Skip to content
Top Menu
31/05/2025
  • Twandikire
  • Facebook
  • Twitter
  • Youtube
  • Instagram
Itara Burundi

Itara Burundi

Amakuru yo mu Burundi

  • Intango
  • COVID19
  • Agateka ka zina muntu
  • Politike
  • Umubano
  • Ayandi makuru
    • Ubudandaji
    • Ibidukikije
    • Umutekano
    • Amagara y’abantu
    • Ivy’Imana
    • Impunzi
    • Indero
    • Uburimyi n’ubworozi
    • Ubutungane
  • Français
  • Icongereza
Main Menu

Umutekano

Agateka ka zina muntu / Umutekano

#Burundi: Inama nkuru y’umutekano y’ishirahamwe mpuzamakungu #ONUitegekanya kwiga ikibazo c’uburundi kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 14 ruheshi 2019.

14/06/201920/07/2019 - by Jérôme

Mugihe uburundi bwari kurutonde rw’iyo nama nkuru kw’igenekerezo rya 28 rusama 2019 ariko bugakurwa ku rutonde, uno munsi niho ikibazo …

Soma ibikurikira
Agateka ka zina muntu / Umutekano

Burundi : Umukuru w’igipolisi mu ntara ya Muyinga avugako azokwica abanyagihugu bagarariza umukuru w’igihugu.

17/04/201917/04/2019 - by Jérôme

Muri Komine n’intara ya Muyinga ku mutumba Cibari, zone Munagano, uwurungoye igipolisi mu ntara ya Muyinga, Komiseri Jérôme Ntibibogora yamenyesheje …

Soma ibikurikira
Ibidukikije / Umutekano

Burundi : Umugambi « Ewe Burundi urambaye » wo guteza ibiti woba ariwo watanguje isekeza ryo kurandura ibiti vy’imikaratusi mu Cankuzo ?

05/04/201920/07/2019 - by Jérôme

Ku musi wa kane igenekerezo rya 4/4/2019 mu ntara ya Cankuzo haratangujwe isekeza ryo kurandura ibiti vy’imikaratusi biri ku nkengera …

Soma ibikurikira
Politike / Umutekano

#Burundi : Umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza asaba abarundi kwitegurira intambara.

10/01/201920/07/2019 - by Jérôme

Mu cegeranyo casohowe n’ishirahamwe ry’abantu b’intungane, RCP cerekeye imyiyerekano yabaye mu Burundi mu mezi abiri aheze, bavugako umukuru w’igihugu yasavye …

Soma ibikurikira
Umubano / Umutekano

#Burundi: Abasuma baratoye ubwenge bwo kwiba amaterefone muma biro

03/01/201920/07/2019 - by Jérôme

Mugihe hari amatarike abantu benshi baba bijukiye kuja kuriha amakori, ugasanga barundanye mu ma biro, abasuma nabo baca bikika mu …

Soma ibikurikira
Umutekano

Burundi : Urwaruka rwinshi rusigaye rumera imvi hataragera.

29/12/201829/12/2018 - by Jérôme

Mugihe mu myaka yahera umuntu yamera imvi afise imyaka irenga mirongo itanu; ashaje, mur’ibi bihe urwaruka rwinshi rumera imvi guhera …

Soma ibikurikira
Politike / Umutekano

#Bujumbura : Imbonerakure z’umugambwe #CNDD_FDD zirara zirakizura zifise ibigwanisho

24/12/201820/07/2019 - by Jérôme

Mugihe himirije imisi mikuru irangiza umwaka wa 2018 i Bujumbura hari ubwoba bwo guterwa n’imigwi y’itwaje ibiganisho nk’uko ubutumwa buguma …

Soma ibikurikira
Politike / Umutekano

#Burundi : Igisirikare c’uburundi kiriyamiriza ingingo yo kugabanya abasirikare 1000 baco barungitswe muri Somaliya.

23/12/201820/07/2019 - by Jérôme

Mugihe hari urwandiko rumaze imisi ruhanahanwa ku mbuga ngurukana bumenyi rumenyeshako AMISOM igira igabanye abasirikare b’abarundi barungikwa muri Somariya kubashika …

Soma ibikurikira
Umutekano

#Burundi: Imbonerakure z’umugambwe uri ku butegetsi #CNDD_FDD ziriko zikorana n’interahamwe mu guhungabanya umutekano w’igihugu kibanyi c’u rwanda.

18/12/201818/12/2018 - by Claire Nahayo

Mundwi  iheze haravuzwe umugwi  w’interahamwe wahora ucumbitse mw’ishamba cimeza rya Kibira k’uruhanda rwa komine Bukinanyana wimukiye mu kibira kuruhande rwa …

Soma ibikurikira
Agateka ka zina muntu / Umutekano

IMISORE 19 YARAFATIWE MU NTARA CANKUZO IGIYE MU GIHUGU CA TANZANIYA GUPAGASA

13/11/201820/07/2019 - by Jérôme

Ku musi w’Imana igenekerezo rya 11.11.2018 mumasaha ya sahindwi z’umutaga  hafatiwe muri zone Twinkwavu, komine ya Cendajuru i ntara ya …

Soma ibikurikira

Pagination des publications

Précédent 1 … 4 5 6 Suivant

Amakuru aheruka

#Burundi Abasoda bari muri RDC kurwana na M23 batanguye kwiyahura

24/02/2025

Hagati ya Rared Tabara na Leta y’uburundi ninde avuga ukuri?

05/12/202405/12/2024

Les Travailleurs de l’Hôpital de Muyinga Exigent Justice après la Réduction Injustifiée de leurs Salaires

28/11/2024

Burundi: Abariko bitegurira gukora rusansuma y’abanyagihugu baridoga

29/08/202428/08/2024

Burundi: Abigisha bagiye kuba abakozi b’amakomine

28/08/202428/08/2024

Amavidewo

Tweets by ItaraBurundi

Amajwi twabitse

Tuganire

Ivyo twandikako

  • Intango
  • COVID19
  • Agateka ka zina muntu
  • Politike
  • Umubano
  • Ayandi makuru
    • Ubudandaji
    • Ibidukikije
    • Umutekano
    • Amagara y’abantu
    • Ivy’Imana
    • Impunzi
    • Indero
    • Uburimyi n’ubworozi
    • Ubutungane
  • Français
  • Icongereza

Dukurikire kuri Facebook

Amakuru yasomwe cane

  • Burundi : Coup d’état igira ibe, Évariste Ndayishimiye yoba atagiserukiye CNDDFDD mumatora. (11 997)
  • Burundi : CROWD1, ubusuma bwo ku rwego rwo hejuru buzwi n’ubutegetsi. (8 087)
  • BurundiBurundi : Imboneza kibirengeye mugukunda igihugu Petero Nkurunziza yishwe n’iki ? (7 430)
Copyright © 2025 Itara Burundi.