Burundi : Yaraye ahamvye umwaka wa 2019 none yoba agiye guhamba ubukene.

Umusore umwe avuka muntara ya Kirundo ubu akorera i Bujumbura Yaraye atwengeje abakoresha urubuga rwa Whatsapp mugukina ariko ahamba umwaka wa 2019.

Mu gihe hari abantu benshi bagendana ingabirano zobatunga batabizi, uwo musore yitwa Jean Claude kuri whatsapp, amenyeshako vyamujemwo gukina ako gakino kuburyo nawene yatangaye ahejeje kugakina.

Tubamenyesheko mu Burundi co kimwe no mu hindi bihugu hari abantu babeshwaho n’umwuga wo gutwenza abantu kandi bigaha akazi abantu benshi.