
Burundi : « Yoba yaragwaye CORONAVIRUS bikagirwa ibanga »
Ku munsi wa hirya yejo igenekerezo rya 11 ntwarante 2020, umuntu akekwa kuba afise umugera wa CORONAVIRUS yataziriwe COVID19, yaribonekeje …
Soma ibikurikiraAmakuru yo mu Burundi
Ku munsi wa hirya yejo igenekerezo rya 11 ntwarante 2020, umuntu akekwa kuba afise umugera wa CORONAVIRUS yataziriwe COVID19, yaribonekeje …
Soma ibikurikiraKw’igenekerezo rya 6/03/2020 sentare ntahinyuzwa yaraciye urubanza kungingo abagirizwa urupfu rwa Melchior Ndadaye bari bungururije, urubanza rukazoburanishwa mu ntahe y’icese …
Soma ibikurikiraIkiza ca COVID-19 giterwa n’umugera witwa CORONAVIRUS cashitse muri reta iharanira demokrasi ya kongo, kimwe mubihugu bigize akarere k’ibiyaga binini …
Soma ibikurikiraKuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 10 ntwarante 2020, umurwi wigenga ujejwe gutunganya amatora CENI washize ahabona ivyavuye mw’isuzumwa ry’amadosiye …
Soma ibikurikiraUmuntu azwi kw’izina rya Niyongabo, wo kumutumba Gakaranka, zone kivumu komine Mugamba mu ntara ya Bururi yagandaguwe aca arahambwa n’abapolisi,abasoda …
Soma ibikurikiraIbiro vy’ubushikiranganji bw’amagara y’abantu no kugwanya ikiza SIDA bwafashe ingingo zikomeye zo gukinga ikiza ca COVID-19 giterwa n’umugera witwa Coronavirus, …
Soma ibikurikiraKubera urugendo rwa Evariste Ndayisgimiye rutegekanijwe kumusi w’ejo igenekerezo rya 06/3/2020 muntara ya Cibitoke muri komine Mabayi, ubuzi bwahagaze uno …
Soma ibikurikiraIhoteri ikomeye, Hôtel source du Nil imenyeshako yahagaritse kwakira ingenzi no kwakira abayigana kuva uno munsi gushika igihe kitaramenyekana. Mw’itangazo …
Soma ibikurikiraKuri uyu wa 27/2/2020, ubushikiranganji bwo gutwara abantu, inyubakwa no gutunganya amatongo bwarandikiye buramatari w’intara ya Rumonge bumusaba gukurikiranira hafi …
Soma ibikurikiraAbakozi b’ishirahamwe rikora ibinyobwa BRARUDI, baragabisha umukoresha wabo ko atagikozwe mu musi itandatu bazohagarika akazi. Vyose vyatanguye mumisi iheze, ishirahamwe …
Soma ibikurikira