Skip to content
Top Menu
10/03/2026
  • Twandikire
  • Facebook
  • Twitter
  • Youtube
  • Instagram
Itara Burundi

Itara Burundi

Amakuru yo mu Burundi

  • Intango
  • COVID19
  • Agateka ka zina muntu
  • Politike
  • Umubano
  • Ayandi makuru
    • Ubudandaji
    • Ibidukikije
    • Umutekano
    • Amagara y’abantu
    • Ivy’Imana
    • Impunzi
    • Indero
    • Uburimyi n’ubworozi
    • Ubutungane
  • Français
  • Icongereza
Main Menu

Auteur/autrice : Jérôme

Agateka ka zina muntu

Igihano co gupfa coba caragarutse mu Burundi?

12/07/201920/07/2019 - by Jérôme

Hari amakuru yazindutse yerekanwa kurubuga ngurukana bumenyi rwa Whatsapp kuri uno musi wa gatanu igenekerezo rya 12 mukakaro 2019 avugango …

Soma ibikurikira
Politike

#Burundi: Umushingamateka Hussein Radjabu yahoze arongoye umugambwe CNDDFDD, ntacidegemvya.

11/07/201920/07/2019 - by Jérôme

Amakuru dukura mu begereye Hussein Radjabu yahoze arongoye umugambwe CNDDFDD uri ku butegetsi, umushingamateka Hussein Radjabu, avugako aheruka gufashwe n’abajejwe …

Soma ibikurikira
Agateka ka zina muntu / Politike

#Burundi: Ihamwa ry’amasengero muntumbero yo kugumiza petero nkurunziza kubutetsi

11/07/201920/07/2019 - by Jérôme

#Burundi: Ihamwa ry’amasengero muntumbero yo kugumiza petero nkurunziza kubutetsi Umugambwe CNDDFDD wategekanije ibikorane mu gisagara ca Bujumbura vyatanguriye muri komine …

Soma ibikurikira
Politike

Burundi : Abarundi barikuyeko intwaro y’« ibihume bihumeka » ?

09/07/201920/07/2019 - by Jérôme

Kw’igenekerezo rya 01 mukakaro 2019 uburundi buhimbaza imyaka 57 iheze bwikukiye, reta ya CNDDFDD yarahinduye ibintu vyinshi harimwo n’icivugo w’uburundi ; …

Soma ibikurikira
Agateka ka zina muntu / Umutekano

#Burundi: Inama nkuru y’umutekano y’ishirahamwe mpuzamakungu #ONUitegekanya kwiga ikibazo c’uburundi kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 14 ruheshi 2019.

14/06/201920/07/2019 - by Jérôme

Mugihe uburundi bwari kurutonde rw’iyo nama nkuru kw’igenekerezo rya 28 rusama 2019 ariko bugakurwa ku rutonde, uno munsi niho ikibazo …

Soma ibikurikira
Ivy'Imana

Abepiskopi Gatolika b’i #Burundi basohoye itangazo bavugamwo ko hari urudandazwa rw’abana b’abigeme bongera bamenyesha ko bahagaritswe umutima n’itotezwa rikorerwa impunzi z’abarundi ziri mu gihugu ca Tanzaniya.

13/06/201920/07/2019 - by Jérôme

Muri iryo tangazo risozera inama y’Abepiskopi Gatolika b’i Burundi yo muri Ruheshi 2019 yabereye i Gitega kuva kw’igenekerezo rya 4 …

Soma ibikurikira
Agateka ka zina muntu

Ishirahamwe mpuzamakungu riharanira agateka ka zina muntu Human Rights watch, #HRW risabira ibihano abarundi bagirizwa guhungabanya agateka ka zina muntu.

13/06/201920/07/2019 - by Jérôme

Kw’igenekerezo rya 12/6/2019, ishirahamwe  »Human Rights watch », ryarashize ahabona amatohoza ryagize ku #burundi aho ryerekana ko agateka ka zina muntu katubahirijwe na …

Soma ibikurikira
Agateka ka zina muntu / Indero

Brandon Bisanzagi, agendana ubumuga ntashobora kubandanya amashure kw’isi y’u Burundi

03/06/201920/07/2019 - by Jérôme

Inyuma y’imyaka itatu Brandon Bisanzagi umwana w’umuhungu yavukanye ubumuga kw’igenekerezo rya 13/2/1999 akorewe ibitangaza n’Imana akamuguruka bukebuke, amategeko ariho ubu …

Soma ibikurikira
Politike

#Burundi: Vers la fusion du parti UPRONA Aile Ngayimpenda et UPRONA Aile Abel Gashatsi

02/06/201920/07/2019 - by Jérôme

Alors que l’on croyait que les ténors du parti UPRONA Aile Ngayimpenda étaient des alliés d’Agathon  Rwasa dont ils formaient …

Soma ibikurikira
Agateka ka zina muntu / Ivy'Imana

#Burundi: Reta ishaka kwigarurira amashengero no kuyatwara amafaranga kugira izoyakoreshe mu matora ya 2020.

12/05/201920/07/2019 - by Jérôme

Abarongoye ishengero ry’aba adventiste bo ku musi w’indwi kw’isi yose bafise icicaro muri reta zunze ubumwe za amerika, bamaze kwumva …

Soma ibikurikira

Pagination des publications

Précédent 1 … 50 51 52 … 57 Suivant

Amakuru aheruka

#Burundi Abasoda bari muri RDC kurwana na M23 batanguye kwiyahura

24/02/2025

Hagati ya Rared Tabara na Leta y’uburundi ninde avuga ukuri?

05/12/202405/12/2024

Les Travailleurs de l’Hôpital de Muyinga Exigent Justice après la Réduction Injustifiée de leurs Salaires

28/11/2024

Burundi: Abariko bitegurira gukora rusansuma y’abanyagihugu baridoga

29/08/202428/08/2024

Burundi: Abigisha bagiye kuba abakozi b’amakomine

28/08/202428/08/2024

Amavidewo

Tweets by ItaraBurundi

Amajwi twabitse

Tuganire

Ivyo twandikako

  • Intango
  • COVID19
  • Agateka ka zina muntu
  • Politike
  • Umubano
  • Ayandi makuru
    • Ubudandaji
    • Ibidukikije
    • Umutekano
    • Amagara y’abantu
    • Ivy’Imana
    • Impunzi
    • Indero
    • Uburimyi n’ubworozi
    • Ubutungane
  • Français
  • Icongereza

Dukurikire kuri Facebook

Amakuru yasomwe cane

  • Burundi : Coup d’état igira ibe, Évariste Ndayishimiye yoba atagiserukiye CNDDFDD mumatora. (12 564)
  • Burundi : CROWD1, ubusuma bwo ku rwego rwo hejuru buzwi n’ubutegetsi. (8 603)
  • BurundiBurundi : Imboneza kibirengeye mugukunda igihugu Petero Nkurunziza yishwe n’iki ? (8 415)
Copyright © 2026 Itara Burundi.