Burundi : Inkuru y’umubabaro i Gitega.

Umusore yitwa Aristide batazira TIDE yaba muri karitiye Yoba mugisagara ca Gitega bavyutse basanga yapfuye ejo kw’igenekerezo rya 29 ruheshi 2020.

Uwo musore Aristide akaba yaramaze umwaka ahejeje amashure yisumbuye kuri Lycée Magarama iri ngaho i Gitega. Akaba yagiye kuryama mw’ijoro ryo kw’igenekerezo rya 28 ruheshi 2020 akomeye ariko bukeye basanga yapfuye.

Ni umubabaro mumuryango no murunganwe rwa TIDE . Turahojeje umuryango wabuze.