Burundi : Abarundi barikuyeko intwaro y’« ibihume bihumeka » ?
Kw’igenekerezo rya 01 mukakaro 2019 uburundi buhimbaza imyaka 57 iheze bwikukiye, reta ya CNDDFDD yarahinduye ibintu vyinshi harimwo n’icivugo w’uburundi ; …
Soma ibikurikiraAmakuru yo mu Burundi
Kw’igenekerezo rya 01 mukakaro 2019 uburundi buhimbaza imyaka 57 iheze bwikukiye, reta ya CNDDFDD yarahinduye ibintu vyinshi harimwo n’icivugo w’uburundi ; …
Soma ibikurikira
Abarongoye ishengero ry’aba adventiste bo ku musi w’indwi kw’isi yose bafise icicaro muri reta zunze ubumwe za amerika, bamaze kwumva …
Soma ibikurikira
Hirya yejo ku musi w’Imana igenekerezo rya 7 nzero 2019 haraye hafashwe urwaruka 46 ku mutumba #Rusengo muri komine n’intara ya #Muyingaruvuga ko …
Soma ibikurikira
Ikinyamakuru mpuzamakungu Reuteur dukesha iyi nkuru canditse kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 4 nzero 2019, ko hari umugabo akiri …
Soma ibikurikira
Kuri uno wa gatanu igenekerezo rya 4 nzero , mu ntara ya gitega, umushikiranganji w’intwaro yo hagati mu gihigu no …
Soma ibikurikira
Nk’uko twabisomye k’urubuga rw’ishirahamwe riharanira agateka ka zina muntu FORSC kuri uno w’Imana igenekerezo rya 30 kigarama 2018, abapolisi barateye …
Soma ibikurikira
Mu gihe imisi mikuru ihereza umwaka yamye ihimbazwa mu kanyamuneza kuva uburundi bubaho aho kuva mu mwaka wa 2003, umugambwe …
Soma ibikurikira
Mugihe himirije imisi mikuru irangiza umwaka wa 2018 i Bujumbura hari ubwoba bwo guterwa n’imigwi y’itwaje ibiganisho nk’uko ubutumwa buguma …
Soma ibikurikira
Vyose vyatanguye kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 19 Kigarama 2018 aho Musitanteri wa komine Busoni yaciye aho bariko barategutra …
Soma ibikurikira
Mundwi iheze haravuzwe umugwi w’interahamwe wahora ucumbitse mw’ishamba cimeza rya Kibira k’uruhanda rwa komine Bukinanyana wimukiye mu kibira kuruhande rwa …
Soma ibikurikira