Skip to content
Top Menu
10/03/2026
  • Twandikire
  • Facebook
  • Twitter
  • Youtube
  • Instagram
Itara Burundi

Itara Burundi

Amakuru yo mu Burundi

  • Intango
  • COVID19
  • Agateka ka zina muntu
  • Politike
  • Umubano
  • Ayandi makuru
    • Ubudandaji
    • Ibidukikije
    • Umutekano
    • Amagara y’abantu
    • Ivy’Imana
    • Impunzi
    • Indero
    • Uburimyi n’ubworozi
    • Ubutungane
  • Français
  • Icongereza
Main Menu

Auteur/autrice : Jérôme

Indero

#Burundi : Abanyeshure bo kuri ECOFO Gaharo 2 mu Bukeye biga bicaye hasi, abigisha babiri baraye mugasho.

30/01/202030/01/2020 - by Jérôme

Inyuma yaho hibonekeje amafoto y’abanyeshure bo kw’ishure ritoya(ECOFO) rya Gaharo ya kabiri muri komine Bukeye intara ya Muramvya biga bicaye …

Soma ibikurikira
Indero

Burundi : Campus Buhumuza, igisata ca Kaminuza y’uburundi mu Cankuzo.

30/01/202030/01/2020 - by Jérôme

Inyuma y’imyaka ine intara ya Cankuzo itegura inyubakwa zo kwakira igisata ca kaminuza, kw’igenekerezo rya 10 ruhuhuma 2020 Campus Buhumuza …

Soma ibikurikira
Agateka ka zina muntu

#Burundi : COSSESONA, yoba yabaye reta muyindi?

29/01/202029/01/2020 - by Jérôme

Mugihe umugwi wigenga ujejwe agateka ka zina muntu mu Burundi, CNIDH waheruka kuvuga aho uhagaze kukibazo c’urunani rw’amasendika y’abigisha COSSESONA …

Soma ibikurikira
Politike

Burundi : Coup d’état igira ibe, Évariste Ndayishimiye yoba atagiserukiye CNDDFDD mumatora.

28/01/202028/01/2020 - by Jérôme

Inyuma y’imisi ibiri gusa Général Major Évariste Ndayishimiye atowe ngo azokwitoze mukibanza c’umukuru w’igihugu, imbonerakure ziriko zirisuganya ngo zimwiyamirize guhera …

Soma ibikurikira
Amagara y'abantu / Ibidukikije

Bujumbura Burundi : Igisagara kinuka amazirantoke.

27/01/202027/01/2020 - by Jérôme

Haraheze indwi zirenga zibiri havugwa mu gisagara ca Bujumbura, umugwa mukuru w’ubutunzi w’uburundi, imiringoti itwara imicafu yarazivye, amazirantoke agaca ashwara …

Soma ibikurikira
Politike

Burundi: Abarundi uko bakiriye igenwa rya Evartiste Ndayishimiye ngo azokwitoze mu kibanza c’umukuru w’igihugu.

27/01/202027/01/2020 - by Jérôme

Général Major Évariste Ndayishimiye, umunyamabanga mukuru w’umugambwe CNDDFDD uri ku butegetsi yaraye agenywe n’umugambwe ejo kumusi w’Imana igenekerezo rya 26 …

Soma ibikurikira
Politike

Burundi: Uwuzoserukira umugambwe uri kubutegetsi ahejeje kumenyekana.

26/01/202026/01/2020 - by Jérôme

Inyuma y’imisi itatu umugambwe uri kubutegetsi CNDDFDD ugirisha amasengesho, kuri uyu w’Imana igenekerezo rya 26 nzero 2020 ukaba wagirishije ikoraniro …

Soma ibikurikira
Politike

Burundi : Amaso ya benshi ahanze i Gitega kukiza kuva mw’ikoraniro kaminuza ry’umugambwe uri ku butegetsi ririko riraba.

26/01/202026/01/2020 - by Jérôme

Imbonerakure zose zazindutse zija kumigwa mikuru y’intara aho  bategerereye ikiza kuva mw’ikoraniro kaminuza ririko riraba kuri uyu w’Imana igenekerezo rya …

Soma ibikurikira
Umutekano

Burundi: Igipolisi coba kigiye kuja hejuru y’igisoda hifashishijwe inguvu z’imbonerakure.

25/01/202025/01/2020 - by Jérôme

Mugihe abasubijwe mubuzima busanzwe bahora batwarwa mu bushikiranganji bwo kwivuna abansi n’abahoze kurugamba, kuva kw’igenekerezo rya 27 gushika 31 nzero …

Soma ibikurikira
Agateka ka zina muntu

Burundi : Umukuru wa Ligue Izere Ntiwihebure yoba yahunze.

25/01/202025/01/2020 - by Jérôme

François Xavier Ndaruzaniye yahora ari kw’isonga mubategura imyiyerekano yo kwimiriza ama raporo asohorwa n’amashirahamwe yigenga na mpunzamakungu aharanira agateka ka …

Soma ibikurikira

Pagination des publications

Précédent 1 … 38 39 40 … 57 Suivant

Amakuru aheruka

#Burundi Abasoda bari muri RDC kurwana na M23 batanguye kwiyahura

24/02/2025

Hagati ya Rared Tabara na Leta y’uburundi ninde avuga ukuri?

05/12/202405/12/2024

Les Travailleurs de l’Hôpital de Muyinga Exigent Justice après la Réduction Injustifiée de leurs Salaires

28/11/2024

Burundi: Abariko bitegurira gukora rusansuma y’abanyagihugu baridoga

29/08/202428/08/2024

Burundi: Abigisha bagiye kuba abakozi b’amakomine

28/08/202428/08/2024

Amavidewo

Tweets by ItaraBurundi

Amajwi twabitse

Tuganire

Ivyo twandikako

  • Intango
  • COVID19
  • Agateka ka zina muntu
  • Politike
  • Umubano
  • Ayandi makuru
    • Ubudandaji
    • Ibidukikije
    • Umutekano
    • Amagara y’abantu
    • Ivy’Imana
    • Impunzi
    • Indero
    • Uburimyi n’ubworozi
    • Ubutungane
  • Français
  • Icongereza

Dukurikire kuri Facebook

Amakuru yasomwe cane

  • Burundi : Coup d’état igira ibe, Évariste Ndayishimiye yoba atagiserukiye CNDDFDD mumatora. (12 566)
  • Burundi : CROWD1, ubusuma bwo ku rwego rwo hejuru buzwi n’ubutegetsi. (8 606)
  • BurundiBurundi : Imboneza kibirengeye mugukunda igihugu Petero Nkurunziza yishwe n’iki ? (8 419)
Copyright © 2026 Itara Burundi.