
#Congo: Umukuru w’igihugu mfatakibanza yaraye amenyekanye
Muri reta iharanira demokrasi ya #Congo, umugwi ujewe amatora waraye utanze amajwi mfatakibanza yavuye mu matora yo kw’igenekerezo rya 30 kigarama …
Soma ibikurikiraAmakuru yo mu Burundi
Muri reta iharanira demokrasi ya #Congo, umugwi ujewe amatora waraye utanze amajwi mfatakibanza yavuye mu matora yo kw’igenekerezo rya 30 kigarama …
Soma ibikurikiraHirya yejo ku musi w’Imana igenekerezo rya 7 nzero 2019 haraye hafashwe urwaruka 46 ku mutumba #Rusengo muri komine n’intara ya #Muyingaruvuga ko …
Soma ibikurikiraIkinyamakuru mpuzamakungu Reuteur dukesha iyi nkuru canditse kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 4 nzero 2019, ko hari umugabo akiri …
Soma ibikurikiraKuri uno wa gatanu igenekerezo rya 4 nzero , mu ntara ya gitega, umushikiranganji w’intwaro yo hagati mu gihigu no …
Soma ibikurikiraMugihe hari amatarike abantu benshi baba bijukiye kuja kuriha amakori, ugasanga barundanye mu ma biro, abasuma nabo baca bikika mu …
Soma ibikurikiraMumashure yose yo mu gihugu harashinzwe ama komite y’abanyeshure bari mu muhari w’imbonerakure zijejwe kuza ziradoma urutoke ku bigisha bagize …
Soma ibikurikiraInyuma yaho abasenyeri gatolika yo mu Burundi basohoreye itangazo kw’igenekerezo rya 25 kigarama 2018, umupfasoni w’umukuru w’igihugu agasenga avuga ivyo …
Soma ibikurikiraAmasengesho ya Denise Bucumu Nkurunziza : « Uyu musi mwiza waduteguriye wo kugirango imigisha yari yarazibiwe ku gihugu c’uburundi yuguruke. Uhoraho aharira …
Soma ibikurikiraNk’uko twabisomye k’urubuga rw’ishirahamwe riharanira agateka ka zina muntu FORSC kuri uno w’Imana igenekerezo rya 30 kigarama 2018, abapolisi barateye …
Soma ibikurikiraMugihe mu myaka yahera umuntu yamera imvi afise imyaka irenga mirongo itanu; ashaje, mur’ibi bihe urwaruka rwinshi rumera imvi guhera …
Soma ibikurikira