Skip to content
Top Menu
11/03/2026
  • Twandikire
  • Facebook
  • Twitter
  • Youtube
  • Instagram
Itara Burundi

Itara Burundi

Amakuru yo mu Burundi

  • Intango
  • COVID19
  • Agateka ka zina muntu
  • Politike
  • Umubano
  • Ayandi makuru
    • Ubudandaji
    • Ibidukikije
    • Umutekano
    • Amagara y’abantu
    • Ivy’Imana
    • Impunzi
    • Indero
    • Uburimyi n’ubworozi
    • Ubutungane
  • Français
  • Icongereza
Main Menu

Auteur/autrice : Jérôme

Uncategorized

Inama y’umutekano ihuza ibihugu vy’uburundi n’urwanda

26/08/202026/08/2020 - by Jérôme

Kur’uyu wa gatatu igenekerezo rya 26 myandagaro 2020, intumwa z’ibihugu vy’ uburundi n’urwanda zahuriye ku rubibe ivyo bihugu bihana muntumbero …

Soma ibikurikira
Uncategorized

Burundi : Pasitori Emmanuel Sinzohagera niwe asigaye aramutswa inama nshingamateka

25/08/202026/08/2020 - by Jérôme

Kuri uyu wa 25 myandagaro 2020 habaye amatora y’abarongora inama nkenguza mateka i Gitega ahasanzwe hari icicaro cayo, Pasitori Emmanuel …

Soma ibikurikira
Uncategorized

Burundi : Ifubwa ry’abanyagihugu 12 baraye bishwe mu Rumonge.

24/08/202024/08/2020 - by Jérôme

K’uyu wa mbere igenekerezo rya 24 myandagaro 2020 niho hategekanijwe gushingurana iteka abanyagihugu 12 baraye biciwe ahitwa ku Muse muntara …

Soma ibikurikira
Amakuru / Umutekano

Burundi : Umurwi witwaje ibirwanisho wateye muri komine Bugarama intara ya Rumonge

23/08/202023/08/2020 - by Jérôme

Mugaturuturu ko k’uyu w’Imana igenekerezo rya 23 myandagaro 2020, umurwi w’abantu bitwaje Rirwanisho wateye muri komine Bugarama intara ya Rumonge, …

Soma ibikurikira
Umubano

Burundi: « Inkwano nizo kurwanywa »

21/08/202023/08/2020 - by Jérôme

Kur’uyu wa gatanu igenekerezo rya 21 myandagaro 2020, dushimye kugorobeza tubaganirira ivyavuzwe na Pamella Mubeza, umurundikazi aharanira agateka k’abakenyezi kurubuga …

Soma ibikurikira
Amakuru / Umubano

Burundi: Umukenyererarugamba Nkundwa Beatrice akekwa kuba yarishe umugabo wiwe Guillaume Nkenshimana.

18/08/202018/08/2020 - by Jérôme

Mw’ijoro ryo kuwa 15-16 myandagaro 2020 mu Kibenga mu gisagara ca Bujumbura, harishwe umugabo yitwa Guillaume Nkenshimana , urupfu rwagirizwa …

Soma ibikurikira
Agateka ka zina muntu / Ubudandaji

Burundi: Umudandaza batazira Muhinde apfunganywe n’uwutwara iperereza i Muyinga

11/08/202011/08/2020 - by Jérôme

Kur’uyu wa mbere igenenerezo rya 10 myandagaro 2020, umudandaza batazira Muhinde wo muntara ya Muyinga yarafashwe aca apfunganwa n’uwutwara iperereza …

Soma ibikurikira
Intwaro ibereye / Politike / Umubano

Burundi : Ibikorwa vyo kuvugana ukuri no kurekuriranira bibonwa gute ? Igice ca gatatu

11/08/202011/08/2020 - by Jérôme

Kw’igenekerezo rya 13 ntwarante 2020 umumenyeshamakuru Kenney Claude, asanzwe azwi mumajambo yo kubiba amacakubiri, aho avugako abatutsi ari imbwa, abanyamahanga …

Soma ibikurikira
Politike

Burundi : Ibikorwa vyo kuvugana ukuri no kurekuriranira bibonwa gute ? Igice ca kabiri

10/08/202013/12/2021 - by Jérôme

Kw’igenekerezo rya 13 ntwarante 2020 umumenyeshamakuru Kenney Claude, asanzwe azwi mumajambo yo kubiba amacakubiri, aho avugako abatutsi ari imbwa, abanyamahanga …

Soma ibikurikira
Uncategorized

Burundi : Ibikorwa vyo kuvugana ukuri no kurekuriranira bibonwa gute ? Igice ca mbere

09/08/202009/08/2020 - by Jérôme

Kw’igenekerezo rya 13 ntwarante 2020 umumenyeshamakuru Kenney Claude, asanzwe azwi mumajambo yo kubiba amacakubiri, aho avugako abatutsi ari imbwa, abanyamahanga …

Soma ibikurikira

Pagination des publications

Précédent 1 … 26 27 28 … 57 Suivant

Amakuru aheruka

#Burundi Abasoda bari muri RDC kurwana na M23 batanguye kwiyahura

24/02/2025

Hagati ya Rared Tabara na Leta y’uburundi ninde avuga ukuri?

05/12/202405/12/2024

Les Travailleurs de l’Hôpital de Muyinga Exigent Justice après la Réduction Injustifiée de leurs Salaires

28/11/2024

Burundi: Abariko bitegurira gukora rusansuma y’abanyagihugu baridoga

29/08/202428/08/2024

Burundi: Abigisha bagiye kuba abakozi b’amakomine

28/08/202428/08/2024

Amavidewo

Tweets by ItaraBurundi

Amajwi twabitse

Tuganire

Ivyo twandikako

  • Intango
  • COVID19
  • Agateka ka zina muntu
  • Politike
  • Umubano
  • Ayandi makuru
    • Ubudandaji
    • Ibidukikije
    • Umutekano
    • Amagara y’abantu
    • Ivy’Imana
    • Impunzi
    • Indero
    • Uburimyi n’ubworozi
    • Ubutungane
  • Français
  • Icongereza

Dukurikire kuri Facebook

Amakuru yasomwe cane

  • Burundi : Coup d’état igira ibe, Évariste Ndayishimiye yoba atagiserukiye CNDDFDD mumatora. (12 568)
  • Burundi : CROWD1, ubusuma bwo ku rwego rwo hejuru buzwi n’ubutegetsi. (8 608)
  • BurundiBurundi : Imboneza kibirengeye mugukunda igihugu Petero Nkurunziza yishwe n’iki ? (8 422)
Copyright © 2026 Itara Burundi.