu Burundi

  • Intango
  • COVID19
  • Agateka ka zina muntu
  • Politike
  • Umubano
  • Ayandi makuru
    • Ubudandaji
    • Ibidukikije
    • Umutekano
    • Amagara y’abantu
    • Ivy’Imana
    • Impunzi
    • Indero
    • Uburimyi n’ubworozi
    • Ubutungane
  • Français
  • Icongereza
Main Menu

Umubano

Agateka ka zina muntu / Umubano

Burundi: Amajambo abiba amacakubiri yoba ar’ayatumwa?

04/01/202004/01/2020 - by Jérôme

Haraciye amezi makeya hariko hazunguruka ubutumwa bw’amajwi ku mbuga ngurukanabumenyi, uwitwa Kenny- Claude Nduwimana,umwe mubariko barabutanga wewe ntaco yinona. Imvukira …

Soma ibikurikira
Politike / Umubano

Burundi : Innocent Nyandwi ntakiri musitanteri wa komine Cankuzo

22/12/201922/12/2019 - by Jérôme

Inama mpanuzwajambo ya Komine Cankuzo mu ntara ya Cankuzo yarakomboye musitanteri w’iyo komine kur’uyu wagatandatu igenekerezo rya 21/12/2019. Innocent Nyandwi …

Soma ibikurikira
Impunzi / Umubano

Rwanda: Impunzi zahungiye mu Rwanda zaramutse zisangira umuganuro ubugira gatatu.

16/12/201917/12/2019 - by Ndizeye

Wari umunezero udasanzwe mu nyubakwa z’ikigo Oasis of peace, mu gihugu c’Urwanda, aho urunani rw’urwaruka Syjebu rwaramuka rusangira n’abandi barundi …

Soma ibikurikira
Agateka ka zina muntu / Umubano

Burundi : Haravugwa ubusuma mw’ibohero rikuru rya Ngozi

06/11/201906/11/2019 - by Jérôme

Abanyororo bo mwibohero rikuru rya Ngozi, mu buraruko bw’uburundi murino misi baridoga ko ibifungurwa vyabaganewe binyuruzwa n’ababarongoye babifashijwemwo n’uwurongoye iryo …

Soma ibikurikira
Politike / Umubano

Burundi: Imbonerakure zoba ziteguriye kwiba amatora ya 2020 no kumara abo batavugakumwe

18/08/201918/08/2019 - by Jérôme

Kur’uyu wa gatandatu igenekezo rya 17 myandagaro 2019 urwaruka rw’umugambwe CNDDFDD uri ku butegetsi rwaraye rusozereye indwi yahariwe Imbonerekure aho …

Soma ibikurikira
Agateka ka zina muntu / Umubano

Burundi : Hari iradiyo isamiranira muri komine Gisuru, intara ya Ruyigi iteramisaha abanyagihugu.

27/04/201920/07/2019 - by Jérôme

Edmond Mudendero, ni umugabo yababa imyaka mirongo ine asanzwe ari umufundi  w’umuhinga mu gukora amaradiyo n’ibindi vyuma vyo guhingura amajwi, …

Soma ibikurikira
Impunzi / Umubano

Ishirahamwe Maison Shalom ryatanguje umugambi wotuma abarundi n’abanyarwanda barushiriza gusangira akabisi n’agahiye

08/02/201920/07/2019 - by Jérôme

Mu mugambi watererewe n’ishirahamwe ry’aba suwisi ryitwa Freinds of Humanity uzotwara imiriyoni zirenga ijana z’amafaranga y’urwanda, ni ukuvuga hafi imiriyoni …

Soma ibikurikira
Umubano / Umutekano

#Burundi: Abasuma baratoye ubwenge bwo kwiba amaterefone muma biro

03/01/201920/07/2019 - by Jérôme

Mugihe hari amatarike abantu benshi baba bijukiye kuja kuriha amakori, ugasanga barundanye mu ma biro, abasuma nabo baca bikika mu …

Soma ibikurikira
Impunzi / Umubano

#Burundi: Impunzi z’abarundi zahungiye mu #Rwanda hari izagiriwe amahirwe ziriga amashure n’imyuga harimwo n’izize ubuhinga bwo kujisha impuzu.

20/12/201820/07/2019 - by Jérôme

Mugihe ubuzima bwo mu buhungiro buba bugoye, ishirahamwe Maison Shalom rirongowe n’umupfasoni Marguerite Barankitse ryarafashije kandi rigifasha impunzi kwiga. Hari abigishwa …

Soma ibikurikira
Politike / Umubano

Cankuzo : Baraye bahariraniye ku bwicanyi bwakozwe mu ntambara ya 1993

10/09/201820/07/2019 - by Jérôme

Mu gihe mu zindi ntara hagiye hibonekeza kwihorahorana ku mabi yabaye 1993, aho n’ubu usanga hari abakiri mumakambi y’abateshejwe izabo …

Soma ibikurikira

Pagination des publications

Précédent 1 … 4 5 6 Suivant

Amakuru aheruka

#Burundi Abasoda bari muri RDC kurwana na M23 batanguye kwiyahura

24/02/2025

Hagati ya Rared Tabara na Leta y’uburundi ninde avuga ukuri?

05/12/202405/12/2024

Les Travailleurs de l’Hôpital de Muyinga Exigent Justice après la Réduction Injustifiée de leurs Salaires

28/11/2024

Burundi: Abariko bitegurira gukora rusansuma y’abanyagihugu baridoga

29/08/202428/08/2024

Burundi: Abigisha bagiye kuba abakozi b’amakomine

28/08/202428/08/2024

Amavidewo

Tweets by ItaraBurundi

Amajwi twabitse

Tuganire

Ivyo twandikako

  • Intango
  • COVID19
  • Agateka ka zina muntu
  • Politike
  • Umubano
  • Ayandi makuru
    • Ubudandaji
    • Ibidukikije
    • Umutekano
    • Amagara y’abantu
    • Ivy’Imana
    • Impunzi
    • Indero
    • Uburimyi n’ubworozi
    • Ubutungane
  • Français
  • Icongereza

Dukurikire kuri Facebook

Amakuru yasomwe cane

  • Burundi : Coup d’état igira ibe, Évariste Ndayishimiye yoba atagiserukiye CNDDFDD mumatora. (11 997)
  • Burundi : CROWD1, ubusuma bwo ku rwego rwo hejuru buzwi n’ubutegetsi. (8 087)
  • BurundiBurundi : Imboneza kibirengeye mugukunda igihugu Petero Nkurunziza yishwe n’iki ? (7 430)
Copyright © 2025 Itara Burundi.