Burundi: Ishengero rya pentecôte rirageramiwe.
Urugo rwa Onesphone Rukwiririkanya, umwungere wa kabiri w’ishengero rya pentecote i Bujumbura ruri mu Gatunguru rwaratewe grenade yonona imodoka n’inzu …
Soma ibikurikiraAmakuru yo mu Burundi
Urugo rwa Onesphone Rukwiririkanya, umwungere wa kabiri w’ishengero rya pentecote i Bujumbura ruri mu Gatunguru rwaratewe grenade yonona imodoka n’inzu …
Soma ibikurikiraUbushikiranganji bwo kubungabunga amagara y’abantu no kugwanya ikiza ruhonyanganda #SIDA mukwemezako ibipimo vyafatiwe abarundi babiri bagwariye mu bitaro Prince Regent …
Soma ibikurikiraIkiza ca COVID-19 giterwa n’umugera witwa CORONAVIRUS cashitse muri reta iharanira demokrasi ya kongo, kimwe mubihugu bigize akarere k’ibiyaga binini …
Soma ibikurikiraAbadandaza batanze amafaranga ibihumbi amajana atandatu na mirongo icenda(690000FBu) kukibanza ku muntu, bamaze imyaka itari munsi y’ibiri barindiriyeko isoko yo …
Soma ibikurikiraInyuma yaho hibonekeje amafoto y’abanyeshure bo kw’ishure ritoya(ECOFO) rya Gaharo ya kabiri muri komine Bukeye intara ya Muramvya biga bicaye …
Soma ibikurikiraHaraheze indwi zirenga zibiri havugwa mu gisagara ca Bujumbura, umugwa mukuru w’ubutunzi w’uburundi, imiringoti itwara imicafu yarazivye, amazirantoke agaca ashwara …
Soma ibikurikiraInyuma y’imisi itari mike Patiri Simoni Ruragaragaza agwariye mubitaro POLYCEB, yitavye Imana kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 24 nzezo …
Soma ibikurikiraAbanyagihugu bo muri zone Musaga, komine Muha iri mu gisagara ca Bujumbura baridogako bafatwa n’abapolisi iyo babasanze mw’ibarabara canke kuma …
Soma ibikurikiraUmusore umwe avuka muntara ya Kirundo ubu akorera i Bujumbura Yaraye atwengeje abakoresha urubuga rwa Whatsapp mugukina ariko ahamba umwaka …
Soma ibikurikiraKuva kw’igenekerezo rya 24/12/2019 buca haba Noweli gushika kuri rino genekerezo rya 01/01/2020(ubunani) ibinyobwa vya BRARUDI aho bitabuze vyaradugije ibeyi, …
Soma ibikurikira