Skip to content
Top Menu
09/03/2026
  • Twandikire
  • Facebook
  • Twitter
  • Youtube
  • Instagram
Itara Burundi

Itara Burundi

Amakuru yo mu Burundi

  • Intango
  • COVID19
  • Agateka ka zina muntu
  • Politike
  • Umubano
  • Ayandi makuru
    • Ubudandaji
    • Ibidukikije
    • Umutekano
    • Amagara y’abantu
    • Ivy’Imana
    • Impunzi
    • Indero
    • Uburimyi n’ubworozi
    • Ubutungane
  • Français
  • Icongereza
Main Menu

Indero

Indero

#Burundi : Abanyeshure bo kuri ECOFO Gaharo 2 mu Bukeye biga bicaye hasi, abigisha babiri baraye mugasho.

30/01/202030/01/2020 - by Jérôme

Inyuma yaho hibonekeje amafoto y’abanyeshure bo kw’ishure ritoya(ECOFO) rya Gaharo ya kabiri muri komine Bukeye intara ya Muramvya biga bicaye …

Soma ibikurikira
Indero

Burundi : Campus Buhumuza, igisata ca Kaminuza y’uburundi mu Cankuzo.

30/01/202030/01/2020 - by Jérôme

Inyuma y’imyaka ine intara ya Cankuzo itegura inyubakwa zo kwakira igisata ca kaminuza, kw’igenekerezo rya 10 ruhuhuma 2020 Campus Buhumuza …

Soma ibikurikira
Indero / Politike / Ubudandaji / Ubutunzi

Burundi : Abategetsi baturuka muri CNDDFDD bariko baritekerera mu kwiba abanyagihugu.

17/01/202017/01/2020 - by Jérôme

Inyuma yo kwumva ko mubutegetsi bwa CNDDFDD buzoba inyuma y’amatora ya 2020 abategetsi bubu batazobujamwo, bamwe bwamwe bo mur’uwo mugambwe …

Soma ibikurikira
Indero / Ubutungane

#Burundi: « Abakuru b’amasendika abiri y’abigisha bapfungishijwe n’urunani rutemewe n’amategeko. »

12/01/202012/01/2020 - by Jérôme

Inyuma yo gupfungisha abigisha Antoine Manuma na Gérard Niyongabo barongoye amasendika SYGEPEBU na SEPEDUC kundwi iheze n’inyuma yaho umugwi ujejwe …

Soma ibikurikira
Indero

Burundi : Birihuta: Antoine Manuma arongoye syndicat SYGEPEBU araye mw’iperereza.

08/01/202008/01/2020 - by Jérôme

Inyuma y’imisi itatu Victor Ndabaniwe, umuhanuzi mu bushikiranganji bw’indero, akaba atwara ikigega FLE, kijejwe gutegekaniriza uburaro abigisha akongera akaba arongoye …

Soma ibikurikira
Indero / Ubutunzi

Burundi : Uwize imyaka itandatu(6ans) muri kaminuza kera anganya urupapuro rw’umutsindo n’uwiga imyaka itatu(3ans) ubu.

06/01/202006/01/2020 - by Jérôme

Gushika uno munsi hari akarigangamuhogo k’ubusumbasumbane bw’impapuro z’umutsindo zitangwa muma kaminuza y’uburundi ubu n’abize kera. Nk’akarorero uwize imyaka ine muri …

Soma ibikurikira
Amagara y'abantu / Indero

Burundi : Umushikiranganji w’amagara y’abantu asaba amashure y’imyuga ko yoyahindura ibitaro.

15/12/201915/12/2019 - by Jérôme

Mw’ikete yandikiye umushikiranganji w’indero, amashure y’imyuga n’ubuhinga kw’igenekerezo rya 09/12/2019, Dr Thaddée Ndikumana asaba amashure y’i myuga yo ku Ntega …

Soma ibikurikira
Indero / Politike

Burundi: Ihagarikwa ry’ivyirwa kubanyeshure baturuka mugihugu ca Reta iharanira intwaro Rusangi,RDC

23/09/201923/09/2019 - by Ndizeye

Abanyeshuri baturuka mugihugu kibanyi ca RDC biga mumakaminuza yo ngaha mu Burundi bahagaritse ivyigwa biturutse ku ngingo ya reta y’uburundi …

Soma ibikurikira
Indero / Ubutunzi

Burundi : Harasubiye kuba ikena ry’amakaye mu gihe hakiri abavyeri bakirungika abana k’umashure.

11/09/201915/09/2019 - by Claire Nahayo

Mur’ino misi haravugwa ikena ry’amakaye ku masoko ryoba rituruka ku cuma bivugwako coba carapfuye mw’ihinguriro #PACOBU risanzwe riyahingura . Nk’uko …

Soma ibikurikira
Agateka ka zina muntu / Indero / Ivy'Imana / Ubutungane / Ubutunzi / Umutekano

Burundi: Intwaro ya Petero Nkurunziza yanyomoje mu gukora ibibi

22/08/201928/08/2019 - by Jérôme

Muri raporo yasohowe kw’igenekerezo rya 17/8/2019 n’ishirahamwe FORSC y’ukwezi kw’indwi 2019, Ernest Nkurunziza, umunyamabanga nshingwabikorwa waryo yaradushikirije bikuru bikuru birimwo. …

Soma ibikurikira

Pagination des publications

Précédent 1 2 3 4 Suivant

Amakuru aheruka

#Burundi Abasoda bari muri RDC kurwana na M23 batanguye kwiyahura

24/02/2025

Hagati ya Rared Tabara na Leta y’uburundi ninde avuga ukuri?

05/12/202405/12/2024

Les Travailleurs de l’Hôpital de Muyinga Exigent Justice après la Réduction Injustifiée de leurs Salaires

28/11/2024

Burundi: Abariko bitegurira gukora rusansuma y’abanyagihugu baridoga

29/08/202428/08/2024

Burundi: Abigisha bagiye kuba abakozi b’amakomine

28/08/202428/08/2024

Amavidewo

Tweets by ItaraBurundi

Amajwi twabitse

Tuganire

Ivyo twandikako

  • Intango
  • COVID19
  • Agateka ka zina muntu
  • Politike
  • Umubano
  • Ayandi makuru
    • Ubudandaji
    • Ibidukikije
    • Umutekano
    • Amagara y’abantu
    • Ivy’Imana
    • Impunzi
    • Indero
    • Uburimyi n’ubworozi
    • Ubutungane
  • Français
  • Icongereza

Dukurikire kuri Facebook

Amakuru yasomwe cane

  • Burundi : Coup d’état igira ibe, Évariste Ndayishimiye yoba atagiserukiye CNDDFDD mumatora. (12 561)
  • Burundi : CROWD1, ubusuma bwo ku rwego rwo hejuru buzwi n’ubutegetsi. (8 597)
  • BurundiBurundi : Imboneza kibirengeye mugukunda igihugu Petero Nkurunziza yishwe n’iki ? (8 414)
Copyright © 2026 Itara Burundi.