Skip to content
Top Menu
01/06/2025
  • Twandikire
  • Facebook
  • Twitter
  • Youtube
  • Instagram
Itara Burundi

Itara Burundi

Amakuru yo mu Burundi

  • Intango
  • COVID19
  • Agateka ka zina muntu
  • Politike
  • Umubano
  • Ayandi makuru
    • Ubudandaji
    • Ibidukikije
    • Umutekano
    • Amagara y’abantu
    • Ivy’Imana
    • Impunzi
    • Indero
    • Uburimyi n’ubworozi
    • Ubutungane
  • Français
  • Icongereza
Main Menu

Auteur/autrice : Jérôme

Uncategorized

Burundi : Har’ibindi vyinyegeje inyuma y’isohorwa ry’imitahe mpuzamakungu yo kubahagarika abagirizwa urupfu rwa Melchior Ndadaye kiretse kurondera ubutungane ?

07/12/201807/12/2018 - by Jérôme

Inyuma yihagarikwa ry’abakukuruke bane bahoze  ari intwazangabo mu gisirikare ca kera(Ex-FAB) kw’igenekerezo rya 24 munyonyo 2018 n’itangwa ry’imitahe mpuzamakungu yasohowe …

Soma ibikurikira
Agateka ka zina muntu / Ubutungane

Burundi: Sentare mpuzamakungu (CPI) yoba igiye gusohora imitahe yo guhagarika abagirizwa ubwicanyi buriko burakorwa kuva 2015.

06/12/201820/07/2019 - by Jérôme

I LAHE mu buhorande hariko harabera inama y’ibihugu bikorana na sentare mpuzamakungu  kuva igenekerezo rya 5  kuzoshika igenekerezo rya 12 …

Soma ibikurikira
Uncategorized

Inama y’abakuru b’ibihugu bigize akarere ka afrika y’ubuseruko yasivye kubera Petero Nkurunziza

30/11/201820/07/2019 - by Jérôme

Mugihe ibihugu bihurikiye mu muryango w’ibihugu bigize akarere ka Afrika y’ubuseruko vyari vyiteguriye kufata ingingo zikomeye zerekeye iterambere ry’uwo muryango …

Soma ibikurikira
Agateka ka zina muntu / Umutekano

IMISORE 19 YARAFATIWE MU NTARA CANKUZO IGIYE MU GIHUGU CA TANZANIYA GUPAGASA

13/11/201820/07/2019 - by Jérôme

Ku musi w’Imana igenekerezo rya 11.11.2018 mumasaha ya sahindwi z’umutaga  hafatiwe muri zone Twinkwavu, komine ya Cendajuru i ntara ya …

Soma ibikurikira
Politike

Ibiganiro bihuza abarundi birabandanya muri Tanzaniya reta ya CNDDFDD itarimwo ?

25/10/201820/07/2019 - by Jérôme

Mugihe umufasha w’umuhuza mu matati y’abarundi  Benjamin William Mkapa yari yashinze ikirangamisi c’ibiganiro munyuma reta y’uburundi ikavuga ko idashobora kuvyitaba …

Soma ibikurikira
Agateka ka zina muntu

Burundi: Agateka ko kumemenyesha amakuru kabandanya gahonyangwa atacamira

26/09/201820/07/2019 - by Jérôme

Ikiganiro c’ikibiriraho cariko kiremenshwa ku maradiyo Insanganiro, Rema FM n’ikinyamakuru iwacu kumfashanyo y’ishirahmwe la bénévolecia carahagaritswe n’abapolisi ku musi wa …

Soma ibikurikira
Politike / Umubano

Cankuzo : Baraye bahariraniye ku bwicanyi bwakozwe mu ntambara ya 1993

10/09/201820/07/2019 - by Jérôme

Mu gihe mu zindi ntara hagiye hibonekeza kwihorahorana ku mabi yabaye 1993, aho n’ubu usanga hari abakiri mumakambi y’abateshejwe izabo …

Soma ibikurikira
Umutekano

Burundi: Bakaramuka basinye Amasezerano adafatiye kubiganiro nyavyo birabaraba.

08/09/201808/09/2018 - by Jérôme

Amashirahamwe adaharanira ivyicaro vya politike yandikiye ibaruwa Umunyamabanga Mukuru w’Ishirahamwe Mpuzamakungungu ONU kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 7 Nyakanga …

Soma ibikurikira
Agateka ka zina muntu / Politike

Umugwi w’ishirahamwe mpuzamakungu ONU ujejwe amatohoza ku Burundi watanze icegeranyo i Genève aho wagiriza Petero Nkurunziza amabi ahakorerwa.

05/09/201820/07/2019 - by Jérôme

Uyo mugwi umenyeshako mu burundi habandanije hakorwa ivyaha vyo gusinzikaza ikiremwa muntu(crimes contre l’humanité) muntu nk’ubwicanyi bw’agahomeramunwa, kunyuruza abantu bakaburwa …

Soma ibikurikira
Politike

Urumuri rw’amahoro rwoba ruyarondera hehe ? ava  hehe akaja hehe ? ninde ayatanga mu Burundi ?

05/09/201820/07/2019 - by Jérôme

Haraheze igihe mu Burundi hatangujwe urumuri rw’amahoro ruzunguruka igihugu cose hakanakoreshwa uburyo bwinshi bw’igihugu kugira ruhashike. Abantu benshi baribaza igituma …

Soma ibikurikira

Pagination des publications

Précédent 1 … 54 55 56 57 Suivant

Amakuru aheruka

#Burundi Abasoda bari muri RDC kurwana na M23 batanguye kwiyahura

24/02/2025

Hagati ya Rared Tabara na Leta y’uburundi ninde avuga ukuri?

05/12/202405/12/2024

Les Travailleurs de l’Hôpital de Muyinga Exigent Justice après la Réduction Injustifiée de leurs Salaires

28/11/2024

Burundi: Abariko bitegurira gukora rusansuma y’abanyagihugu baridoga

29/08/202428/08/2024

Burundi: Abigisha bagiye kuba abakozi b’amakomine

28/08/202428/08/2024

Amavidewo

Tweets by ItaraBurundi

Amajwi twabitse

Tuganire

Ivyo twandikako

  • Intango
  • COVID19
  • Agateka ka zina muntu
  • Politike
  • Umubano
  • Ayandi makuru
    • Ubudandaji
    • Ibidukikije
    • Umutekano
    • Amagara y’abantu
    • Ivy’Imana
    • Impunzi
    • Indero
    • Uburimyi n’ubworozi
    • Ubutungane
  • Français
  • Icongereza

Dukurikire kuri Facebook

Amakuru yasomwe cane

  • Burundi : Coup d’état igira ibe, Évariste Ndayishimiye yoba atagiserukiye CNDDFDD mumatora. (12 000)
  • Burundi : CROWD1, ubusuma bwo ku rwego rwo hejuru buzwi n’ubutegetsi. (8 092)
  • BurundiBurundi : Imboneza kibirengeye mugukunda igihugu Petero Nkurunziza yishwe n’iki ? (7 438)
Copyright © 2025 Itara Burundi.