#Burundi: Amatora y’abizigirwa 5 kumutumba wose wo mugihugu yavyuye icuka kibi muri CNDDFDD

Hatunganijwe amatora y’abizigirwa mumugambwe uri kubutegetsi #CNDDDFDD, batanu batanu kumutumba kumutumba, igihugu cose kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 09/11/2019.

Hari aho abari batowe muri batanu b’abizigirwa bagiye babona bakuwe k’urutonde kumvo zidafise ishingiro bituma icuka kibi caduka. Tubamenyeshejo atawuzogenwa n’umugambwe ngo awuserukire munzego nkurunkuru z’igihugu atabonetse kuri iyo liste ya 5 kumutumba.
Ntabariko baridoga nka Nduwayo Philippe wo muri commune Cankuzo yoba yakuye kurutonde rw’abizigirwa kubera ngo abavyeyi biwe bavuka muyindi ntara abandi bakibazako yakuwemwo kubera ari umututsi. Tubwire namwe aho muherereye.