Burundi: Abakoze ibibazo co kuronswa akazi k’ubwigisha baraye baharuhiye.

Uno w’Imana igenekerezo rya 27/10/2019, abari bariyandikishije ngo baronswe akazi k’ubwigisha niho bari baramutse bakora ikibazo mu gihugu cose.
Mugihe ikibazo cari citezwe ko gitangura isaha zibiri zo mugitondo(8:00) cahavuye gikorwa sacenda gushika cumi n’imwe (15:00-17:00).
Abasore, inkumi, abakuze ndetse n’abatama akaba aribo bakoze ico kibazo. Abavyeyi bonsa bakaba bari babikije abana mumihana yegereye ahakorewe ico kibazo.
N’ubwo bakoze ibibazo bakaba batashimye ukuntu bakoreshejwe batevye bashonje kandi barushe.
Fyonda kuri j’#aime na #partager wame uronswa amakuru