Burundi : Campus Buhumuza, igisata ca Kaminuza y’uburundi mu Cankuzo.
Inyuma y’imyaka ine intara ya Cankuzo itegura inyubakwa zo kwakira igisata ca kaminuza, kw’igenekerezo rya 10 ruhuhuma 2020 Campus Buhumuza …
Soma ibikurikiraAmakuru yo mu Burundi
Inyuma y’imyaka ine intara ya Cankuzo itegura inyubakwa zo kwakira igisata ca kaminuza, kw’igenekerezo rya 10 ruhuhuma 2020 Campus Buhumuza …
Soma ibikurikiraInyuma yo kwumva ko mubutegetsi bwa CNDDFDD buzoba inyuma y’amatora ya 2020 abategetsi bubu batazobujamwo, bamwe bwamwe bo mur’uwo mugambwe …
Soma ibikurikiraInyuma yo gupfungisha abigisha Antoine Manuma na Gérard Niyongabo barongoye amasendika SYGEPEBU na SEPEDUC kundwi iheze n’inyuma yaho umugwi ujejwe …
Soma ibikurikiraInyuma y’imisi itatu Victor Ndabaniwe, umuhanuzi mu bushikiranganji bw’indero, akaba atwara ikigega FLE, kijejwe gutegekaniriza uburaro abigisha akongera akaba arongoye …
Soma ibikurikiraGushika uno munsi hari akarigangamuhogo k’ubusumbasumbane bw’impapuro z’umutsindo zitangwa muma kaminuza y’uburundi ubu n’abize kera. Nk’akarorero uwize imyaka ine muri …
Soma ibikurikiraMw’ikete yandikiye umushikiranganji w’indero, amashure y’imyuga n’ubuhinga kw’igenekerezo rya 09/12/2019, Dr Thaddée Ndikumana asaba amashure y’i myuga yo ku Ntega …
Soma ibikurikiraAbanyeshuri baturuka mugihugu kibanyi ca RDC biga mumakaminuza yo ngaha mu Burundi bahagaritse ivyigwa biturutse ku ngingo ya reta y’uburundi …
Soma ibikurikiraMur’ino misi haravugwa ikena ry’amakaye ku masoko ryoba rituruka ku cuma bivugwako coba carapfuye mw’ihinguriro #PACOBU risanzwe riyahingura . Nk’uko …
Soma ibikurikiraMuri raporo yasohowe kw’igenekerezo rya 17/8/2019 n’ishirahamwe FORSC y’ukwezi kw’indwi 2019, Ernest Nkurunziza, umunyamabanga nshingwabikorwa waryo yaradushikirije bikuru bikuru birimwo. …
Soma ibikurikiraInyuma y’imyaka itatu Brandon Bisanzagi umwana w’umuhungu yavukanye ubumuga kw’igenekerezo rya 13/2/1999 akorewe ibitangaza n’Imana akamuguruka bukebuke, amategeko ariho ubu …
Soma ibikurikira