Burundi : Umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza ariko aragaba inka n’amafaranga.
Kuri uno wa gatandatu igenekerezo rya 11/01/2020, umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza yagabiye inka abategetsi batari bake bagize reta y’uburundi iyari …
Soma ibikurikiraAmakuru yo mu Burundi
Kuri uno wa gatandatu igenekerezo rya 11/01/2020, umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza yagabiye inka abategetsi batari bake bagize reta y’uburundi iyari …
Soma ibikurikira
Mur’ino minsi bisigaye bigoye kuronka impapuro z’inzira passeports udafise uwo muzinanye canke ngo utange igiturire mu gipolisi kijejwe uruja n’uruza, …
Soma ibikurikira
Inyuma y’ifatwa rya Antoine Manuma, umukuru wa sendika y’abigisha SYGEPEBU ejo kw’igenekerezo rya 08/01/2020, uno munsi naho hafashwe Gérard Niyongabo …
Soma ibikurikira
Inyuma y’imisi itatu Victor Ndabaniwe, umuhanuzi mu bushikiranganji bw’indero, akaba atwara ikigega FLE, kijejwe gutegekaniriza uburaro abigisha akongera akaba arongoye …
Soma ibikurikira
Hari makuru ava mu mugambwe uri kubutegetsi CNDDFDD amenyeshako abasitanteri bava mu bwoko bw’abatutsi batazotekererwa imiriyoni zitenga cumi (+10millions) uwuhejejeje …
Soma ibikurikira
Gushika uno munsi hari akarigangamuhogo k’ubusumbasumbane bw’impapuro z’umutsindo zitangwa muma kaminuza y’uburundi ubu n’abize kera. Nk’akarorero uwize imyaka ine muri …
Soma ibikurikira
Haraciye amezi makeya hariko hazunguruka ubutumwa bw’amajwi ku mbuga ngurukanabumenyi, uwitwa Kenny- Claude Nduwimana,umwe mubariko barabutanga wewe ntaco yinona. Imvukira …
Soma ibikurikira
Abanyagihugu bo muri zone Musaga, komine Muha iri mu gisagara ca Bujumbura baridogako bafatwa n’abapolisi iyo babasanze mw’ibarabara canke kuma …
Soma ibikurikira
Umusore umwe avuka muntara ya Kirundo ubu akorera i Bujumbura Yaraye atwengeje abakoresha urubuga rwa Whatsapp mugukina ariko ahamba umwaka …
Soma ibikurikira
Kuva kw’igenekerezo rya 24/12/2019 buca haba Noweli gushika kuri rino genekerezo rya 01/01/2020(ubunani) ibinyobwa vya BRARUDI aho bitabuze vyaradugije ibeyi, …
Soma ibikurikira