Skip to content
Top Menu
09/03/2026
  • Twandikire
  • Facebook
  • Twitter
  • Youtube
  • Instagram
Itara Burundi

Itara Burundi

Amakuru yo mu Burundi

  • Intango
  • COVID19
  • Agateka ka zina muntu
  • Politike
  • Umubano
  • Ayandi makuru
    • Ubudandaji
    • Ibidukikije
    • Umutekano
    • Amagara y’abantu
    • Ivy’Imana
    • Impunzi
    • Indero
    • Uburimyi n’ubworozi
    • Ubutungane
  • Français
  • Icongereza
Main Menu

Auteur/autrice : Jérôme

Agateka ka zina muntu / Umubano

Burundi : Hari iradiyo isamiranira muri komine Gisuru, intara ya Ruyigi iteramisaha abanyagihugu.

27/04/201920/07/2019 - by Jérôme

Edmond Mudendero, ni umugabo yababa imyaka mirongo ine asanzwe ari umufundi  w’umuhinga mu gukora amaradiyo n’ibindi vyuma vyo guhingura amajwi, …

Soma ibikurikira
Agateka ka zina muntu / Umutekano

Burundi : Umukuru w’igipolisi mu ntara ya Muyinga avugako azokwica abanyagihugu bagarariza umukuru w’igihugu.

17/04/201917/04/2019 - by Jérôme

Muri Komine n’intara ya Muyinga ku mutumba Cibari, zone Munagano, uwurungoye igipolisi mu ntara ya Muyinga, Komiseri Jérôme Ntibibogora yamenyesheje …

Soma ibikurikira
Ibidukikije / Umutekano

Burundi : Umugambi « Ewe Burundi urambaye » wo guteza ibiti woba ariwo watanguje isekeza ryo kurandura ibiti vy’imikaratusi mu Cankuzo ?

05/04/201920/07/2019 - by Jérôme

Ku musi wa kane igenekerezo rya 4/4/2019 mu ntara ya Cankuzo haratangujwe isekeza ryo kurandura ibiti vy’imikaratusi biri ku nkengera …

Soma ibikurikira
Ubudandaji

Burundi: Abadandaza bo ku Musaga kuri station basabwa amafaranga y’umurengera mw’ibanga kugira babandanye bahadandariza.

27/03/201920/07/2019 - by Jérôme

Guhera mw’ijoro ryo kumusi wa kabiri igenekerezo rya 26/3/2019, abadandaza begereye zone Musaga mu gisagara ca Bujumbura ntaburenganzira bwo gukora …

Soma ibikurikira
Impunzi / Umubano

Ishirahamwe Maison Shalom ryatanguje umugambi wotuma abarundi n’abanyarwanda barushiriza gusangira akabisi n’agahiye

08/02/201920/07/2019 - by Jérôme

Mu mugambi watererewe n’ishirahamwe ry’aba suwisi ryitwa Freinds of Humanity uzotwara imiriyoni zirenga ijana z’amafaranga y’urwanda, ni ukuvuga hafi imiriyoni …

Soma ibikurikira
Agateka ka zina muntu / Politike

Burundi: Amakuru y’abapfunzwe hariwo n’ikiziga c’umuntu

02/02/201920/07/2019 - by Jérôme

1. #Burundi: Ikiziga c’umuhisi Alain Gahungu yapfuye mu ntango z’ukwezi kw’icumi na kabiri 2018 inyuma y’isanganya yagize. Kikaba gipfungiwe mu buruhukiro …

Soma ibikurikira
Agateka ka zina muntu

Burundi : Umukozi w’iperereza ararembeje abanyororo bo mw’ibohero rikuru rya Ngozi

02/02/201920/07/2019 - by Jérôme

Mugihe yagirizwa ubusuma bw’igitoro, Habimana Victor batazira Ndakugarika yinjijwe mw’ibohero rikuru rya Ngozi ku musi wa kane igenekerezo rya 31 …

Soma ibikurikira
Indero / Politike

Burundi : Abajejwe indero mu makomine y’intara ya Cibitoke basabwa kwegeranya ibitasi vyo guterera amatora ya 2020 vy’abo batwara.

25/01/201920/07/2019 - by Jérôme

Mugihe  ibitasi vyo guterera amatora ya 2020 abanyeshure bo mu ntara ya Cibitoke barihiyeko bibitswe ku mashure yabo, abajejwe indero …

Soma ibikurikira
Politike / Umutekano

#Burundi : Umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza asaba abarundi kwitegurira intambara.

10/01/201920/07/2019 - by Jérôme

Mu cegeranyo casohowe n’ishirahamwe ry’abantu b’intungane, RCP cerekeye imyiyerekano yabaye mu Burundi mu mezi abiri aheze, bavugako umukuru w’igihugu yasavye …

Soma ibikurikira
Politike

#Congo: Umukuru w’igihugu mfatakibanza yaraye amenyekanye

10/01/201920/07/2019 - by Jérôme

Muri reta iharanira demokrasi ya #Congo, umugwi ujewe amatora waraye utanze amajwi mfatakibanza yavuye mu matora yo kw’igenekerezo rya 30 kigarama …

Soma ibikurikira

Pagination des publications

Précédent 1 … 51 52 53 … 57 Suivant

Amakuru aheruka

#Burundi Abasoda bari muri RDC kurwana na M23 batanguye kwiyahura

24/02/2025

Hagati ya Rared Tabara na Leta y’uburundi ninde avuga ukuri?

05/12/202405/12/2024

Les Travailleurs de l’Hôpital de Muyinga Exigent Justice après la Réduction Injustifiée de leurs Salaires

28/11/2024

Burundi: Abariko bitegurira gukora rusansuma y’abanyagihugu baridoga

29/08/202428/08/2024

Burundi: Abigisha bagiye kuba abakozi b’amakomine

28/08/202428/08/2024

Amavidewo

Tweets by ItaraBurundi

Amajwi twabitse

Tuganire

Ivyo twandikako

  • Intango
  • COVID19
  • Agateka ka zina muntu
  • Politike
  • Umubano
  • Ayandi makuru
    • Ubudandaji
    • Ibidukikije
    • Umutekano
    • Amagara y’abantu
    • Ivy’Imana
    • Impunzi
    • Indero
    • Uburimyi n’ubworozi
    • Ubutungane
  • Français
  • Icongereza

Dukurikire kuri Facebook

Amakuru yasomwe cane

  • Burundi : Coup d’état igira ibe, Évariste Ndayishimiye yoba atagiserukiye CNDDFDD mumatora. (12 564)
  • Burundi : CROWD1, ubusuma bwo ku rwego rwo hejuru buzwi n’ubutegetsi. (8 600)
  • BurundiBurundi : Imboneza kibirengeye mugukunda igihugu Petero Nkurunziza yishwe n’iki ? (8 415)
Copyright © 2026 Itara Burundi.