Skip to content
Top Menu
11/03/2026
  • Twandikire
  • Facebook
  • Twitter
  • Youtube
  • Instagram
Itara Burundi

Itara Burundi

Amakuru yo mu Burundi

  • Intango
  • COVID19
  • Agateka ka zina muntu
  • Politike
  • Umubano
  • Ayandi makuru
    • Ubudandaji
    • Ibidukikije
    • Umutekano
    • Amagara y’abantu
    • Ivy’Imana
    • Impunzi
    • Indero
    • Uburimyi n’ubworozi
    • Ubutungane
  • Français
  • Icongereza
Main Menu

Auteur/autrice : Jérôme

Indero

Burundi : Igisata c’indero kirageramiwe n’ubukene bw’abigisha.

06/08/202006/08/2020 - by Jérôme

Ubushikiranganji bw’abakozi ka reta, akazi n’abakozi bubicishije mumugwi wogutanga akazi ka reta warakiriye amadosiye y’abipfuza akazi kubw’igisha bazohiganirwa ibibanza 1000 …

Soma ibikurikira
Agateka ka zina muntu / Impunzi

Burundi : Amatohoza: Ikete bivugwako ryanditswe n’impunzi ziri mu Rwanda

03/08/202003/08/2020 - by Jérôme

Kur’uyu wa 3 myandagaro 2020, hiriwe amajambo atari make ku mbuga ngurukana bumenyi kw’ikete impunzi z’abarundi bahungiye mu gihugu kibanyi …

Soma ibikurikira
Politike

Burundi : Inama yambere y’abashingamateka bashasha.

01/08/202001/08/2020 - by Jérôme

Kur’uyu wa 31 mukakaro 2020, umukuru w’igihugu Évariste Ndashimiye yaratumyeko abashingamateka baheruka gutorwa mubikorwa vyabo vya mbere bizobera mu ngoro …

Soma ibikurikira
Amakuru / Ubutunzi

BURUNDI : RUSANSUMA ITEYE UBWOBA

01/08/202001/08/2020 - by Jérôme

Hagati mu kwezi kw’indwi guheze harabaye rusansuma rw’abashomeri n’abatagira akazi mu Burundi bwose bisabwe n’inzego zo hejuru aho imbonerakure zaciye …

Soma ibikurikira
Amakuru / Politike

Burundi : Igenwa ry’abasitanteri

31/07/202001/08/2020 - by Jérôme

Kur’uyu wa 31 mukakaro 2020, umukuru w’igihugu Évariste Ndayishimiye yagenye mumabanga abasitanteri bashasha bagiye kurongora amakomiye mu gihugu cose. Mur’abo …

Soma ibikurikira
Indero

Burundi : Abanyeshure 68000 batanguye gukora ikibazo ca reta.

28/07/202028/07/2020 - by Jérôme

Guhera k’ur’uyu wa 28 mukakaro kuzoshika kuwa 31 mukakaro 2020 hariko hakorwa ikibazo ca reta kubanyeshure bahejeje amashure yisumbuye aho …

Soma ibikurikira
Uncategorized

Burundi: Uruyeri mumatora ya Musitanteri wa komine Mugamba

25/07/202025/07/2020 - by Jérôme

Mu makomine yose yo mu Burundi haraye batowe abasitanteri n’abarongoye inama mpanuzwajambo z’amakomine kur’uyu wa gatanu igenekerezo rya 24 mukakaro …

Soma ibikurikira
Agateka ka zina muntu / Politike

Burundi: Birihuta! Umushingamateka Agathon Rwasa ahejeje kuva mugacerere.

23/07/202023/07/2020 - by Jérôme

Mugihe amatora y’abahanuzi bo kumitumba n’ama karitiye ariyo asozera amatora ya 2020 buca aba, uruhigi rw’indongozi n’abanywanyi b’umugambwe CNL rukaba …

Soma ibikurikira
Uncategorized

Burundi: Indwara yo kubura itiro iragisibije.

22/07/202022/07/2020 - by Jérôme

Mur’ino minsi abantu benshi bagenda barisinzirirako abandi muganiriye barakubwirako basigaye babura itiro cane. Ivyo bigaterwa n’impamvu nyinshi ariko hari zimwe …

Soma ibikurikira
Politike

Burundi: Amatora y’abakenguza mateka

20/07/202020/07/2020 - by Jérôme

Abajenama b’amakomine bangana 3453 bazindutse baja gutora abakenguzamateka kur’uyu wa 20 mukakaro 2020 igihugu cose. Nk’uko vyateguwe n’umugwi wigenga ujewe …

Soma ibikurikira

Pagination des publications

Précédent 1 … 27 28 29 … 57 Suivant

Amakuru aheruka

#Burundi Abasoda bari muri RDC kurwana na M23 batanguye kwiyahura

24/02/2025

Hagati ya Rared Tabara na Leta y’uburundi ninde avuga ukuri?

05/12/202405/12/2024

Les Travailleurs de l’Hôpital de Muyinga Exigent Justice après la Réduction Injustifiée de leurs Salaires

28/11/2024

Burundi: Abariko bitegurira gukora rusansuma y’abanyagihugu baridoga

29/08/202428/08/2024

Burundi: Abigisha bagiye kuba abakozi b’amakomine

28/08/202428/08/2024

Amavidewo

Tweets by ItaraBurundi

Amajwi twabitse

Tuganire

Ivyo twandikako

  • Intango
  • COVID19
  • Agateka ka zina muntu
  • Politike
  • Umubano
  • Ayandi makuru
    • Ubudandaji
    • Ibidukikije
    • Umutekano
    • Amagara y’abantu
    • Ivy’Imana
    • Impunzi
    • Indero
    • Uburimyi n’ubworozi
    • Ubutungane
  • Français
  • Icongereza

Dukurikire kuri Facebook

Amakuru yasomwe cane

  • Burundi : Coup d’état igira ibe, Évariste Ndayishimiye yoba atagiserukiye CNDDFDD mumatora. (12 568)
  • Burundi : CROWD1, ubusuma bwo ku rwego rwo hejuru buzwi n’ubutegetsi. (8 608)
  • BurundiBurundi : Imboneza kibirengeye mugukunda igihugu Petero Nkurunziza yishwe n’iki ? (8 423)
Copyright © 2026 Itara Burundi.