#Burundi Abasoda bari muri RDC kurwana na M23 batanguye kwiyahura
Mugihe bivugwako abasoda bashoboye kuva muri reta iharanira intwaro rusangi ya Congo , RDC bashitse mu Burundi bagaca babasubizayo kurwana …
Soma ibikurikiraAmakuru yo mu Burundi
Mugihe bivugwako abasoda bashoboye kuva muri reta iharanira intwaro rusangi ya Congo , RDC bashitse mu Burundi bagaca babasubizayo kurwana …
Soma ibikurikira
Muntara nyishi haravugwa imyidogo kubariko baritegurira badahabwa agafaranga yo kubafasha none ubu baratonda bagataha ataco bahawe mugihe kw’iyunguruza mu Burundi …
Soma ibikurikira
Hamaze igihe hibonekeza abarimu bakora badahembwa mumihingo myinshi y’igihugu ndetse niyo baronse akazi bakamara umwaka badahembwe nk’abatanguye akazi mu mwaka …
Soma ibikurikira
Umushoferi wo kuri misiyoni y’ishengero rya pentecôte ya Ntahangwa, mu gisagara ca Bujumbura yitwa Daniel Barutwanayo yatondeye igitoro kumunsi wa …
Soma ibikurikira
Musaga ni imwe mumazone agize komine ya Muha mu gisagara ca Bujumbura, umurwa mu kuru w’ubutunzi w’igihugu c’uburundi. Abanyagihugu bo …
Soma ibikurikira
Kuwa 28 Rusama 2024 umushingamateka akomoka mu mugambwe UPRONA Gaston Sindimwo yarariye umutima amenyo arabaza ikibazo cananiye abandi naco nico …
Soma ibikurikira
Mu nama nshikiranganji yo kuwagatatu 22 Rusama 2024 bapfunditse ko amatagisi atangwa ku mamesa ari ayashinzwe mu mwaka wa 2000 …
Soma ibikurikira
Mugihe hariko haba ihanahanwa ry’ivyiyumviro kuri uyu wa 17/5/2024 kubijanye n’amatora ya 2025 vyatunganijwe na CENI, Nestor Girukwishaka asigaye aserukira …
Soma ibikurikira
Amashirahamwe 20 aharanira agateka ka zina muntu mu Burundi yasohoye urwandiko kur’uyu wa gatanu igenekerezo rya 26 Ndamukiza 2024, umusi …
Soma ibikurikira
Abo ni abavunjayi 15 mubaheruka gufatirwa mu gisagara c’ubutunzi c’uburundi, Bujumbura. Inyuma y’indwi zibiri bari bamaze bapfungiwe mw’iperereza, SNR , …
Soma ibikurikira